Eba Clown

Eba Clown Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Eba Clown, Performance Art Theatre, Bujumbura.

AMAHORO NCUTI ZANJE 🙌  MUBISHATSE TURAKWIZA 3K FOLLOWERS ✅️
21/08/2026

AMAHORO NCUTI ZANJE 🙌
MUBISHATSE TURAKWIZA 3K FOLLOWERS ✅️

21/08/2026

ni kwihangana gusa

siga unkoreye follow nyimba utavyegereje umutima �




21/08/2026

hahiye ���

Nyimba mutavyegereje umutima munkorere follow ��

siga unkoreye follow nyimba utavyegereje umutima �




21/08/2026

Utu nitumwe dusenya tukavoma ?? tukaraba ibitaha ��

siga unkoreye follow nyimba utavyegereje umutima �




Lamine Yamal  yanyiganye creation yanje ariko mwaciye muvuga ko nakoresheje AI kandi ka   kakubise copier photo yanje bi...
14/08/2026

Lamine Yamal yanyiganye creation yanje ariko mwaciye muvuga ko nakoresheje AI kandi ka kakubise copier photo yanje bisigure ko lamin yamal jewe aranzi aramfana mumajambo make

😳 Ibimenyetso 10 vyerekana ko umugabo ashobora kuba aganzwa n'umugore.Umugore ni we afata ingingo nyinshi ata nama n'umu...
26/07/2026

😳 Ibimenyetso 10 vyerekana ko umugabo ashobora kuba aganzwa n'umugore.

Umugore ni we afata ingingo nyinshi ata nama n'umugabo.

Umugabo ahora yemera ivyo umugore avuze n'iyo atavyemera.

Umugore ni we acungera amafaranga yose kandi ni we afata ingingo ku kuyakoresha.

Umugore ahora asuzugura canke asebya umugabo imbere y'abandi.

Umugabo atinya kuvuga iciyumviro ciwe kubera gutinya umugore.

Umugore ni we agena incuti canke abo umugabo yobonana na bo.

Umugore ni we afata ingingo zose zijanye n'abana n'urugo ata nama n'umugabo.

Umugabo ahora asaba uruhusha ku kintu cose, mbere no ku bintu bisanzwe.

Iyo habaye ukudahuza, ijambo rya nyuma riba iry'umugore hafi ya hose.

Umugore ntaha agaciro ivyiyumviro vy'umugabo kandi akama amutegeka.

ntiwibagire gukora follow (suivi) kuri iyi page yanje

🔴 Hariko havugwa cane ko ashobora kuva muri Atlético Madrid muri iyi mercato, kuko amakipe menshi aramwipfuza. 🔵 FC Barc...
25/07/2026

🔴 Hariko havugwa cane ko ashobora kuva muri Atlético Madrid muri iyi mercato, kuko amakipe menshi aramwipfuza.

🔵 FC Barcelona iracarondera kumugura, kandi amakuru menshi avuga ko ari yo yoba ari yo yipfuza kurusha ayandi makipe.
🔴 Arsenal na yo iramwipfuza kandi ngo yamaze gutangura ibiganiro na Atlético Madrid.
Barca Blaugranes +1
🛑 Ariko ubuyobozi bwa Atlético Madrid bwavuze ko budashaka kumurekura kandi bwashimangiye ko atari ku isoko ryo kugurishwa muri iki gihe.

🇫🇷 Olise aherutse gukinira Ubufaransa mu Gikombe c'Isi 2026, ariko Ubufaransa bwasezerewe na Espagne muri kimwe ca kabir...
25/07/2026

🇫🇷 Olise aherutse gukinira Ubufaransa mu Gikombe c'Isi 2026, ariko Ubufaransa bwasezerewe na Espagne muri kimwe ca kabiri c'umukino wa nyuma. �
FC Bayern
🔴 Ubu aracariko akinira Bayern Munich, kandi ni umwe mu bakinnyi ngenderwako b'iryo tsinda
⚪ Mu misi iheze harabaye ibihuha vy'uko Real Madrid yomwipfuza, ariko ubuyobozi bwa Bayern bwavuze ko ata migambi yo kumurekura kandi ko akiri mu migambi y'umugwi.

25/07/2026

Iyo copie ya Diamond Platnumz ntayo mwitayeho kandi ari ibintu vyumvikana ko yiganye




IKETE KURI NYAKUBAHWA UMUKURU W'IGIHUGU CACU CIZA C'UBURUNDI 🇧🇮 Evariste Ndayishimiye 👑Nyakubahwa   naho wosoma ariko nt...
24/07/2026

IKETE KURI NYAKUBAHWA UMUKURU W'IGIHUGU CACU CIZA C'UBURUNDI 🇧🇮 Evariste Ndayishimiye 👑

Nyakubahwa naho wosoma ariko ntiwishure iyi post yanje Ndi umurundi nagomba ndababwire ko ndabakunda 🥰❣️❣️

Imana ibandanye kubampezagirira ibampere buri kintu cose mwipfuza

Hama aka numero kanje ni 66583672 ndayikoresha nokuri lumicash

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Eba Clown posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share