257 Buja trending

257 Buja trending ��

08/04/2026

Nyeniteka Download the app → goliveindia.in/download

05/01/2026

Iyi Si iragoye cane .

● uyumunsi uraryama uri président ejo ukavyuka utari président
●uyumunsi urarya ukarara uhaze ejo bugaca ushonje
●uyumunsi uraryama uri général ukavyuka uri civilian
● uyumunsi uratunze ejo uzoba ukenye,............
♧ twige kubaho twiteguriye impinduka mubuzima

■ iyi vidéo yerekana ingene président wa Venezuela yarengukijwe muri sentare y’i Manhatan muri Reta zunze ubumwe z’américain aho yaragiye kwisigura kuvyaha yagirizwa n’ubutegetsi bwa USA.

31/12/2025

"Turakwiye kumenya imbonakazoza ico isigura hamwe nico imaze kumunyagihugu muto muto aba mu misozi" .
🤷Umviriza bimwe muvyo patiri yasavye mumasengesho yateguwe n’umukuru w’igihugu kubijanye n’ubuzima bw’igihugu

30/12/2025

💎🎧Shaggy wacu ngo i ngozi ntakibarizwayo agiye kwibera i Mishiha mu cankuzo kuva le 01/01/2026

🫆Ngo abari mu micungararo ya cankuzo murahawe ikaze mukaza kwifadikanya na #
shaggy yemeye kuva i akimanukira Mishiha.
ikaze abari mu ntara ya cankuzo mukumusanganira iwanyu Mishiha.

24/12/2025

Ngo nellyNat ngo......
Mutoni wa gynella magazine ngo bamugize iki? 😃😃😃
Muzosha 😀

13/12/2025

STADE INTWARI

Big Fizzo yaraye akoze performance y’amateka mu mwijoro riheze.
Nico giteramo cambere kibaye mwijoro kikabera kuri STADE kuva yasubirwamo.Abafana bari bamwishimiye banamukumbuye.

stadeIntwari


13/10/2025

Natacha Burundi arakundika.

Uyumwana aririmvye indirimbo ya Natacha ijambo kurindi.
Natacha ingo urabe, ibikorwa ukora nabana barabikunda ♥️♥️♥️

BREAKING NEWS 😭😭😭😭.................................Umwungere wa Eklezia catholique kw'isi yose yapfuye azize uburwayi.N'...
21/04/2025

BREAKING NEWS 😭😭😭😭.................................
Umwungere wa Eklezia catholique kw'isi yose yapfuye azize uburwayi.
N'inkuru y'umubabaro Ku bakiristu ba Eklezia catholique .
Aruhuke amahoro.

Burundi: Ng'uru urutonde rw'ikirangamisi c'amatora twimirije, azoba kuwa Kane, igenekerezo rya 5 Ruheshi 2025, mw'itorwa...
15/04/2025

Burundi: Ng'uru urutonde rw'ikirangamisi c'amatora twimirije, azoba kuwa Kane, igenekerezo rya 5 Ruheshi 2025, mw'itorwa ry'abashingamateka hamwe n'abajenama b'amakomine:

1️⃣ Kuva kw'igenekerezo rya 2 gushika kuwa 8 Rusama 2025, hazotangwa amakarata y'itora ku bazokwitabira amatora;
2️⃣ Kuwa gatanu, igenekerezo rya 9.05.2025, niho Umukuru w'Igihugu c'Uburundi, Evariste Ndayishimiye azoshira umukono kw'itegeko ritanga uburenganzira bwo kwiyamamaza ku bazokwitoza;
3️⃣ Kw'igenekerezo rya 13.05.2025 gushika kuwa 2.06.2025 hazoba hariko haraba imyiyamamazo ku banyamigambwe, abigenga ndetse n'inani z'imigambwe;
4️⃣ Kuwa Kane, igenekerezo rya 05.06.2025 niho hazoba amatora y'abashingamateka hamwe n'abajenama b'amakomine ;
6️⃣ Kw'igenekerezo rya 10 Ruheshi gushika kurya 11 niho hazotangazwa ibiharuro mfatakibanza bizoba vyavuye mu matora;
7️⃣Kuva kuwa Kane, igenekerezo rya 12.06.2025 gushika kuwa 14.06.2025, niho abazoba batanyuzwe nivyavuye mu matora bazokwitura sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa shingiro;
8️⃣kuwa gatanu, igenekerezo rya 20.06.2025, niho sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa shingiro izotangaza ibiharuro ntabanduka bizoba vyavuye mu matora.

BREAKING: 🛑Hari umusiririkare w'igisirikare ca Repubulika iharanira intwaro rusangi ya congo (FARDC) yishe umugore wiwe,...
15/04/2025

BREAKING:
🛑Hari umusiririkare w'igisirikare ca Repubulika iharanira intwaro rusangi ya congo (FARDC) yishe umugore wiwe, abana biwe indwi n'umubanyi wiwe i Kinshasa, mu bucagucagu bwo kuri uyu wa 15 Ndamukiza 2025. Ibi vyabaye nk'igihe c'isaha cumi z'ubucagucagu.

Ayo makuru abandanya avuga ko yaciye aturira inzu nivyo biziga imbere y'uko yirasira muri iyo nzu yariko iraka umuriro.


BURUNDI 🇧🇮🏟️ : Kuri StadeMpuzamakungu INTWARI mu gisagaraCa Bujumbura, ibikorwa vyo gushirako Umusezero ( Tapis Synthéti...
29/03/2025

BURUNDI 🇧🇮🏟️ : Kuri Stade
Mpuzamakungu INTWARI mu gisagara
Ca Bujumbura, ibikorwa vyo gushirako
Umusezero ( Tapis Synthétique ) biriko
Bikorwa neza ...🤝

FULL-TIME  Burundi 🇧🇮 0-1 Côte d’Ivoire 🇨🇮🏟 Stade d’honneur de Meknès Maroc
21/03/2025

FULL-TIME
Burundi 🇧🇮 0-1 Côte d’Ivoire 🇨🇮
🏟 Stade d’honneur de Meknès Maroc

Address

109
Muyinga

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when 257 Buja trending posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Establishment

Send a message to 257 Buja trending:

Share

Category