Kdo stars

Kdo stars Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Kdo stars, Bujumbura.

21/08/2026

🛑 :ahazwi nk'inzu yidandarizo kwa ndayizamba hagurumanye

nkuko vyemezwa nabamwe mu bakorera hafi yiryo soko aho niho umuriro watanguriye ariko urabandanya gushika mu yindi nzu y'idandarizo abajejwe gukinga ibiza nisibe bahash*tse ariko ntivyahavuye vyoroha

yamara hari bamwe mu bategetsi bahash*tse nkuko tubibona ku.rubuga rwa news

musomyi ubona abazimya batumbereje ?

 :ingabire mu  murantunga kubwo kumara igihe ntariko ndabaha bishasha ariko reka mpere kuri iyi nkuru uyu muhungu ni ing...
21/08/2026

:ingabire mu

murantunga kubwo kumara igihe ntariko ndabaha bishasha ariko reka mpere kuri iyi nkuru uyu muhungu ni ingabire kabisa ivyo kugira ubimenye wobaza umuntu yasinzirije kubera ijwi nubuhinga

jewe ndaza kumwumviriza kwi radio nawe?

reka mumisi nzobaha inkuru yiwe y'urukundo ngo barigeze kumwaka 5k kugira bamuheee........

Address

Bujumbura
695

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kdo stars posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share