It's Mahuba 002

It's Mahuba 002 DO NOT GIVE UP ON YOUR ART❤️

Noe inkende🦍  k’ishavura nabi🤣🤣🤣Lynda Lacosta ndamaramaye 🤣🤣🤣🤣🤣
04/03/2026

Noe inkende🦍 k’ishavura nabi🤣🤣🤣Lynda Lacosta ndamaramaye 🤣🤣🤣🤣🤣

Yitarukirijeko Amavyi: Umwe mu basore bo mu gisagara ca Bujumbura yafashwe ariko aranya ku kiraro ca 28 Novembre.

Ingeso mbi ya bamwe mu basore bo mu gisagara ca Bujumbura irabandanya kwigaragaza, aho usanga bamwe bituma canke banya mu bibanza bihuriramwo abantu benshi. Ivyo bikorwa bikomeje kwiyongera, bigatuma benshi bababazwa n’ ukuntu bitesha isoni urwaruka, na cane cane abo bita Gen-Z.

Mw’ijoro ry’ejo hahise, umusore umwe azwi cane mu gisagara hagati yafashwe n’igiporisi ariko aranya ku kiraro co ku 28 Novembre, hepfo ya Cristal. Abari aho bavuga ko bamwambitse amakofi imbere y’uko bamujana mu gasho kugira akurikiranwe n’amategeko.

Iyo ngeso yari imaze igihe ibabaza benshi, ndetse hari n’abahitamwo kudaca kuri ico kiraro, bagahitamo guca mw’ibarabara riri munsi yaco kugira bikingire umwanda n’akamaramaza gaterwa n’abo basore.

None bakunzi ba Lynda Lacosta, wewe wofata umuntu ariko aranya canke yituma ahantu haca abantu benshi, ni ikihe gihano wumva womuha kugira iyo ngeso icike burundu?

i don’t Do Art,I live Art🥰🇧🇮🧵
24/06/2025

i don’t Do Art,I live Art🥰🇧🇮🧵

🇧🇮🧵stringArt  Saidi💯
24/06/2025

🇧🇮🧵stringArt Saidi💯

Cartoon Era😍
09/04/2025

Cartoon Era😍

❤️🎨
09/04/2025

❤️🎨

09/04/2025

Finished Mural Art in Burundi😍🔥❤️
09/04/2025

Finished Mural Art in Burundi😍🔥❤️

  from Burundi🔥❤️💯
08/04/2025

from Burundi🔥❤️💯

Graffiti💯❤️
08/04/2025

Graffiti💯❤️

Address

Ntahangwa
Kanyosha

Telephone

69280541

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when It's Mahuba 002 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Establishment

Send a message to It's Mahuba 002:

Share

Category