AJ Agence

AJ Agence Promouvoir les talents des jeunes

Turabaramukije  mwese mucubahiro canyu imana yabahaye.kwizina ryiwe  Jean melody   ni umuririvyi mwiza cane aje kubikora...
12/06/2026

Turabaramukije mwese mucubahiro canyu imana yabahaye.
kwizina ryiwe Jean melody ni umuririvyi mwiza cane aje kubikora neza muri industrie y'umuziki ndundi , indirimbo yiwe yambere yise '' *NI* *WEWE* '' iraryoshe cane kumvirize. ahejeje kuyishira ku mu garagaro. Turabingize ncuti zacu bumuziki muziki ndundi . twese hamwe turashoboye tuje ku mushigikira kuri YouTube na TikTok yiwe muku gira *subscribe* na *share* muzoba mukoze amateka kuriryo zina nyene JEAN MELODY . Murakoze🙏💪❤️

Artiste Burundais Jean melody chanteur et compositeur que beauc...

Haya sasa , mwana familia ,ndugu  rafiki wa team no stress na  AJ for life, mafans nyote. Nyimbo  yenu murua yenye ujumb...
05/06/2026

Haya sasa , mwana familia ,ndugu rafiki wa team no stress na AJ for life, mafans nyote. Nyimbo yenu murua yenye ujumbe mzuri sasa ipo tayari kwenye Chanel yetu ya A J media. Kwa hivyo tuambatane kwenda kuisikiliza na Usisahau ku share na ku subscribe. Asante sana. Tuko pamoja!
Tatu Mossi Skitu Melanie AfricaMusic Amran Juma Hatib Must

Anzo Melono en collaboration avec team no stress et AJ for life d...

Makoti comedian abivuze vyose atagutinya🧐 muri comedi harimwo harimwo abantu babitoba.tubandanye tushigikira impano.  Ni...
05/06/2026

Makoti comedian abivuze vyose atagutinya🧐 muri comedi harimwo harimwo abantu babitoba.tubandanye tushigikira impano. Ni twibarigire kugira partage na subscriber. Murakoze 🙏🏾
Nelcey Irankunda Burundi Alpha

le comédien Burundais Makoti nous dévoile ces secrets au micro de ...

🔥 King Costa 🔥Atubwiye uko abaririmvyi ba kera babikora neza Ariko ngo nabubu barabishoboye/Rally joe Niwe nakuyeko insp...
29/05/2026

🔥 King Costa 🔥
Atubwiye uko abaririmvyi ba kera babikora neza Ariko ngo nabubu barabishoboye/Rally joe Niwe nakuyeko inspiration yo kuririmba/atweretse impano itangaje
Host: Alpha
Guest:King costa
Kora subscribe,like,comme na share . Utibagiye gushira no kuri statut.

Artiste, chanteur et compositeur burundais , nous raconte son His...

Indirimbo idahera uburyoheAslion Bdi Buja FM Buja Trending
27/05/2026

Indirimbo idahera uburyohe
Aslion Bdi Buja FM Buja Trending

Experience the vibrant energy and effort of our latest hit music "WEEKEND" by Aslion that directed by HG Created.° Performed by: Aslion° Written by: Aslion...

Msani wa Burundi Key Brown k**a zawadi ya Aïd el-Kébir kaamua kuwapa  fans wake  na familia Vidéo   lyrics  ya nyimbo ya...
27/05/2026

Msani wa Burundi Key Brown k**a zawadi ya Aïd el-Kébir kaamua kuwapa fans wake na familia Vidéo lyrics ya nyimbo yake mlioipenda sana " Amani " Tuzidi kumu support kwa ku fanya share na subscriber kwenye Chanel yake 👇👇

lyrics vidéo de la chanson Amani Artiste : Key Brown Vidéo : Raj...

AJ KIDS 👌  Buja Music Awards Buja News The Following
02/05/2026

AJ KIDS 👌
Buja Music Awards Buja News The Following

24 likes, 12 comments. "AJ kids challenge"

🟡⚫Abaririmvyi bashaka guherekeza abana bafise impano muri runo rugendo eka n'uwariwe wese ashaka gushigikira impano z'ab...
02/05/2026

🟡⚫Abaririmvyi bashaka guherekeza abana bafise impano muri runo rugendo eka n'uwariwe wese ashaka gushigikira impano z'abakiri bato arahawe ikaze.
Hamagara canke wandike ubutumwa kuri izo numéro.
"Impano yanje niyo ngabire yanje"

Alpha atubwiye ico bivako kugira natacha indirimbo ziwe ntizimare igihe/ico yofasha umuziki ndundi/iyo akura amahera ash...
16/04/2026

Alpha atubwiye ico bivako kugira natacha indirimbo ziwe ntizimare igihe/ico yofasha umuziki ndundi/iyo akura amahera ashira mumuziki/ico yokora kugira aje mubitwa aba legend kora subscribe,like, comment, share.
Hosted by Alpha
Shooted by maestro
Production by AJ media
Title :showbiz time
Objectif: promotion de la music burundaise
Natacha Burundi Buja Music Awards Buja News Burundi Musick Power

Alpha dévoile des secrets de la réussite de l'artiste Burundaise Natacha Ngendabanka ...

 atakurya umunwa aravuze amabanga yose yo muri cinema/fanny lavine gukinisha jeje ni sawa/nta bifu zikenewe muri cinema....
11/04/2026

atakurya umunwa aravuze amabanga yose yo muri cinema/fanny lavine gukinisha jeje ni sawa/nta bifu zikenewe muri cinema....
Host:Alpha
Guest:Mr sammy
On Set:maestro
Production:AJ Media
The Following

Mr Sammy pompompo dévoilé les secret dans L'industrie du cinéma au Burundi. émission réaliser par AJ media. Au micro : AlphaInviter : Mr Sammy pompompocamera...

Address

Carama I, Avenue Mukuyangoma N°55
Bujumbura
7036

Opening Hours

Monday 08:00 - 17:00
Tuesday 08:00 - 17:00
Wednesday 08:00 - 17:00
Thursday 08:00 - 17:00
Friday 08:00 - 17:00

Telephone

+33749799554

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when AJ Agence posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Establishment

Send a message to AJ Agence:

Share

Category