Ommy junior promoter

Ommy junior promoter Promoter

29/09/2023

Vuga izina ryiwe mur commentaire 👇👇

29/09/2023

Akajambo kur Kirikou A Kili 🇧🇮

29/09/2023

Uyoo musaza reo ivyiwe birayobeye mbega ko twabonye the Ben amuca amazi kimeze gut?! Canke nukwo yavuze kwa CHIT ngo ntirwitaha 😁😁 nzoba ndoraaa

29/09/2023

Waruziko manager Kent-P na Miss Burundi 2023 Bari murukundo

29/09/2023

Impamvu umusaza yavuzeko rutitaha burya uyo Muhungu ngo ni sat b arimwo tuvyemeranye twibuka ivyo the Ben yavugiye kukibuga cindege ca bujumbura at: sat b nincuti yanje tuyaga Kenshi kandi ni terented mufise mugihugu 🇧🇮ikomeye ndamwemera canee arenzako ati 😁😁😁I love you Sat-B King

19/09/2023

God bless you ✈️ 🇸🇪

19/09/2023

Nubwo tuvuga ko dukunda ivyo murwanda tuvugishe ukuri Sat-B na the Ben ninde afise voice nziza yo kuririmba? Hama vuba uze wirabire amajwi atomoye atari za nkato mwama muvuga 🇧🇮💪🇷🇼

Address

Avenue De L Université
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ommy junior promoter posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share