Burundi On The Top

Burundi On The Top Mziki wa Burundi on The Map

Ushobora kuryoherwa cane kubera uzoba utanguye Umwaka mushasha muburyohe aho gahunda sinziko wamaz kuyibona ni mu kanyos...
13/12/2024

Ushobora kuryoherwa cane kubera uzoba utanguye Umwaka mushasha muburyohe aho gahunda sinziko wamaz kuyibona ni mu kanyosha kwishure Kanyosha 2 (kuri brigade) aho Sat-B azoduha umunezero muri concert yise kwinjira ni 10k hamwe na 30k.

Get Ready And Take Position   by Godas Muhoza x Ellys Boy๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ Ngo vuba ararekura ko yerekanye uwo bakoranye
05/05/2024

Get Ready And Take Position
by Godas Muhoza x Ellys Boy
๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ’ฅ Ngo vuba ararekura ko yerekanye uwo bakoranye

Akanyamuneza ngo yatashe kamusya inyuma y'ikiyago nuyu muntu atarerekana mumaso ko binaboneka ko ariho iyi ndirimbo yiwe...
28/04/2024

Akanyamuneza ngo yatashe kamusya inyuma y'ikiyago nuyu muntu atarerekana mumaso ko binaboneka ko ariho iyi ndirimbo yiwe nshasha igiye kuza yiswe iva kuruyu musore
Godas Muhoza nuko agarukanye na title yiwe yakabiri mu inyuma ya mwakunze cane
Twitege ibidasanzwe


Mukurindira ikigiye kuza mwoca kuriyi aheruka gushira hanze yise iri muri commentaire

Ni Muhoza yasubiriye hamwe na Chris MB mu gikorwa ciza cane c'Ubugeni bise   bisigura   Mbega wewe mufana wacu wacakiriy...
03/07/2023

Ni Muhoza yasubiriye hamwe na Chris MB mu gikorwa ciza cane c'Ubugeni bise bisigura
Mbega wewe mufana wacu wacakiriye gute?? Ukaba utarakiraba ehe ca hano wihere ijisho n'ugutwi ubashe gushimisha umushaha
Link Below ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ
https://youtu.be/MnSJMWWLFbo

Bikaba vyamenyekanye ko umuririmvyi mwiza azwi kw'izina rya Ado Josan yaraye ataye intambwe yo gutera ivi kuwo bagiye gu...
16/06/2023

Bikaba vyamenyekanye ko umuririmvyi mwiza azwi kw'izina rya Ado Josan yaraye ataye intambwe yo gutera ivi kuwo bagiye gufatana urugendo rw'ubuzima.
Tukaba tumukeje ku ntambwe yaraye ateye tunamwipfuriza kuroranirwa mubisigaye

Nta gihe kinini kihaciye ash*tse mu Burundi aje gukora akazi kiwe kandi benshi muri mwebwe mwamenye. Ni umukobwa atanduk...
15/06/2023

Nta gihe kinini kihaciye ash*tse mu Burundi aje gukora akazi kiwe kandi benshi muri mwebwe mwamenye. Ni umukobwa atandukanye n'abandi kuko wewe ntiyakuriye mu Burundi turetse no kuhakurira gusa ntiyanahavukiye. Ni Godas Muhoza agerageza akaririmba ikirundi kandi neza kandi bigakundwa uno musi rero twamubazaniye hano kugira tumushigikire tunamutere intege.
Mbe weewe umizi kuyahe ??
Amakuru dufise nuko vuba atanga ikindi gikorwa aha tukaba tubasaba guca hano mukagira

Link : https://youtu.be/qCTbXGFSOgw

07/05/2023

Kuva muri Weezynation ngo vuba cane iyi ni indirimbo bagiye kuduha ikaba yiswe ya Mt number one akaba atakindi abatumirira atari kugira subscribe kugira ntimuze mutangwe no kwiryohereza amaso n'umutima ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ

Link:https://youtu.be/ftYz-SUOhSM

Inyuma y'igihe gito atanze style ya rhumba aje n'ikindi gikorwa aho avuga ko ari vuba cane.Ni Mt number one  kuva muri W...
04/05/2023

