Mr Swagb

Mr Swagb Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Mr Swagb, Ladon, Kigali.
(2)

Thank you for visiting my page
CEO 🧑‍💼:Baho Safe Ltd
MSMS: Manager of Social Media Strategy tha classic
Mukuru wabo Mr Ego 🦆
Mr 5 sec
More information +250791587633

17/08/2026

INDIRIMBO IRI MURURIMI RW ICONGEREZA NIYO IHEJEJE KUGARAGARA KUMBUGA Z UMURIRIMVYI MADIBA THA CLASSIC

Inyuma y umwanya atari muto ari muri promotion ya indirimbo igisibije mu gihugu nohanze y igihugu hahejeje kugaragara post itangaje abantu ndetse ifise na caption tutamenyereye kuri Madiba Tha Classic ivuga ati:
“IVYARI INYUGU KERA VYACITSE UBUHOMBE”

Ibibazo abafana b umuziki bakomeje kwibaza mbe yoba ari indirimbo nshasha agiye kuduha canke n ibiki vyingeje inyuma yiyi post???

Hamwe yoba ari indirimbo wewe umukunzi w umuziki wiwe woyakira gute?????

15/08/2026

Sat-B aduhaye agapande ki ndirimbo shasha agire ashire hanze muyumva gute ?

Twese hamwe twipfurize isabukuru nziza umwanditsi w indirimbo nyinshi kandi nziza gusa akaba n umuhitinzi w indirimbo vy...
15/08/2026

Twese hamwe twipfurize isabukuru nziza umwanditsi w indirimbo nyinshi kandi nziza gusa akaba n umuhitinzi w indirimbo vyanse ko iva mubantu izwi nka uyo nawe si uwundi ni Madiba Tha Classic

À vous le clavier ✍🏾

Oya nawe  le comedien icombonaco mwaratu maramaje😭😭
13/08/2026

Oya nawe le comedien icombonaco mwaratu maramaje😭😭

13/08/2026

Edisson Ndayahoze mbonye Starboy The Sheep yatevye kukwishura reka ndakwishure uyu muntu yariyambaye uku niwa mu LEGEND wacu Lolilo Simba 😂😂😂 nivyemezako ariwe ngivyo jewe naguze nipfungwa batuzaniye😂😂😂

Nizereko ibi biganiro barimo biza kuvamo ikintu kizima hagati ya Sat-B B-face On The'flo🔥🔥🔥
12/08/2026

Nizereko ibi biganiro barimo biza kuvamo ikintu kizima hagati ya Sat-B B-face On The'flo🔥🔥🔥

Sat-B avuze ati Uyu Mumutunge Mugumye.Talent N'icizere C'ejo heza ari navyo uyo nawundi ni LinoG Umvukuri na wowe niko u...
12/08/2026

Sat-B avuze ati Uyu Mumutunge Mugumye.
Talent N'icizere C'ejo heza ari navyo uyo nawundi ni LinoG Umvukuri na wowe niko uvyumva tubwire mri comment

11/08/2026

U’muririmvyi Umvukuri yashize hanze indirimbo nshasha yise aho yakoranye na . 🎧🔥

Wowe umaze kuyumva, wayibonye gute? Yakwemeje nk’uko LinoG Umvukuri asanzwe abikora, canke hari aho ubona yari gukora neza kurushaho? 👀🔥

🔗 Link iri muri Commentaires 👇👇
Tubarire uko wayumvise n’igitekerezo cawe! 👐🫶

11/08/2026

LinoG Umvukuri - SABANTU feat. DJ.KAT LOUSTAYARI u’munyakayanza adutayemo 🔥🔥 muyunva gute

Ndibaza mwarimukumbuye indirimbo ya LinoG Umvukuri ari wenyene iyi ninyina abantu bayikoze   🔥🔥😂😂 iyi  muzoba mubwira
10/08/2026

Ndibaza mwarimukumbuye indirimbo ya LinoG Umvukuri ari wenyene iyi ninyina abantu bayikoze 🔥🔥😂😂 iyi muzoba mubwira

Address

Ladon
Kigali

Telephone

+250791587633

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mr Swagb posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Establishment

Send a message to Mr Swagb:

Shortcuts

Share