Buja in Game Entertainment

Buja in Game Entertainment Kipindi cha burudani kinacho pita kila jumaine na alhamiss kuanzia mdaa wa 17:45, ku radio Colombe fm, kinaletwa na Judie-Caelle

26/02/2021

Hey People, uko kwenu kuna jipya gani?

30/11/2018

Cheko challenge

10/11/2018

Youtube tayali nyimbo hii imesha drop pale usikose kujipa full raha na somo la kumusifu demu El Coyote

Inyuma yo kuvuga ko adashobora gukorera muri   LOLILO yabonetse aho uravye neza kw'iyo foto ko hari ico bariko barungura...
10/11/2018

Inyuma yo kuvuga ko adashobora gukorera muri LOLILO yabonetse aho uravye neza kw'iyo foto ko hari ico bariko barunguranya. Ubu ikibazo ni kimwe mbega hoba hagira hasohoke indirimbo ya barikumwe?

Like this page kugira udatangwa kumenya vyinshi kubwa game y'indundi music.

  new video burundi aiachia hii hapa k**a hujaisikiliza unajinyima raha mwenyewe jirushe kupitia link 👇👇👇👇👇
17/10/2018

new video

burundi aiachia hii hapa k**a hujaisikiliza unajinyima raha mwenyewe jirushe kupitia link 👇👇👇👇👇

Iyi niyo ndirimbo yabaye indirimbo y'indwi mu kiganiro   mwama mukurikirana imisi ya (kabiri, gatatu na gatanu kuva 18:3...
02/09/2018

Iyi niyo ndirimbo yabaye indirimbo y'indwi mu kiganiro mwama mukurikirana imisi ya (kabiri, gatatu na gatanu kuva 18:30) kuri Radio Colombe FM 93.2MHz.

Iwawe by Don Akes ft Vichou yumvirize kuri YouTube Chanel ya Akes don.

Bandanya mukurikirana ikiganiro Buja in game tubandanye duteza imbere umuziki ndundi.

Ukugabisha uyo ariko arashaka kumwambika ibara ngo bari murukundo nivyo vyigaragaza mumajambo Blinajanet Queens yashoboy...
14/08/2018

Ukugabisha uyo ariko arashaka kumwambika ibara ngo bari murukundo nivyo vyigaragaza mumajambo Blinajanet Queens yashoboye gushira kuri facebook yiwe, womenya ko hari hageze igihe havurwa ko batandukanye n'umugabo wiwe aho bari bamaze kuvyarana abana 2.

14/08/2018

Mudaa si murefu tunakianzisha kire kibabe cha show only on 18:30 tutauwasha nani asikosekane basi?

10/08/2018

Mbega indirimbo ntizoja muri top 5 y'izindi muri ariko uzokwumva ngo zose ni amacopie aba bantu mumenye ko niwacu bahari

10/08/2018

Hello we need think to 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Buja in Game Entertainment posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share