Inyuma y'igihe gito atanze style ya rhumba aje n'ikindi gikorwa aho avuga ko ari vuba cane.
Ni Mt number one kuva muri Weezynation biboneka neza ko agiye kuruhura imitima nkuko aguma abivuga kandi mukaba mubimumenyereyeko ko akora uturirimbo twisa kandi turyohera benshi.
Mwiteguriye gute umuzo w'iyi ndirimbo??
Amakuru dufise nuko yakozwe na Pro audio hama video murabonako ari John Elarts
Link : https://youtu.be/ftYz-SUOhSM

Uyu mukobwa niwe amaze imisi avugisha abantu kubera ijwi afise, ivyo navyo bikaba vyagaragaye inyuma y'isohoka ry'indiri...
08/01/2023

Uyu mukobwa niwe amaze imisi avugisha abantu kubera ijwi afise, ivyo navyo bikaba vyagaragaye inyuma y'isohoka ry'indirimbo yiwe ya mbere ari mu gihugu ciwe c'amavuko yise aho biboneka ko abasani bakomeye bagize ama commentaire aho twovuga nka Mo'W Kanzie Mkombozi Lucifer Arnovic Belle 9ice Monia Fleur Inรจs Raguรซl Chris MB eka n'abandi benshi biboneka ko batangariye impano nshasha baraza gushigikira kandi inyuma yaho yahavuye ahura na Esther Nish Official aho yanamutumiye aho asanzwe akorera akamwereka abantu kubera impano yamubonyemwo aho twovuga n'ihura ryiwe na Big Fizzo akamusaba impanuro bitayeko akanamujana mu kiganiro akanamushigikira biciye kuri status ya Whatsapp yiwe.
Uwo mukobwa nawe si uwundi ni Godas Muhoza kandi anasezeranira abarundi ko agiye kubaha ibindi bikorwa bazoshima kuko bamweretse uburyo bamushigikiye akaba anabashimira.
Dukeze team iri hafi yiwe aho twovuga Ncuti Yabose Thierry Thithi Rwagasore Ngendakumana Barigabo Mbasha Davy-Armel Iriho na Aisuperlove Aisha mukaba mubazi ahatandukanye nko kwa Mt number one ubona ko nawe yagumye amushigikira. Raba indirimbo yiwe uje you tube wandike by Muhoza
Link: ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ
https://youtu.be/6JgGssbWIao

Godas Muhoza is Back With a New Song after 7 month of her lastest release โ€œHujaliโ€ ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅSubscribe her youtube account ...
22/12/2022

Godas Muhoza is Back With a New Song after 7 month of her lastest release โ€œHujaliโ€ ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

Subscribe her youtube account
๐Ÿ‘‰๐Ÿผ๐Ÿ‘‰๐Ÿผ๐Ÿ‘‰๐Ÿผ๐Ÿ‘‰๐Ÿผ

Official Music Video Hujali-Godas Muhoza is a Swahili Word which means "You don't Care" in English. it's an East African Song. ...

Introducing A new generation of art in the music industry, our Afro-Swedish rapper from Burundi,Bujumbura/kanyoshaโœจThe f...
20/10/2022

Introducing
A new generation of art in the music industry, our Afro-Swedish rapper from Burundi,Bujumbura/kanyosha
โœจ
The first of many songs to come!
The future is bright! โœจ

Official visualiser out now on YouTube!
Click on the link below and enjoy the song!
https://youtu.be/AfEijAvZjJY
Donโ€™t forget to like, share and subscribeโœจ
Audio out available all music platforms !

MUGABO MGB

Contact info:
[email protected]
Instagram: mugabo.mgb

Twagiye dushigikire tutera iteka igihugu Tora Sat-B muri iri higanwa rya   akaba yashizwe mubaririmvyi bari mu karere ka...
24/09/2022

Twagiye dushigikire tutera iteka igihugu
Tora Sat-B muri iri higanwa rya akaba yashizwe mubaririmvyi bari mu karere ka Afrika y'ubuseruko

Link : https://afrimma.com/afrimma-vote-2022/

Address

Bujumbura/
Bujumbura
+257

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Burundi On The Top posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category