21/04/2026
Ntukigere wibagira aho utanguriye…
Abakinyi bakomeye bose batanguye ari bato, ata bikoresho vyinshi, ariko bafise inzozi nini 💭
🏃♂️ Nimba ukunda umupira:
Kora training buri munsi
Iyizere
Ntutinye gutsindwa
✨ Umunsi umwe, nawe bashobora kukubona ku rwego rwo hejuru!
📢 COMMENT: Inzozi zawe mu mupira ni izihe?
❤️ SHARE uheze uhe abandi motivation