Mila Burundi

Mila Burundi Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Mila Burundi, Cultural Center, 257, Bujumbura.

Visit Burundi this place is wonderful
20/02/2024

Visit Burundi this place is wonderful

Visit Burundi ndakeje abandanya batembereza ingenzi komereza aho n,abandi baboneraho akarorero neza
18/01/2024

Visit Burundi ndakeje abandanya batembereza ingenzi komereza aho n,abandi baboneraho akarorero neza

Visit Burundi ndakeje umuyobozi jacques bigirimana ariko akora neza abagwizatunga mutengerezwa kumemenya ko turiko duhan...
05/01/2024

Visit Burundi ndakeje umuyobozi jacques bigirimana ariko akora neza abagwizatunga mutengerezwa kumemenya ko turiko duhangana n,ibihugu vyo muri EAst africa kuko bose tubasuvya ibibanza vyiratiro dukore cane 2024 Bisaba ko dukora cane

31/12/2023
Happy New year ndashimiye ukungene mwatubaye hagufi 2024 nikuja kuyindi step tugashwara kuri YouTube tugateza igisata c,...
31/12/2023

Happy New year ndashimiye ukungene mwatubaye hagufi 2024 nikuja kuyindi step tugashwara kuri YouTube tugateza igisata c,akaranga imbere imana idufashe tubigereko

Visit Burundi amashuha yo muc,ibitoke na hantu bakwiye gutunganya hakaja kurugero gwiza reka ndabahe akarore urwanda nta...
18/12/2023

Visit Burundi amashuha yo muc,ibitoke na hantu bakwiye gutunganya hakaja kurugero gwiza reka ndabahe akarore urwanda ntabibanza vyiratiro bafise vyinshi ariko binjinza amahera menshi mu ngenzi ariko uburundi bufise ibibanza vyinshi gusuvya urwanda bukabura ingenzi ababijejwe ibibanza nibikebuke batunganye ibibanza vyiratiro

Visit Burundi nama mvuga uwambaye ikirezi ntamenya ko cera nama mvuga harageze ko ibibanza vyiratiro tubimenyekanisha kw...
16/12/2023

Visit Burundi nama mvuga uwambaye ikirezi ntamenya ko cera nama mvuga harageze ko ibibanza vyiratiro tubimenyekanisha kw,isi yose

Visit Burundi ndakeje amagaba baguma babikora neza baterimbere nk,umuzinga  ariko ntibazosubire gukora ikosa bakoze ryok...
05/12/2023

Visit Burundi ndakeje amagaba baguma babikora neza baterimbere nk,umuzinga ariko ntibazosubire gukora ikosa bakoze ryokuvuza ingoma babaye costume basubiye tuzoca tubakurako amaboko

Visit Burundi aho hambere basogokuru baratera bakimbura barose umwimbu wumusesekara bagaheza bagashira mu kigega (godown...
01/12/2023

Visit Burundi aho hambere basogokuru baratera bakimbura barose umwimbu wumusesekara bagaheza bagashira mu kigega (godown) umwimbu wabo ukabikwa neza

Visit Burundi nama mvuga reta yacu nishire imitahe mungenzi kuko ntahandi tuzoterera imbere
17/11/2023

Visit Burundi nama mvuga reta yacu nishire imitahe mungenzi kuko ntahandi tuzoterera imbere

Visit Burundi ndahojeje imiryango yabuze Kw,isanganya ry,imvubu ry,abereye mu kanyosha quartier nyabugete  y,amenye ubwa...
06/11/2023

Visit Burundi ndahojeje imiryango yabuze Kw,isanganya ry,imvubu ry,
abereye mu kanyosha quartier nyabugete y,amenye ubwato harimwo abantu 6 hagapfa 4muribo babiri barasigaye umwe yarakomeretse cane ico mbona nuko reta yobuza abantu begereza inyubako impande y, ikiyaga kuko zica zibura aho zirisha

Address

257
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mila Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share