A J kids

A J kids Informations de contact, plan et itinéraire, formulaire de contact, heures d'ouverture, services, évaluations, photos, vidéos et annonces de A J kids, Art du spectacle, Saint Etienne.

AJ kids
02/05/2026

AJ kids

24 likes, 12 comments. "AJ kids challenge"

🟡⚫Abaririmvyi bashaka guherekeza abana bafise impano muri runo rugendo eka n'uwariwe wese ashaka gushigikira impano z'ab...
02/05/2026

🟡⚫Abaririmvyi bashaka guherekeza abana bafise impano muri runo rugendo eka n'uwariwe wese ashaka gushigikira impano z'abakiri bato arahawe ikaze.
Hamagara canke wandike ubutumwa kuri izo numéro.
"Impano yanje niyo ngabire yanje"
Natacha Burundi


Société 💯AJ AGENCE💯 irakeje ikanashimira cane bivuye ku mutima❤️ abavyeyi b'urwaruka 👯🏽AJ KIDS🇧🇮🕺🏾 kuko mwashoboye 🏎️kwi...
26/10/2025

Société 💯AJ AGENCE💯 irakeje ikanashimira cane bivuye ku mutima❤️ abavyeyi b'urwaruka 👯🏽AJ KIDS🇧🇮🕺🏾 kuko mwashoboye 🏎️kwitabira🚵🏻 ubutumire twabahaye mukaza kwifadikanya 👬natwe gukomeza igikorwa co kumenyekanisha 🔔📢impano z'urwaruka, 👏🏽turabakeje 👏🏽kuko twayaze tugatahura uwo mugambi mwiza ku bana banyu aribo bacu🫂, twitege ivyiza❤️ TURI 💯HAMWE ✅VYOSE BIRASHOBOKA💪🏽
Burundi Tv

Adresse

Saint Etienne
42000, 42100

Site Web

Notifications

Soyez le premier à savoir et laissez-nous vous envoyer un courriel lorsque A J kids publie des nouvelles et des promotions. Votre adresse e-mail ne sera pas utilisée à d'autres fins, et vous pouvez vous désabonner à tout moment.

Partager