Blse Pssy Psco Nyarry House

Blse Pssy Psco Nyarry House Business

14/04/2022
28/11/2021

Nikuki dusenga Imana Imwe Data wa twese , tukizera Yesu Kristo umukiza wacu yapfuye akazuka akaja mwijuru, tukaba dusenga mu mashengero twizera ko tuzoja mwijuru ariko ata Rukundo dufitaniye , umuntu yarwara ngo tuje kumuraba, yakora urubanza ngo sinjayo kubera mudasenga hamwe mu rusengo, umwigeme yashimana n,umuhungu ata rongowe ngaha ntiduzoguherekeza mbere tuzoca duca abavyeyi bawe. None turiko dutegura ijuru ryitwa gute ata rukund

28/11/2021
08/01/2021

Isi yuzuye ibibi gusa , ivyiza biboneka k,umuntu yama yoga amaraso ya Yesu, Twiyumvire twebwe Abana b,abantu ukuntu dufata ifoto y,umuntu yapfuye tukamu Postinga kuri Facebook zacu ndets na Twitter tukagirako tumusabira uburuhuko bwiza ndetse ngo Imana Imwakire ngo twamukunda cane kubera apfuye ariko Akiriho kw,isi nta mwana w,umuntu yamuvuga neza canke amusengere canke amushikeko aho agwariye canke amenye uko yiriwe nuko yaraye, muncamake abantu dukundana iyo dupfuye niyo duhuye nama accident .

03/07/2020

L,homme est un Roseau le plus faible de la nature , un Roseau pensa une goutte ou une vapeur d,eau suffit pour l,anéantir il ne faut pas donc que le Monde s,arme pour l,écraser.

09/01/2020

I do what I will not to do means that we do evil because we're evil.

Address

Kafue

Telephone

+260974990099

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Blse Pssy Psco Nyarry House posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share