Denis Music

Denis Music This Denis_Beatz page, a page of music production

24/04/2025
Ariko mbabaze !!!!!Bigenda gute umukobwa agire abana 2 ntamugabo afise bisobanurako ni.......... Igitangaje n'uko bigira...
18/03/2025

Ariko mbabaze !!!!!

Bigenda gute umukobwa agire abana 2 ntamugabo afise bisobanurako ni.......... Igitangaje n'uko bigira abntu bazi Imana. Shida!!!

21/02/2025

Hi guys

Uyu muntu arakeneye inama zanyu, mumufashe ese yokora iki???

Aragira ati :

birababaje cane kwiyititrira ikintu kitari rwawe, kandi biragoye kureka ikintu ukunda n'umutima wawe wose, biragoye kandi kubana n'umuntu u*i ko wahatirije kugira agukunde. Numva nomureka ariko ndamukunda, umutima wanje nturiko uranyemerera kumureka sinzi impamvu. aragerageza kunyereka ko atanyitayeho, atankeneye, atanyiyumvamwo kandi ndabibona pe!! ariko kubera urukundo mukunda sindabiha agaciro. ubu tuvugana urukundo numva noruvamwo burundu, ariko ndibaza kubera iki yandemye uku?? kubera iki ntamukobwa n'umwe uriko ugerageza kuntahura vyibuze 1 kw'ijana. Ese nokora iki kugira mbeho nishimye???

Kaze!!!!

18/02/2025

Umvirize aka kantu koguhindurira ubu*ima. Ntiwibagire gukora follow like na comment

07/02/2025

ITANGAZO!!!

Ukaba wipfuza kwiga icongereza ku muhora wa WhatsApp ca ngahaπŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡ https://chat.whatsapp.com/IaDse6ql5zqJCOjfBn6N9w
Canke utwandikire kuri +265982003360 tugushire mubandi

M.N: dushaka abantu 20 bari sΓ©rieux

*Ndimbere Yawe by Γ‰gide nibitanga ft Faida & Edmond (Official Audio)*Make sure you subscribe πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡
19/04/2024

*Ndimbere Yawe by Γ‰gide nibitanga ft Faida & Edmond (Official Audio)*

Make sure you subscribe πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡

nimba wakunze ibikorwa vyacu turagusavye ukore subscribe, share, like na comment mu ntumbero yo kudushigikira

Address

Dowa-Malawi
Mponela
P.BOX16DOWA-

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Denis Music posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Establishment

Send a message to Denis Music:

Share

//iconSize: [32, 32], //html: '' }) .bindTooltip(name, { //permanent: true, direction: 'bottom', //offset: L.point(12, 25), //opacity: 0.88, interactive: true }) .bindPopup(name); markersLayer.addLayer(marker); } function getMore() { if (gettingMore) { return; } gettingMore = true; var center = map.getCenter(); $.ajax({ url: "/vicinitysearch", data: { lat: center.lat, lng: center.lng, country: "MALAWI" } }) .done(function(data) { var added = 0; data.forEach(function(loc) { if (!locationIds.includes(loc.id)) { var mapLoc = {id:loc.id,lat:loc.latitude,lng:loc.longitude,title:trunc20(loc.name),popupHtml:loc.popupHtml,urlPath:loc.urlPath,pictureUrl:loc.pictureUrl}; locations.push(mapLoc); locationIds.push(loc.id); map._addMarker(mapLoc); added++; } }); }) .always(function() { gettingMore = false; }); } map._clearMarkers = function() { markersLayer.clearLayers(); } }); }, 4000); });