Gukunda kumenya ico umariye Abandi kwitonda kuvuga

Mwiriwe nct amakuru yiminsi mbe utu tuntu batuita iki?
25/02/2023

Mwiriwe nct amakuru yiminsi mbe utu tuntu batuita iki?

20/02/2023

MwAramutse nct amakuru muraho?

20/02/2023

Serious NTA PEREZIDA NIBAZA NKA NDAYISHIMIYE MUZOBONA VYOROSHE,GUKO ATEYE NKUMUZUNGU MUMUTWE ,NI UMUNTU MUHURA UKO WAMBAYE KWOSE NTABIGUHORE,

2-MUBURUNDI HARI AMAHORO 100% ABISHE UBURUNDI BAMWE BAMWE NIZOMBWA ZINDA NKIFUKU NABO NUKUBAHONDA UBUGABO🤣🤣 MUTI GUKI? NDAVYE INGENDO PEREZIDA AGIRA MUGIHUGU ATACO YINONA ATANUMUSI ARABONA IMBEBA IMWITAMBITSE IMBERE NUKURI MUVYANKE CANKE MUREKE UBURUNDI BURIMWO AMAHORO‼️‼️

MWUMVE NEZA MUTABWIRA NGO NUKO UTARI NGAHA SHA NOOOOOOOOOOO,ABO BABATOBERA SI ABARUNDI BASHAKA KO MUVAYO IZO NINZEREREZI

17/02/2023

MwAramutse na mwiriwe nct aho hambe apana ubu...

Uhoraho imana ashimwe kwatanga uko abantu badatanga.....
13/02/2023

Uhoraho imana ashimwe kwatanga uko abantu badatanga.....

Mwiriwe na mwaramutse nct bivanye naho umwumwe wese aho aherereye nku bwire urukundo rura ryoshe iruki?
18/12/2022

Mwiriwe na mwaramutse nct bivanye naho umwumwe wese aho aherereye nku bwire urukundo rura ryoshe iruki?

Uhoraho imana ashimwe mwaramutse nct
17/12/2022

Uhoraho imana ashimwe mwaramutse nct

01/12/2022

Mwaramutse na mwiriwe mugumbwe neza

Ni goooooooooooooooo d
27/11/2022

Ni goooooooooooooooo d

Sat-B presents the official audio to Nobody.Available to stream / download: http://africori.to/helloafrika© 2022 Empire Avenue

26/11/2022

None nkaha

Imana ihoraho ishimwe twagiye kurino nkuru: umuntu akubwiye ati;Uri igipfu ariko nturapfaCanke wapfuye ugenda Ahandi nta...
24/11/2022

Imana ihoraho ishimwe twagiye kurino nkuru: umuntu akubwiye ati;

Uri igipfu ariko nturapfa
Canke wapfuye ugenda
Ahandi ntaca wimari.

Wew nanje ubo twomwishura iki?

Gutyo ni ryo terambere
10/11/2022

Gutyo ni ryo terambere

Address

Mitchells Plain
DNZ

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Gukunda posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Establishment

Send a message to Gukunda:

Share