Mr Julias257

Mr Julias257 Welcome to my official page julias257
I create original news and comedy content to entertain and inform my audience.
(2)

I want to grow my community and use this program to invest more in creating high-quality content.

17/08/2026

Nukwihangana mwaranse kumvira impanuro twatanze.

17/08/2026

Ese kuryama urumubossi ukavyuka urumukene

ducishemwo gato urubuga Inkurunziza kubantu mwankurikirana kuri YouTube yanje ! kuberako AdSense account nakoresha yo mu...
17/08/2026

ducishemwo gato urubuga Inkurunziza kubantu mwankurikirana kuri YouTube yanje ! kuberako AdSense account nakoresha yo muri Zambia yagize ikibazo gikomeye ariko twaritumaze iminsi turiko turagukurikirana ubu cakemuse ,
YouTube yongeye konyemerera gukoresha iyakera canke gukora shasha kugira tubandanye gukorera amafaranga kuri zino mbuga. Tujagare ariko twinziza ayaka

so ikibazo mfise nikimwe ! nkayikorera mwikigihugu , muzomba niyanyirukana bizogenda gute ????

17/08/2026

abari Vietnam 🇻🇳 Izonkoho murazumva canke ndiko ndarota tubwirana bagabo

16/08/2026

LinoG-Sabantu umvukuri ,ntawompa inumero ziwe nkamutamwo na $200 please

16/08/2026

Incambwenge muze munsigurire igituma twize ariko atabwenge dufise

16/08/2026

Nguyo akabarehejeje kwihakana icamuvyaye ngo yavukiyehe mubufaransa🙄 abandi mwavukiyeye ??

15/08/2026

urugamba turugejeje kumudozo I nitwarutsinda tuzoza Muburundi naho

14/08/2026

harabavye Kano kajagari 😱I Vietnam 🇻🇳 Kari karahanuwe pe. amatora yumukuruwigihugu nayo gutinya ndemeye 🙄

13/08/2026

vietnam wapi nivyokurasana bijemwo 😭😱 Bariko barasana bonabo natweho Ayamatora 🇻🇳

Address


10101

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mr Julias257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Establishment

Send a message to Mr Julias257:

Shortcuts

  • Want your establishment to be the top-listed Arts & Entertainment?

Share