PNP Entertainments

  • Home
  • PNP Entertainments

PNP Entertainments News Updates 🔥✔️
Like and follow 👇👇👇

TUYIREKURE UYUMUSI CANKE EJOMBIBUTSEKO IYI KARI BONUS IRI MURI ALBUM SECRET YA Lolilo SimbaICARA WIGE COMING SOON 🔥🔥🔥
05/09/2026

TUYIREKURE UYUMUSI CANKE EJO

MBIBUTSEKO IYI KARI BONUS IRI MURI ALBUM SECRET YA Lolilo Simba
ICARA WIGE COMING SOON 🔥🔥🔥

🚨😳  Mu gihe c’urukino no mu nyuma yarwo, ivubi🪰👀 ryabandanije kwiyegereza no kwiyomeka kuri Vini… 😭🤔 Mbega hari insiguro...
05/09/2026

🚨😳 Mu gihe c’urukino no mu nyuma yarwo, ivubi🪰👀 ryabandanije kwiyegereza no kwiyomeka kuri Vini… 😭🤔 Mbega hari insiguro yumvikana y’ukuri y’iki kintu,abantu bariko baribaza vyinshi… 👀

🇧🇮 Abaririmvyi kazi beshi agashavu karaniga ukuntu Umuririmvyi kazi Mo'W Kanzie ariwe muririmvyi kazi aronka ibiteramo v...
05/09/2026

🇧🇮 Abaririmvyi kazi beshi agashavu karaniga ukuntu Umuririmvyi kazi Mo'W Kanzie ariwe muririmvyi kazi aronka ibiteramo vyishi Kandi ibikorwa atavyo, ngo ntiyoreka umuziki akaja kwubaka urugo🤣, mugihe tuzi ko uno muririmvyi kazi ariwe muririmvyi naho yomara imyaka 2 adakora umuziki ariko aduze kubutambiro kuri Performance y'iwe wogira ngo afise indirimbo nshasha.

✍️ Mukunzi wacu Nawe woba utaramenya ico Mow Kanzie bamukundira kumuha deal nyishi...?

📷 Drama T na D-One, bagiye gushira ahabona indirimbo yabo izoba ifise amasanamu meza kandi ikoze kubuhinga budasanzwe
04/09/2026

📷 Drama T na D-One, bagiye gushira ahabona indirimbo yabo izoba ifise amasanamu meza kandi ikoze kubuhinga budasanzwe

Imana ntaho ltokura umuntu nimba uvyizeye Andika Amen Wirenganire
04/09/2026

Imana ntaho ltokura umuntu nimba uvyizeye Andika Amen Wirenganire

😭🤣 Karya ga Promoter  Big Fizzo ahatswe kumena amajigo kagende kihe pole.🤣💔🤣
02/09/2026

😭🤣 Karya ga Promoter Big Fizzo ahatswe kumena amajigo kagende kihe pole.
🤣💔🤣

‎🎶 Umuririmvyi yamamaye  , ariwe   ahejeje kwakirwa nk'umwami w'umuziki w'  n'isinzi ry'abakunzi biwe‎------------------...
02/09/2026

‎🎶 Umuririmvyi yamamaye , ariwe ahejeje kwakirwa nk'umwami w'umuziki w' n'isinzi ry'abakunzi biwe
‎---------------------------
‎🛫 Ni kuri uyu wa 2 Nyakanga 2026 ku kibuga c'indege ca , aho uwo muririmvyi yashika ku kibuga c'indege avuye mu gihugu c' , aho yari amaze imyaka 2 adahonyora mu Burundi

‎📍Uwo muririmvyi agishika, yakiriwe n'isinzi ry'abakunzi biwe, bamwe bafise ivyapa, abandi bamusasira ibitenge, uri abatamba n'abandi...

‎🔙 Ni inyuma yaho uwo muririmvyi asohoreye urukurikirane rw'indirimbo ( ) yise , akaba azanwe n'igiteramo ciswe kizobera ku kibuga c'umupira w'amaguru ca , kuri uyu wa 5 Nyakanga 2026

