30/04/2024
⚽️⭕️YOUSOUF NDAYISHIMIYE biravugwa ko atacumvikana n' umumenyereza wa OGC Nice.🤩🔥
Nk'uko vyandikwa n' ikinyamakuru Nice-Matin, ngo impamvu zituma Nyange atumvikana n'umumenyereza ni izi zibiri:
Ubwa mbere ngo Nyange ntiyashimishijwen' amajambo Francesco Farioli amenyereza Nice inyuma y'aho yinjirije igitsindo ciza muri Coupe de France,
Ica kabiri ngo Nyange yaragize imvune bari mu myiteguro muri Belgique mu gihe imbere y' uko bagenda Nyange yari yasavye ko yoguma i Nice kugira ngo aruhuke na cane cane ko yarakiva mu mvune, aho hose ngo umumenyereza yaramwankiye umutegeka kujana n'abandi kugira ngo akore, ico ngo kiri mu bituma Nyange n'ubu yoba agishavuriye umumenyereza.
Francesco Farioli abajijwe kurivyo bimaze iminsi bivugwa we yishuye ati:
"Narasomye ibintu kuri Youssouf atanahamwe bihuriye n'ukuri. Tuzinanye kuva muri Turkiya, ni umwemu bakinyi dufitaniye imigenderanire myiza cane, ibitandukanye n'uburofa nashoboye gusoma."
Ukuri ni ukuhe ? Biraherera he ?
➖️➖️➖️➖️➖️➖️➖️➖️➖️➖️➖️➖️➖️➖️➖️➖️
X ,BETWINNER : Kubantu mwipfuza kugurura 1XBet, turabafasha kubuntu turondere kuri 69480851.
Koresha code Promo : PETER51 mukugurura
: Ukaba utarugurura 1XBet warasizwe n'iterambere Uriko urugurura 1XBET kuri code promo uzuzaho "PETER51" uronke bonus ya 200% wirire inoti nyishi Twandikire Whatsapp +257 69480851 tugufashe Vyose k'ubuntu guhera kuntango gushika uheze🤏♨️🔥
1xbet University