14/01/2025
🚨UBUDASA BWA AFRICA: ishyirahamwe ry'umupira w'amaguru k'umugabane w'africa (CAF), ryatangaje ko irushanwa rya CHAN 2024 ryari riteganyijwe mu Kwa kabiri muri Kenya, Tanzania,na Uganda, ryimuriwe mu Kwa munani kw'uyu mwaka.
🚨 Irushanwa rya 2024 rikinwe mu wundi mwaka Wenda kurangira 🤣🤣🤣🤣 AFRICA KBSA