Bebechou Belove

Bebechou Belove [email protected] belove
(1)

ub nah munyishuzik k vuba   ???🔥🔥🔥❤️🥰
21/05/2026

ub nah munyishuzik k vuba ???🔥🔥🔥❤️🥰

12/05/2026

by Mwěnimâna U Tam SI

Hbd to me ❤️🥳🥳🌹
10/05/2026

Hbd to me ❤️🥳🥳🌹

  ni keshi wambwie kunkunda Noé uyumwanya j'accepte tous ❤️🔥
04/05/2026

ni keshi wambwie kunkunda Noé uyumwanya j'accepte tous ❤️🔥

bon dimanche ❤️
03/05/2026

bon dimanche ❤️

mushinja Ubu naho??😀🥰Mbaz icushak ndakwishura 🔥🥰❤️
27/04/2026

mushinja Ubu naho??😀🥰
Mbaz icushak ndakwishura 🔥🥰❤️

thx saana watu wa   🥰🔥🔥❤️thx saana watu wa   ❤️mwarakoz caane ❤️❤️❤️  🥰🔥
15/04/2026

thx saana watu wa 🥰🔥🔥❤️
thx saana watu wa ❤️
mwarakoz caane ❤️❤️❤️
🥰🔥

bon dimanche la famille 🥰🤗so, Watu wa  , watu wa   leo tutakuwa pamoja🔥🔥🔥mukue niwapatie show 🔥🔥❤️
12/04/2026

bon dimanche la famille 🥰🤗
so, Watu wa , watu wa leo tutakuwa pamoja🔥🔥🔥
mukue niwapatie show 🔥🔥❤️

08/04/2026

🎤💃 IHIGANWA RY’AKATARABONEKA: “STAR DANCE” RIGIYE GUTIGISA BUJUMBURA! 🔥

Mu ntara ya Bujumbura, imyidagaduro igiye gushika ku rundi rwego aho ihiganwa ridasanzwe ryiswe Star Dance rigiye kubera muri New Star Hotel i Buyenzi.
📅 Amatariki akomeye:
🥁 Demi-finale: Ku wa gatandatu, igenekerezo rya 11 Ndamukiza 2026

🏆 Finale: Ku w’Imana, igenekerezo rya 12 Ndamukiza 2026

⏰ Guhera isaha cumi (16h00)
Iryo higanwa rigiye guhuriza hamwe abavyinyi b’abahanga cane, barushanwa mu kwerekana ubuhinga, ubuhinga bwo ku rubyiniro n’inguvu zidasanzwe mu gutanga akanyamuneza ku bazoba bahari.
🎧 Abamenyeshamakuru b’imyidagaduro n’abavanga imiziki bazotuma ibintu birushiriza kuryoha, harimwo:

MC Uzabaze
DJ Clou
Bebechou
DJ Moko
DJ Alex

💰 Agashimwe k’aba mbere:
🥇 Uwa mbere: 500.000 FBu
🥈 Uwa kabiri: 300.000 FBu
🥉 Uwa gatatu: 100.000 FBu

Si uguhiganwa gusa! Abazokwitabira bazoronka n’akaryo ko kwisamaza birenze, harimwo 🍕 pizza, 🍖 nyama choma, 🍹 ibinyobwa n’akanyamuneza kadasanzwe.
🔥 Ni ibirori vyitezwe cane bizohuriza hamwe abakunzi b’ivyino, urwaruka n’abashaka kwinonora imitsi mu munezero. Nta n’umwe akwiye kubihusha!
📍 Ibe ari ho hateranira abahinga n’abakunzi b’ivyino bose – i Buyenzi, muri New Star Hotel!

pasika nziza mwese bakunzi banje 🥰❤️❤️❤️tuyihimbarize heh Noé?🤤🥰🥰🥰
05/04/2026

pasika nziza mwese bakunzi banje 🥰❤️❤️❤️
tuyihimbarize heh Noé?🤤🥰🥰🥰

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bebechou Belove posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Establishment

Send a message to Bebechou Belove:

Share