Buryohe TV

Buryohe TV Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Buryohe TV, Art, Bujumbura.

Uvuze abakobwa babastar beza uyu ntiwomusiga Fleur
26/11/2022

Uvuze abakobwa babastar beza uyu ntiwomusiga

Fleur

Bamwita Diademfavour agira ashire indirimbo nshasha kuri YouTube channel yiweHappy Sunday 🌹
20/11/2022

Bamwita Diademfavour agira ashire indirimbo nshasha kuri YouTube channel yiwe

Happy Sunday 🌹

Hello Burundi nibaza ko mwese  mubizi Uburundi bwatewe iteka Bugahamagarwa muri AFRIMMA uzoseruka akaba Ari Sat B ariko ...
30/10/2022

Hello Burundi nibaza ko mwese mubizi Uburundi bwatewe iteka Bugahamagarwa muri AFRIMMA uzoseruka akaba Ari Sat B ariko agumana amaborogo Ngo nta Visa ubwo vyukuri kurugero Sat b agezeko yobura Visa!!!! Sindavyibaza Jew kuruhande rwanje nibaza ko Sat b yatinye ibi bihangange! Wewe uvyibaza gute ga munywanyi w'umuziki NDUNDi???

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Buryohe TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category