Buja Team 257

Buja Team 257 NEWS - LIFESTYLE UPDATE - DAILY ENT...
(5)

28/05/2026

Intahe ABIWACU BABISHE MBONA y'Ubahwe yagarukanye Amahoro ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ

๐Ÿšจ๐ŸŽฏ   ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‘ฎโ€โ™‚๏ธ : Iyi nkuru mwoba mwayimenye???.๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚None hamwe vyoba arivyo vyoca bigenda gt???Hariho abariko basaba ko yopfun...
23/05/2026

๐Ÿšจ๐ŸŽฏ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‘ฎโ€โ™‚๏ธ : Iyi nkuru mwoba mwayimenye???.๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

None hamwe vyoba arivyo vyoca bigenda gt???
Hariho abariko basaba ko yopfungwa abandi ngo nibamureke avuga ukuri.

kubwawe Djcia ubona akwiye gupfungwa canke bamubabarire???
โ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ข
โš ๏ธ ๐Ÿญ๐Ÿด+ gusa
Urashaka kugerageza 1XBET? ugurura wuzuze code promo BUJA22 ushobora kuronka Bonus kugera kuri 200%, ukeneye ubufasha bwo kwugurura bandikire +257 61240530

Raba iyo ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
https://www.facebook.com/share/v/18nWbesSjR/

โ—Ibi bigenewe gusa abantu bujuje
Imyaka (๐Ÿญ๐Ÿด+) canke kuduga.๐Ÿ”ž

๐Ÿšจ๐ŸŽฏ   ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ช๐Ÿ›ฌ : ๐—œ๐—บ๐—ฏ๐—ฒ๐—ฟ๐—ฒ ๐˜†๐˜‚๐—ธ๐—ผ ๐˜‚๐—ท๐—ฎ ๐—ถ ๐——๐˜‚๐—ฏ๐—ฎรฏ ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ช ๐—ฟ๐—ฒ๐—ธ๐—ฎ ๐—ป๐—ฑ๐—ฎ๐—ธ๐˜„๐—ฒ๐—ฟ๐—ฒ๐—ธ๐—ฒ ๐—ฎ๐—บ๐—ฎ๐—ต๐—ฒ๐—ฟ๐—ฎ ๐˜‚๐˜‡๐—ผ๐˜๐—ฎ๐—ต๐—ฎ๐—ป๐—ฎ ๐Ÿ˜ณโœˆ๏ธ. Bazoguha visa yugukora yimyaka2Uzokorera 30...
18/05/2026

๐Ÿšจ๐ŸŽฏ ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ช๐Ÿ›ฌ : ๐—œ๐—บ๐—ฏ๐—ฒ๐—ฟ๐—ฒ ๐˜†๐˜‚๐—ธ๐—ผ ๐˜‚๐—ท๐—ฎ ๐—ถ ๐——๐˜‚๐—ฏ๐—ฎรฏ ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ช ๐—ฟ๐—ฒ๐—ธ๐—ฎ ๐—ป๐—ฑ๐—ฎ๐—ธ๐˜„๐—ฒ๐—ฟ๐—ฒ๐—ธ๐—ฒ ๐—ฎ๐—บ๐—ฎ๐—ต๐—ฒ๐—ฟ๐—ฎ ๐˜‚๐˜‡๐—ผ๐˜๐—ฎ๐—ต๐—ฎ๐—ป๐—ฎ ๐Ÿ˜ณโœˆ๏ธ.

Bazoguha visa yugukora yimyaka2
Uzokorera 300$ kukwezi (aho uzoba utasivye narimwe gukora๐Ÿงโ€โ™‚๏ธ ,
๐Ÿ‘‰tumanze tuyashire mumarundi 300 X 5800= 1.740.000Fbu

Uzofungura 500.000fbu kukwezi nahone uzoba winize wariye make๐Ÿฅน , fata rero 1.740.000fbu ukuremwo

1.740.000-500.000= 1.240.000

Uzokora imyaka 2 ni ukuvuga amezi 24 โœ…

Umushahara ni 1.240.000 X 24 = 29.760.000 Fbu

Kuramwo ayo watanze kugira ujeyo ( hari abatanga 6.500.000 abandi 80.000.000 anandi 9.000.000 hari nabariha 12.000.000 ) ariko reka dufatire kuri 9.000.000 Ayo jewe natanze

29.760.000-9.000.00 = 20.760.000fbu

โœˆ๏ธKuramwo itike uzozako ugarutse 3.500.000f

20.760.000-3.500.000= 17.260.000fbu

17.260.000fbu๐Ÿ’ธ niyomahera uzotahana nahone ni mugihe atakibazo wagize, ntiwagwaye, ntiwacoreye umuntu, ntampuzu waguze, ntiwarungikiye amahera abiwanyu๐Ÿ˜ข, wakoze imisi yose igize imyaka 2 ntamunsi waruhutse , ntamuntu numwe yaje kugutegera utashe kuko ivyo vyose bibaye izo 7.000.000 ziremgako zohagirira ibibazo hagasigara nka 12.000.000 ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ’”๐Ÿ™†

Noe vrt 12.000.000fbu muburundi ๐Ÿคฃ๐Ÿ˜ข wakoresheje 8.000.000fbu mumyaka2 yose

Ikindi uvuyeyo ugeze muburundi๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ utangura kwiyestara bushasha mubuzima , wiga ikarere bushasha, haraho usanga abajeune wasize barayaronse canke barayabuze burundu

NB: 300$ aho ubawashikiye muri company nziza ihemba neza,
Kandi ntamuntu numwe yokora imyaka 2adasiba kukazi ivyo dubai๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ช ntibibahoโŒ
ayo 300$ yokukwezi reo kuyafata akwiye ntivyoroshe nagato

๐Ÿ‘‰ wibuke simisi yose uronka uwu mushahara Hari company nyinshi ziherana nturonke nacumi๐Ÿ˜ข

Duhurire commentaire ๐Ÿ’ฌ ibibona gute?
Uzojabuka canke uzopambanire kwa Neva๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿค?
โ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ข
โš ๏ธ ๐Ÿญ๐Ÿด+ gusa
Urashaka kugerageza 1XBET? ugurura wuzuze code promo BUJA22 ushobora kuronka Bonus kugera kuri 200%, ukeneye ubufasha bwo kwugurura bandikire +257 61240530

Raba iyo ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
https://www.facebook.com/share/v/18nWbesSjR/

โ—Ibi bigenewe gusa abantu bujuje
Imyaka (๐Ÿญ๐Ÿด+) canke kuduga.๐Ÿ”ž

18/05/2026

Dutembere igihugu ciza c'Uburundi nawa Mwigeme yabura na Ramphosa Prezida wa Afrika y'Epfo ๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ™๐Ÿฟ

18/05/2026

Visit Bujumbura BURUNDI ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ

18/05/2026

Akajambo kamwe?? kw'uwu musore agiye kugeragereza mu gisagara ca Dubaรฏ ๐Ÿ—ฃ๏ธ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ช

18/05/2026

Uwu Murundi bica biboneka y'uko ataratembera igihugu cose c'Uburundi aca yibaza ko i Gitega atari heza!! Ntamakuru afise ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ˜‚

Address

Burundi Bujumbura
Bujumbura
38229

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Buja Team 257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share