Menya sport RFM

Menya sport RFM Groupe Sportif de l'émission ITEKA SPORT sur les ondes de la Radio ITEKA F.M Tous les jours( Lundi-

04/03/2023

🏆 INKINO....

✍️Abandi bamaze kumenya akamaro KO kuraba inkino zimigwi bakunda ariko barya nagafaranga💰

✍️Kwirikira iyi vidéo maze wiyandishe muri 1XBET ukoresheje code promo X123BET maze utangure kurya inotiii...

Mwiyi misi abantu bariko bararya akanoti kubwinshi....💰

Abifuza ibisobanuro vyinshi ca kwiyi link babasobanurire...urisanga muri groupe ya WhatsApp maze bagusobanurire uko ukwiye kwiyandikisha kugira utangure Ku bettinga

https://chat.whatsapp.com/FtD1QWrEcEgEGIj8tgbwfF

1XBET yaje kubwanyu abantu bariko bararya agafaranga kubwinshi

💰🏆💰

28/02/2023

🏆 INKINO....

✍️Abandi bamaze kumenya akamaro KO kuraba inkino zimigwi bakunda ariko barya nagafaranga💰

✍️Kwirikira iyi vidéo maze wiyandishe muri 1XBET ukoresheje code promo X123BET maze utangure kurya inotiii...

Mwiyi misi abantu bariko bararya akanoti kubwinshi....💰

Abifuza ibisobanuro vyinshi ca kwiyi link babasobanurire...

https://chat.whatsapp.com/FtD1QWrEcEgEGIj8tgbwfF

1XBET yaje kubwanyu

💰🏆💰

🔥Europa_League✍️Kuyu mugoroba muri Europa League hari inkino nyishi ariko hariho urukino rukomeye rusumba izindi ruza gu...
23/02/2023

🔥Europa_League

✍️Kuyu mugoroba muri Europa League hari inkino nyishi ariko hariho urukino rukomeye rusumba izindi ruza guhuza imigwi 2 ikomeye cane 🔥

✍️ Imbere ya vyose banza ufyonde kwiyi lien winjire muri groupe ya WhatsApp urasangaho vidéo igufasha kwiyandikisha....

Abandi amafaranga bayamaze🥺🥺

Ca kwiyi lien 👇👇👇

https://chat.whatsapp.com/FtD1QWrEcEgEGIj8tgbwfF

Kuyu mugoroba ninde akatisha itike Hagati ya :

22h00

🏟️Man United vs Barcelona

🔥🔥🔥🔥🤝🔥🔥🔥

Umugwi wawe uratsinda???

✍️Uyu musi ntihabura abarara bakanuye ndetse banarare ubusa kubera haza kurengana Umugwi 1 gusa....😂

Uyo mugwi Nuwahe???

Wuhe amahigwe muri 1XBET ukoresheje code promo ( X123BET )

✍️

Kora like na partage kubwinshi

23/02/2023

Raba neza iyi vidéo maze mwiyandikishe mutangure kubetinga hamwe na 1XBET

Kina utangure urye amafaranga abandi barayakumaranye

🏆 Champions League 🔥🔥⚽ Ihiganwa ry'imigwi ikomeye kurusha iyindi kumugabane wa Buraya ryagarutse kandi rimeze neza ndets...
14/02/2023

🏆 Champions League 🔥🔥

⚽ Ihiganwa ry'imigwi ikomeye kurusha iyindi kumugabane wa Buraya ryagarutse kandi rimeze neza ndetse hari ninkino zikomeye kuyu mugoroba....

1: waruziko Ubu abatahuye akamaro ka 1XBET batagiterwa nubukene bwamafaranga makeya??

2: waruziko iyo ukinye kunkino zitandukanye ufse amahigwe yo kurya amafaranga meshi??

3: waruziko kuguruza ikonti yawe yo gukina ari kubuntu kandi uhabwa uturusho dutandukanye???

4: uziko kudakina uri umukunzi winkino ari uguhomba???

5: urindiriye iki ngo upime umugisha wawe??? Gukina ni guhera kumafaranga 200fbu kuduga gushika kuri za miliyoni ....

✍️Ba uwambere wiyandikishe muri 1XBET ukoresheje code promo imaze kwamamara ariyo 1XBET50

Hamwe niyi code promo ikibazo cose ugize baragufasha....

Ushaka vidéo zuko biyandikisha ndetse nibindi bisobanuro ca kwiyi lien
👇👇👇

https://chat.whatsapp.com/GK8S3icdi0yLPZwmlDAaA8

maze uhabwe application yo gukinisha hamwe n'a vidéo zo kwiyandikisha...

Uyu musi haca uwambaye 🔥🔥🔥

🏟️ PSG 🇨🇵 vs Bayern Munich

Ninde atahukana intsinzi ?????

🔶 Sunday mood⚽🔥✍️ Mwaramutse neza ncuti zacu twagire tubasangize urutonde rwinkino zikinwa kuyu wa 22/1/2023 Aho ari umu...
22/01/2023

🔶 Sunday mood⚽🔥

✍️ Mwaramutse neza ncuti zacu twagire tubasangize urutonde rwinkino zikinwa kuyu wa 22/1/2023 Aho ari umusi mwiza winkino nyishi...banza urabe hano👇👇👇👇

