28/07/2021
Yambu cane👋👋👋mumerewe neza?
Twashaka kandi kubibutsa ko
Ukuganduka k'umuvyeyi wacu bizoba kuruyu wa MUNGU itariki 01/08/2021.
Urutonde:
06h30 kuja kumpanda gushira urugori
10h00 inkuka y'imisa kuri Paroisse ya Sainte Famille Kinama
14h00 Kubandaniriza urubanza rwokuganduka mu Carama, KUKABINGO
_Umuryango urashima ukungene mwawufashe mumugongo mubihe bitoroshe nokukigoro muzogira mukubandanya muwushigikira._
Yambu cane👋👋👋mumerewe neza?
Twashaka kandi kubibutsa ko
Ukuganduka k'umuvyeyi wacu biba uyumusi kuwa MUNGU itariki 01/08/2021.