15/06/2026
🔥 Ivya Moza na El Key bira menyekanatu😅
Kuko aho bukera ibintu bishobora gufata iyindi ntera! Amakuru ariko arazunguruka kuri aba bagabo babiri amaze gutuma benshi bacanacanako ku mbuga ngurukanabumenyi, ariko twebwe dutegereje kumenya ukuri kwose imbere yo kugira ico tuvuga.
👀 Nimwitegure! Kuko mu masaha ari imbere dushobora kubashikiriza amakuru yose, ata na kimwe gisigaye inyuma. Niba hari ico mwumvise canke mubizi, mudusigire iciyumviro canyu.
😳 Mbega mwebwe mubona hagati ya Moza na El Key hoba hari uwuri mu kuri canke twitegerezwa kurindira ivyemezo vyose?
🚨🔥