Mtetezi officiel.bi

Mtetezi officiel.bi Informations de contact, plan et itinéraire, formulaire de contact, heures d'ouverture, services, évaluations, photos, vidéos et annonces de Mtetezi officiel.bi, Art, dubai, Saint-Pierre-d'Eyraud.

24/06/2026

WE WAITING 2027 , AGATO RWASA AMERUDI TENA ☝️☝️☝️♻️♻️♻️♻️♻️

24/06/2026

AMENDEMENTS DE L'ASSEMBLEE NATIONALE SUR LE PROJET DE LOI PORTANT FIXATION DU BUDGET GENERAL DU BURUNDI EXERCICE 2026-2027

IBI NIVYO UTARUZI,UBU NONAHAUMUNYAGIHUGU WESE ABISHATSE AGIYE KUZA ARATANGA IVYIYUMVIRO MU NAMA NKENGUZAMATEKA Y'UBURUND...
24/06/2026

IBI NIVYO UTARUZI,UBU NONAHA

UMUNYAGIHUGU WESE ABISHATSE AGIYE KUZA ARATANGA IVYIYUMVIRO MU NAMA NKENGUZAMATEKA Y'UBURUNDI

Inama Nkenguzamateka y’Uburundi yaraye ishizeho urubuga ruri ku buhinga bwa none rwitwa E-SENAT. Umuntu aravye uko rwubatse, kuri urwo rubuga, umunyagihugu wese arashobora kwiyandikisha mu gukurikirana no gutanga intererano ku bikorwa vy'inama nkenguzamateka biba biriko birarangurwa.

💁🏾 Bimwe mu vyo ushobora gukora kuri E-SENAT mwomenya ni :

👉🏾 Gukurikirana amakuru yose, nko kuraba integuro z'amategeko zizwe, zitaratorwa n'izatowe ;

👉🏾 Gutanga intererano mu kwandika ivyiyumviro n'intererano zanyu ku migambi canke integuro z'amategeko ziriko zirakorerwako n'inama nkenguzamateka ;

👉🏾 Gukurikirana amakoraniro y'abakenguzamateka ikibiriraho ;

👉🏾 Kuraba ivyegeranyo vyagiye birakorwa n'imigwi yamaho ;

👉🏾 Kuvomako amakuru (téléchargement des documents) ajanye n'ibiba vyakorewe mu nama nshingamateka, n'ibindi n'ibindi.

✍🏾 Mwomenya ko inama nkenguzamateka iriko iratunganya muri ino minsi ibiri, uruganda rwo gukarihiriza ubwenge abakenguzamateka n'abandi bakozi bo mu nzego kugira bazoshobore gukoresha urwo rubuga. Ariko rero, rurasaba kuba ufise intrerineti, na terefone ishobora gukoreshwa mu kuja ku buhinga bwa none. Ivyo bishobora gutuma umunyagihugu muto atoroherwa gutanga ivyiyumviro canke gukurikirana ayo makuru.

🛜 Kugira ushike kuri urwo rubuga uca aha : https://app.senat.bi/public/.

AMENDEMENTS DE L'ASSEMBLEE NATIONALE SUR LE PROJET DE LOI PORTANT FIXATION DU BUDGET GENERAL DU BURUNDI EXERCICE 2026-2027

15/06/2026

I'm not saying everyone should follow you, just find one that others can follow and you'll be done.☝️☝️☝️☝️👌👌♻️♻️♻️♻️♻️♻️♻️remember to follow, shere and comment 👏👏👏👏

13/06/2026

YOU KNOW ,WHAT IS TIME.

Managing your time effectively is all about clarity, prioritization, and consistency. Here’s a simple approach to get started:

1. **Set Clear Goals**: Use the SMART criteria (Specific, Measurable, Achievable, Relevant, Time-bound) to define what you want to accomplish.

2. **Prioritize Tasks**: Utilize the Eisenhower Matrix to distinguish between what's urgent and important. Focus on tasks that align with your goals.

3. **Create a Schedule**: Break your day into blocks of focused time using techniques like the Pomodoro Technique (25 minutes of work followed by a 5-minute break).

4. **Limit Distractions**: Identify what typically distracts you and take steps to reduce those interruptions.

5. **Reflect and Adjust**: At the end of each week, review what worked and what didn’t. Make adjustments as needed.

Remember, progress takes time, so be patient with yourself. You've got this!

Adresse

Dubai
Saint-Pierre-d'Eyraud
0

Site Web

Notifications

Soyez le premier à savoir et laissez-nous vous envoyer un courriel lorsque Mtetezi officiel.bi publie des nouvelles et des promotions. Votre adresse e-mail ne sera pas utilisée à d'autres fins, et vous pouvez vous désabonner à tout moment.

Raccourcis

Partager

Type