BDA News

BDA News Welcome to the Official page of BDA

25/10/2023

BIG_FIZZO akorewe SURPRISE idasanzwe I LANDRYPROMOTER na NCUTI YA BOSE Bamukoreye ibintu Atazokwibagura

24/10/2023

B Face mu Rwanda yishuranye ishavu I abajije ibihugu bigize EAC
ishavu ryinshi kubateguye Trace Festival and Awards

24/10/2023

Birashoboka ko dusubira kwumva na mu ndirimbo imwe. Ivyo vyabonetse kuri instastory ya bari kumwe muri studio aca yandikako "Twende Lala Part 2 🔥"

Bazoba bahuye ubugira kabiri inyuma yo guhurira mu ndirimbo haraheze amazi 4, iyo ndirimbo ikaba ifise ama vues arenga 1.6M ku rubuga rwa .

Birongeye gusubira....Umuhinyanyuzi Fecta  yaratangaje ko atigeze yiyandikisha muri Platform show music award , ivyo yav...
24/10/2023

Birongeye gusubira....
Umuhinyanyuzi Fecta yaratangaje ko atigeze yiyandikisha muri Platform show music award , ivyo yavyanditse kuri instagram yiwe inyuma yo kuvuga ko yagerageje kwandikira abatunganije iryo higanwa kubasaba ko bomukurako no gufuta hose bamwanditse ariko bikarangira batabikoze.

Yabandanije ashimira abamushizemwo muri ayo matsinda ariko akamenya ko atarimwo kuko atigeze yiyandikisha guhiganwa. Tuzanye ivyo yanditse avuga ati: Nashikuru Nakuni Nominate, Lakini, I Did Not Submit My Entry To Be In Them, Before Coming To Post Here, Nimejaribu Kuongea Na Wa Organizers They Seem To Be Failing To Remove All The Post That Have My Name On It, As I Feel It Is Misrepresenting Me, That Is The Reason I Came To Communicate This On This Platform. Again I Thank You For The Consideration, But I Am Not Part Of This Show. Good Luck And I Wish You A Beautiful Event To All Nomine.

Ivyo bibaye uko mu gihe iryo higanwa rigitangura higeze kuba impari nyinshi cane bivanye nuko ababiteguye bapfa gushiramwo abantu batabibamenyesheje, munyuma ifata ingingo yo kuza ishiramwo ababisavye,

Ariko ikibazo kigaruka niki:" None kuri Fecta vyagenze gute? ubwo ntibasubiye vyabindi?".

Umuririmvyikazi B Kobra  inyuma y'amezi ashika 8 asohoye indirimbo TOTO TOWN arikumwe na .l.g_olegue yasubiye kugaruka k...
24/10/2023

Umuririmvyikazi B Kobra inyuma y'amezi ashika 8 asohoye indirimbo TOTO TOWN arikumwe na .l.g_olegue yasubiye kugaruka ku wundi mu vuduko na EP yise .

Uwo muririmvyikazi amenyekanye cane ku ndirimbo I LIKE arikumwe na yashize ku rubuga rwiwe rwa indirimbo zishika uri 6, muri izo ndirimbo hakaba humvikanyewo ubaririmvyi nka , hamwe n'umuhinyayuzi .breezy_one_way.

Tubibutse ko ari mu baririmvyikazi bake bo ngaha iwacu mu burundi bakora umudiho wa Hip hop
Queen of Vibes: link https://youtube.com/playlist?list=PL88S0ZHnlqm7BlOVYc0lkvEteb9wq1Ezw&si=4DisbBSqNEl7eJ-k

24/10/2023

na mu mu muvuduko wa mu gitera ca mbere ku mugabane wa burayi

 kuva muri the Fighters Production ihagarikiwe na  ari mu muvuduko wo gushira ahabona Album yiwe   inyuma ya    ni album...
24/10/2023

kuva muri the Fighters Production ihagarikiwe na ari mu muvuduko wo gushira ahabona Album yiwe inyuma ya

ni album izosohoka mu kwezi kwa mbere mu mwaka 2024 nkuko vyavuzwe na Vichou Love abicishije kuri instagram yiwe.
"Hello Bantu banje...nguru rwa rutonde rugize   Album...as you can see it'll be available on January 2024...ndabijeje kandi nkomeje ko izonezereza benshi kuko harimo imidiho itandukanye...muzosangamo kandi The New Generation as well as Old one....get ready on this one!"

Muri iyo album hazuvyikanamwo .orongoro .designer

Tubibutse kandi ko iyo album yaciye mu maboko ya'abahinyanyuzi nka basazwe bamaze gukora ibikorwa bitari bike na

Abarundi 4 aribo      na  nibo bashizwe guhiganirwa mw'itsinda ry'Umuririmvyi w'Umurundi yakoze neza Iryo higanwa Isango...
24/10/2023

Abarundi 4 aribo na nibo bashizwe guhiganirwa mw'itsinda ry'Umuririmvyi w'Umurundi yakoze neza

Iryo higanwa Isango na Muzika Awards .official1 ritegurwa na Isango Star Fm ryashize urwo rutondo ku mugaragaro inyuma y'irangira rya Trace Festival and Awards vyabereye murico gihugu, aho ata murundi numwe nabonetsemwo yaba kubaririmvye canke abahiganwa

Le club du Paris Saint-Germain  a perdu plus de 15 millions de followers sur les réseaux sociaux après le départ de Mess...
20/10/2023

Le club du Paris Saint-Germain a perdu plus de 15 millions de followers sur les réseaux sociaux après le départ de Messi et Neymar du club.

Uwurongoye Fifa( ) kw'isi Gianni Infantino yamaze gushika mu gihugu kibanyi ca   aho aje mu birori vyo gutanguza icese i...
20/10/2023

Uwurongoye Fifa( ) kw'isi Gianni Infantino yamaze gushika mu gihugu kibanyi ca aho aje mu birori vyo gutanguza icese ihiganwa rya African Football League biza gutangura uno musi n'urukino hagati ya Simba Sc na Al Ahly

Siwe gusa ari ngaho kuko na Arsène Wenger yahoze amenyereza umurwi wa Arsenal wo mu bwongereza ubu akaba ajejwe iterambere ry'umupira w'amaguru muri FIFA

Muri urwo rukino tubibutse ko umurundi Saido akinira ashobora gutangura mu kibuga.

FB Barcelone bashize ahabona umwambaro bazokoresha muri Clasico iriko logo y'umugwi uririmba umudiho wa Rock wo mu bwong...
19/10/2023

FB Barcelone bashize ahabona umwambaro bazokoresha muri Clasico iriko logo y'umugwi uririmba umudiho wa Rock wo mu bwongereza mu rukino ruzobahuza na Real Madrid kw'igenekerezo rya 28 Gitugutu isubirira isanzwe ariyo ajako ku myimbaro yabo.

Ni mu ntumbero yo gushira ahabona album yabo ya mbere yitwa , haheze imyaka 18 hasohotse > kandi ikaba ari album yambere kuva aho uwo mugwi ubuze umuvuzi w'ingoma wabo Charlie Watts muri Nyandagaro 2021.
Logo ya > ya Stones niyi izoboneka k'umwambaro wa Barcelone y'abahungu muri clasico no k'uruhande rw'abakobwa muri LIGA F ikina na Séville.

Kuva aho giriye amasezerano na Spotify, baramaze gukorana n'abaririmvyi batari bake harimwo ROSALIA, DRAKE, DADDY YANKEE na PUSHA T.

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BDA News posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Establishment

Send a message to BDA News:

Share