🔥 𝐈𝐧𝐲𝐮𝐦𝐚 𝐲𝐨 𝐤𝐮𝐛𝐚 𝐮𝐰𝐚 𝐦𝐛𝐞𝐫𝐞 𝐲𝐚𝐠𝐮𝐳𝐞 𝐢𝐭𝐢𝐤𝐞 𝐲𝐚 𝐦𝐢𝐫𝐢𝐲𝐨𝐧𝐢 𝟓 𝐤𝐮𝐠𝐢𝐫𝐚 𝐚𝐳𝐞 𝐤𝐮𝐫𝐚𝐛𝐚 𝐮𝐦𝐮𝐫𝐢𝐫𝐢𝐦𝐯𝐲𝐢 𝐫𝐮𝐫𝐚𝐧𝐠𝐢𝐫𝐚𝐧𝐰𝐚 𝐅𝐚𝐥𝐥𝐲 𝐈𝐩𝐮𝐩𝐚, 𝐌𝐨𝐰 𝐊𝐚𝐧𝐳𝐢𝐞...
02/09/2026

🔥 𝐈𝐧𝐲𝐮𝐦𝐚 𝐲𝐨 𝐤𝐮𝐛𝐚 𝐮𝐰𝐚 𝐦𝐛𝐞𝐫𝐞 𝐲𝐚𝐠𝐮𝐳𝐞 𝐢𝐭𝐢𝐤𝐞 𝐲𝐚 𝐦𝐢𝐫𝐢𝐲𝐨𝐧𝐢 𝟓 𝐤𝐮𝐠𝐢𝐫𝐚 𝐚𝐳𝐞 𝐤𝐮𝐫𝐚𝐛𝐚 𝐮𝐦𝐮𝐫𝐢𝐫𝐢𝐦𝐯𝐲𝐢 𝐫𝐮𝐫𝐚𝐧𝐠𝐢𝐫𝐚𝐧𝐰𝐚 𝐅𝐚𝐥𝐥𝐲 𝐈𝐩𝐮𝐩𝐚, 𝐌𝐨𝐰 𝐊𝐚𝐧𝐳𝐢𝐞 𝐛𝐢𝐫𝐚𝐧𝐠𝐢𝐲𝐞 𝐲𝐞𝐦𝐞𝐣𝐰𝐞 𝐦𝐮 𝐛𝐚𝐫𝐢𝐫𝐢𝐦𝐯𝐲𝐢 𝐛’𝐀𝐛𝐚𝐫𝐮𝐧𝐝𝐢 𝐛𝐚𝐳𝐨𝐦𝐰𝐚𝐤𝐢𝐫𝐚 𝐤𝐮𝐫𝐢 𝐬𝐜𝐞̀𝐧𝐞 𝐦𝐮𝐫𝐢 𝐢𝐜𝐨 𝐠𝐢𝐭𝐞𝐫𝐚𝐦𝐨

Mbega amahirwe uyu mukobwa afise

Nk'uko baca umugani mu kirundi bati: "amahirwe yawe aragusanga", Uyu muririmvyikazi akibona ko hatanguye kugurishwa amatike y'igiteramo ca Fally Ipupa mu Burundi, yaciye aba uwambere aguze itike ya 5000 000 Fbu vyatumye ndetse izo tike batanguranwa kuzigura zica zihgera mu ndwi yambere.

Kuri uyu wa 02 Nyakanga 2026 mu gihe hasigaye imisi 4 gusa ngo ico giteramo kibe, Mow Kanzie yemejwe ko ari mu baririmvyi batatu bo mu Burundi bazokwakira uyo mu ririmvyi rurangiranwa kuri stage arikumwe na Kellyna hamwe na Vichou Love.

🔥🇧🇮 Adrick AKIM niwe muririmvyi akunzwe cane aho avuka🔥🔥Uyu muririmvyi arakomeye cane nubwo hari abavyirengagiza jewe Su...
02/09/2026

🔥🇧🇮 Adrick AKIM niwe muririmvyi akunzwe cane aho avuka🔥🔥

Uyu muririmvyi arakomeye cane nubwo hari abavyirengagiza jewe Sunny best promoteur impano imeze neza nzoyivuga ukwiri ataguca kuruhande🔥

Nimba nawe wemeranya nanje ko impano yiwe idahengetse duhurire muri commenter 🔥

Niyahe ndirimbo yakunzwe cane aho mugace urimwo ya ??

Ngaho mumbwire ubu bambaye gutya ntibambare ubusa baba iki
02/09/2026

Ngaho mumbwire ubu bambaye gutya ntibambare ubusa baba iki

Address


Alerts

Be the first to know and let us send you an email when PNP Entertainments posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Establishment

Send a message to PNP Entertainments:

Shortcuts

  • Want your establishment to be the top-listed Arts & Entertainment?

Share