🏟️🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Arsenal - Man United (18:30)
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Man City vs Wolves (16:00)
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Leeds - Brentford (16:00)
🇪🇦 Barcelona- Getafe (19:30)
🇪🇦 Bilbao - Real Madrid (22:00)
🇪🇦 Villarreal - Girona (15:00)
🇪🇦 Elche - Osasuna (17:15)
🇮🇹 Sompdoria - Udinese (13:30)
🇮🇹 Monza - Sassuolo (16:00)
🇮🇹 Spezia - Roma (19:00)
🇮🇹 Juventus - Atalanta (21:45)
🇩🇪 Dortmund - Augsbourg (16:30)
🇩🇪 M'gladbach - Leverkusen (18:30)
🇲🇫 Niort - Auxerre (19:30)
🇲🇫 Lille - Pau (19:30)
🇲🇫 Thaon - Nantes (19:30)
🇲🇫 Brestois - Lens (22:00)
🇸🇳 Sénégal - RDC 🇨🇩 (21:00)
🇺🇬 Ouganda - Côté d'ivoire 🇨🇮 (21:00)
🇧🇮 Dynamik - Message (15:00)
🇧🇮 Musongati - Bumamuru (15:00)
🇧🇮 New oil - Aigle Noir (15:00)

Naho biruko Soma hano....👇

🏟️Arsenal vs Man United 🔥

🔥Ni rumwe mu rukino rwitezwe cane kuyu mugoroba muri igeze aharyoshe cane,inkino zibandanya zinjiriza abantu benshi akanoti muri 1XBET,uru rukino rufise amanota meza nawe rushobora kukwinjiriza agafaranga :

18h30: Arsenal 🆚 Man United

✍️Tigira Kuri urwo rukino ukoreshe code promo: X123BET maze ugwize amahirwe yo kwironkera bonus 200% buri musi Uko utigiye:

2️⃣ Ugurura ikonti Ku buntu ukoresheje ino code promo yacu: X123BET

3️⃣ Injizamwo amafaranga yanyu kugira mushobore kuronka ka kaganuke(bonus) ka 190000BIF💵.

✅MENYA NEZA: Niwiyandikisha ugashika aho bagusaba Code promo uca wandika: X123BET kugira ushobore kuronka bonus ya 190000BIF.

🎁Birashoboka cane kandi birizewe gutsindira amafaranga menshi💵 muri .BI,Turabifurije amahirwe mwese.
Uyu n'umusi Wawe wo kurya agafaranga hamwe na 1XBET

Pima umugisha wawe uyu musi 💰

Wibuke gukora partage kubwinshi🙏

🔶Premier League FT :Crystal Palace 1-1 Man Utd ⚽Michael Olise 90’+1 ⚽Bruno Fernandez 43’ 🥺Iki gitsindo ca Palece ni ciza...
18/01/2023

🔶Premier League

FT :

Crystal Palace 1-1 Man Utd

⚽Michael Olise 90’+1

⚽Bruno Fernandez 43’

🥺Iki gitsindo ca Palece ni ciza daaa

✍️Man Utd itakaje amanota 2 ,ndetse ihomba na Casemiro atazoboneka murukino ruzobahuza na Arsenal mumpera ziyi ndwi...

✍️Palace ya Vierra nayo ngira yari Arsenal ya 2 ntawubizi....

Ubwo Man United ntikoze ikosa???

✍️

📻 Sport newsIndwi ya 20 y'ihiganwa rikuru ry'igihugu ca TANZANIA 🇹🇿FT:SIMBA SC 3-2 MBEYA CITY⚽⚽ Saido NTIBAZONKIZA🇧🇮 11'...
18/01/2023

📻 Sport news

Indwi ya 20 y'ihiganwa rikuru ry'igihugu ca TANZANIA 🇹🇿

FT:SIMBA SC 3-2 MBEYA CITY

⚽⚽ Saido NTIBAZONKIZA🇧🇮 11',49'

Kugeza Aka kanya afise ibitsindo 9 mw'ihiganwa harimwo 5 atsinze mu nkino zibiri za mbere mu mugwi wa Simba SC Tanzania

Akajambo kamwe Kuri

Mwakiriye gute ivyuyu musore wacu???

      🔥🔥🔥Ubutigu burageze ngo tumenye uwugiye gutahukana yama miliyoni y'amafaranga muri   hagati y'imirwi y'abatamvyi i...
07/07/2022

🔥🔥🔥

Ubutigu burageze ngo tumenye uwugiye gutahukana yama miliyoni y'amafaranga muri hagati y'imirwi y'abatamvyi igera kuri17 yiyandikishije‼️ Ni kuw'Imana Uza igenekerezo rya 17 Mukakaro kuri muri .

Dushigikire twese hamwe abatamvyi nkuko nabo bama bafadikanya mukwama batunganya iri higanwa buri mwaka kuko n'umwuga muyindi kandi wonababeshaho!

Ni Dance for Peace Tambira amahoro Edition 2022 rigeze aho igice co gukuranamwo kigiye kurangira muri Commune Ntahangwa hakurikire Mukaza hama gisozererwe muri Commune Muha gurtyo muri Province Bujumbura kizoba kirangiye hama izindi Ntara zishikirwe kuko kugeza ubu ihiganwa rigizwe n'imirwi 143 igizwe n'abatamvyi 1300.
Tubibutse ko muriki gice, Imirwi itatu ya mbere muri buri commune izotsindira 10.000.000BIF bisigura 5.000.000BIF uwa mbere, 3.000.000BIF Uwa kabiri, 2.000.000BIF uwa gatatu hama ironke uburenganzira bwogushika mu gice canyuma aho izoca ihura yo ubwayo haboneke uwuzotsindira ihiganwa nyezina ry'uyu mwaka.
Ikindi kandi twobamenyesha n'uko gutora bikibandanya kurukuta rwa Facebook .

Ntimwibagire kuvoma application ya Bujapay mugure ibidandazwa vyose mwipfuza Kandi babibasanza Aho mwibereye.



Address

Bujumbura

Telephone

+25761669436

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Menya sport RFM posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Establishment

Send a message to Menya sport RFM:

Share