MOMO 257

MOMO 257 karibu kuri page yacu Follow me on all social media to get in touch at any time�

19/07/2026

INZAMBA (7)

19/07/2026

CHRIS NDIKUMANA akoze ibitangaza kuri Ets kamenge akijije umwana yari amaze umwaka agwaye ubumuga kwirikirana amasengesho
Mama wuyumwana ariko atanga ubuhamya buhambaye mbega Chris ni yesu yamuzukiyemwo raba uyumunezero wa kristo
Mvugira Amen

15/07/2026

20 26

Msanii Ibraah_tz, al-maarufu k**a Chinga Boy, amezuka Arena Club, na mapigo ya Kinyamwezi saaana. Amezipiga kali zake zo...
04/07/2026

Msanii Ibraah_tz, al-maarufu k**a Chinga Boy, amezuka Arena Club, na mapigo ya Kinyamwezi saaana.

Amezipiga kali zake zote, mbele ya mashabiki wake wa damu

Amesema : « Burundi ni nyumbani na nafurahi kuwepo hapa

photos

OFFICIAL: LAMINE YAMAL niwe yatowe nk'umukinyi yaranze urukino rwa Espanye vs Austria Nta gitsindo canke Assist yatanze ...
02/07/2026

OFFICIAL: LAMINE YAMAL niwe yatowe nk'umukinyi yaranze urukino rwa Espanye vs Austria

Nta gitsindo canke Assist yatanze ariko yagize urukino rwiza muri rusangi

Mwibuke : Ubu bushimwe butorwa 100% n'abafana. Abafana nibo batora bonyene. FIFA siyo itora umukinyi, abafana nibo bamutora. Nawe ushaka woza uraja gutora kuri Website ya FIFA igihe cose inkino ziriko ziraba

Kuba butorwa n'abafana, bituma abakinyi bafise abafana benshi canke bazwi caane aribo babutahukana caane!!

🔥🔥🔥 Largie Ramazani, ku myaka 25, ntarakinira umugwi nserukiragihugu n'umwe w'abakuze. Ububirigi amaze gukina mu bakiri ...
21/06/2026

🔥🔥🔥 Largie Ramazani, ku myaka 25, ntarakinira umugwi nserukiragihugu n'umwe w'abakuze. Ububirigi amaze gukina mu bakiri bato.

Benshi bakaba bipfuza kumubona mu mugwi w'Intamba mu rugamba mu minsi iri imbere

19/06/2026

Ntakwihamya iyo ucaguye neza nuku bigenda basore mwitonde uwanyu Arahari

31/05/2026

2026

Youssouf Ndayishimiye na   barabikoze, bagiye kuguma mu cicaro ca mbere mu gihe benshi bari biteze ko bazokoroka uyu mwa...
30/05/2026

Youssouf Ndayishimiye na barabikoze, bagiye kuguma mu cicaro ca mbere mu gihe benshi bari biteze ko bazokoroka uyu mwaka !
Bahejeje gutsinda St Etienne mu nkino zihuza umugwi urondera kuguma mu cicaro ca mbere muri Ligue 1 (Nice) kubera barangije ari aba 16, hamwe n'umugwi wabaye muri myiza muri Ligue 2 (Ihiganwa ry'icicaro ca kabiri) aribo bariko bakinira kuduga muri Ligue 1.

Mu rukino rwa mbere bari banganije 0-0, ubu mu rukino rwo gusubiriza Nice ihejeje gutsinda 4-1 ku kibuga cabo Allianz Riviera.

Youssouf Ndayishimiye ntiyigeze akina muri izo nkino kubera ataragera gusubira neza mu kibuga inyuma y'imvune ikomeye yagize mu minsi iheze, aho uyu mwaka w'inkino urangiye akinye inkino 2 zonyene.
Benshi bari bafise ubwoba ko Youssouf Ndayishimiye ashobora gukina mu cicaro ca kabiri, muga barabikoze, bagiye kuguma mw'ihiganwa rikuru ryo mu gihugu c'Ubufaransa

Address

Bujumbura

Telephone

+25768489954

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when MOMO 257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Establishment

Send a message to MOMO 257:

Shortcuts

Share