Mwěnimâna

Mwěnimâna 🎤Umurírīmvyi🇧🇮Umwānditsi📝/Umunyakarānga🎩/Umucúrarānzi🪘/Umurimbānyamashusho📷
(17)

🔥🔥BISHASHA BISHASHA𝗠𝗨𝗥𝗜 𝗞𝗜𝗡𝗚'𝗦 𝗧𝗥𝗔𝗩𝗘𝗟 𝗔𝗚𝗘𝗡𝗖𝗬 𝗧𝗪𝗔𝗚𝗔𝗡𝗨𝗬𝗘Abantu biyandikishije kuja gukora akazi ka taxi  Dubai,   Twobamen...
23/08/2026

🔥🔥BISHASHA BISHASHA

𝗠𝗨𝗥𝗜 𝗞𝗜𝗡𝗚'𝗦 𝗧𝗥𝗔𝗩𝗘𝗟 𝗔𝗚𝗘𝗡𝗖𝗬 𝗧𝗪𝗔𝗚𝗔𝗡𝗨𝗬𝗘

Abantu biyandikishije kuja gukora akazi ka taxi Dubai, Twobamenyesha ko uyu musi kukibuga c'indege twakiriye baba boss baje kugirisha interview , zizotangura ejo kuwambere kubamaze kwiyandikisha

nturacererwa kuko interview zizomara imisi 4 canke itanu, naww utari bwaronke agance ngo wiyandikishe woza uzanye avance ni 4 million , (Uronse 3 million turakwakira) ayasigaye uyagumize hafi uyazana visa isohotse.

Umushahara 2600 dirhams kuduga

Usabwa kuba ufise permis , mugabo nabamwe mufise permis zudupapuro turabakira.

Commisiiom: Uzanye umuntu kumwandikisha muri muri iyi minsi 2 (Lundi mardi) uzoca kuri bureau uhabwe agashirukabute kandi uzoshima

Ejo interview izotangura 10h , Centre ville musi gato ya fidodido gallery centropolis Bureau c1

👉https://chat.whatsapp.com/BqRBajcwT4xLH6mlH6ijRw

𝗧𝘄𝗮𝗻𝗱𝗶𝗸𝗶𝗿𝗲 𝗸𝘂𝗿𝗶 79648285/71169263

20/08/2026

Muri hêhé ngo Umuyange ubaryŏhereze imănza

20/08/2026

Ingo ndabajăne iyo uburyŏhe busigáye😀

AKAZI K'IMBONEKARIMWE , KARIMWO IMFASHANYO IDASANZWE MURI KING'S TRAVEL AGENCY⛔ Usabwa kuba ufise Permis yerekana ko u*i...
19/08/2026

AKAZI K'IMBONEKARIMWE , KARIMWO IMFASHANYO IDASANZWE MURI KING'S TRAVEL AGENCY

⛔ Usabwa kuba ufise Permis yerekana ko u*i gutwara imodoka, kuko hakenewe abaja gukora taxi 🚕 🚖 (Taxi drivers) aba taxi men😀😀 , kuba ufise passport nakongereza naho koba gake, kuko interview irakorwa

➡️ Amahera bahembwa ni hagati ya 2600 na 4000 Dirhams ni kuvuga hagati y'amadorari 710$ na 1100% uretse ko hariho makeya bakata kukwezi ya Permis yahariya baguha 500aed .

➡️ Umu boss azoza Mu Burundi avuye Dubai kuwambere w'indwi itangura kugirisha interview abazoba biyandishije, banatanze avance kuko akeneye ko ugiheza interview viza ica ikorwa mumisi 7 gusa.

⛔ Amahera usabwa , ni make caaaaaaaaaaaneeee ugereranije nayo izo offer zirihwa iyo zibonetse, usabwa kuriha 6.000.000frbu vyosee nitike aca aguha , uza kwiyandikisha mubazokora interview uzanye avance ya 4.000.000frbu , ayandi 2 million uyariha visa ibonetse.

✡️ interview ikunaniye usubizwa utwawe atankomanzi.

Turatangura kwakira abiyandikisha kuri uyu wa gatatu itarike 19/08/2026. (Centre ville musi gato ya fidodido gallery centropolis BUREAU c1

Ushaka Kwiyandikisha, ufise permis , nubwo buryo. Fyonda iyi link winjire muri group uba mubandi, hama uze ku bureau 👇👇

https://chat.whatsapp.com/BqRBajcwT4xLH6mlH6ijRw

+257 79 64 82 85
+257 68 00 71 18

Kaze

"Tunēzêranywe n'ábanêzerewe", ni kó ijāmbo ry'Îmâna ribivugá !Reka dukēzé báno bavûkanyi🤝
18/08/2026

"Tunēzêranywe n'ábanêzerewe", ni kó ijāmbo ry'Îmâna ribivugá !
Reka dukēzé báno bavûkanyi🤝

Abāntu mutamara imănza hári vyìínshi mutamenyá🤝
18/08/2026

Abāntu mutamara imănza hári vyìínshi mutamenyá🤝

Mutuzo yarāye ayímwāmbitse, ndavúga impeta ! Mūmfashé tumukěze !
15/08/2026

Mutuzo yarāye ayímwāmbitse, ndavúga impeta ! Mūmfashé tumukěze !

13/08/2026

Mushīshikara kūzana uturérěsi twērekana kó Raguël atăvūkiye mu Bufarănsa aríko ntítuběmerera✍️

13/08/2026

Edisson ukŭntu Inès ahibôngoza Icôngereza ntíwōmenya kó yavûkiye mu Bufarănsa✍️

Aho hări kurí Lycée Munincipal Buyĕnzi ahó yahéreje amashŭre yīsûmbuye✍️

12/08/2026

Uwŭndi murírīmvyikazi yakóze ku mitíma ya bênshi

Address

Nyakabiga
Mutambu

Telephone

+25768881471

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mwěnimâna posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Establishment

Send a message to Mwěnimâna:

Shortcuts

Share