PJ classic FM 97.3 MHz

PJ classic FM 97.3 MHz Sound of happiness

🚨 Abakinyi, umumenyereza n'umu directeur sportif ba   batanze ubutumwa kuri   imbere yo kuwugendera!Karim Adeyemi: « Bar...
06/04/2025

🚨 Abakinyi, umumenyereza n'umu directeur sportif ba batanze ubutumwa kuri imbere yo kuwugendera!

Karim Adeyemi: « Barça ? Turabona ko hariya tuzohakura ibiharuro (résultats) vyiza. »

Niko Kovač umumenyereza : « Turi mumurongo mwiza, kandi dukeneye kuguma twiteguye. Nizera ko abakinyi bazotanga vyose bashoboye. »

Gregor Kobel: « N'amahigwe meza cane. Tuzokina atagitutu hanyuma dutange vyose dushoboye mukibuga.

Pascal Grob: « Ntakintu kirenze ama imihuro nk'iyi. Ruzoba ari urukino rugoye, ariko izi nkino ni izo gutsinda. »

Sebastian umuyobozi wa siporo: « Twotinyuka kuvuga ko dufise ubushobozi bwo kubatera ibibazo. Tuzorwanira résultat nziza kugira ngo urukino rwo gusubiriza ruzobe rworoshe. »

Aya n'amwe aba bari mumuryango wa BVB bashikirije imbere yo kuja guhura na Barça muri Champions League.

Iyi Dortmund hari icizere co gukuramwo FC Barcelona muri Champions League uyiha ?

New art
12/01/2025

New art

12/01/2025
New arts burundi
11/01/2025

New arts burundi

Uyu musore vyukuri biraboneka ko urugero gwiwe gwaduze vyibonekeza none Real Madrid twitege ko yomwongeza amasezerano???
14/04/2024

Uyu musore vyukuri biraboneka ko urugero gwiwe gwaduze vyibonekeza none Real Madrid twitege ko yomwongeza amasezerano???

Babasore impamvu ari umuriro💥💥💥💥Barazinanye bwabundi bafise umuvyeyi umwe ibi rero biriko vyerekana ubushobozi bwa Manch...
14/04/2024

Babasore impamvu ari umuriro💥💥💥💥
Barazinanye bwabundi bafise umuvyeyi umwe ibi rero biriko vyerekana ubushobozi bwa Manchester city💥💥💥

30/03/2024

Ngo agiye kwongera gukinana na Messi none tugiye kubona Barcelone ya kera?

Address

Gihosha
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when PJ classic FM 97.3 MHz posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share