Club Umwibutsa Official

Club Umwibutsa Official Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Club Umwibutsa Official, Cultural Center, Bujumbura.

Noheli Nziza n'Umwaka Mushasha Muhire 2026! 🎄✨ Umurwi ndangakaranga Umwibutsa urashimiye cane abakunzi bayo mwese ku ciz...
25/12/2025

Noheli Nziza n'Umwaka Mushasha Muhire 2026! 🎄✨

Umurwi ndangakaranga Umwibutsa urashimiye cane abakunzi bayo mwese ku cizere mwatugiriye mur'uno mwaka tugira dusoze twitegurira kurushirizaho mu mwaka mushasha tugomba tuvyagiremwo!

Mukomeze muhimbarwa mubanyu no mubanyu.

🇧🇮 Umunsi mukuru mwiza w’ukwikukira, Burundi! 🇧🇮Umurwi ndangakaranga Umwibutsa uripfurije abarundi bose umunsi mukuru mw...
01/07/2025

🇧🇮 Umunsi mukuru mwiza w’ukwikukira, Burundi! 🇧🇮
Umurwi ndangakaranga Umwibutsa uripfurije abarundi bose umunsi mukuru mwiza w’ukwikukira igenekerezo rya 1 Mukakaro.

Uyu ni umunsi wo kwibuka intwari zadutoreye inzira y’ukwigenza, ariko ukwikukira si gusa kuba igihugu kitagengwa n’abandi , ni no kwimenya. Ni ukwibuka uwo turi we, aho tuva n’ico duhagarariye.
Ntitukibagire ingoma zacu zivuga, imvyino zacu zishikiriza inkuru, imigani yacu iranga ubwenge, hamwe n’umuco wacu uduhuza.
Umuco ni bwo buzima bw’igihugu.
Ukwikukira kw’ukuri ntikwuzura tudafise umuco.

Uyu munsi tuduze ibendera ryacu hejuru, ariko ntitwibagire ko dutegerezwa gushira hejuru umutima wo kuwukunda no kuzigama umuco wacu.

Club Umwibutsa  vous souhaite une joyeuse fĂŞte de l'Independance du Burundi
01/07/2024

Club Umwibutsa vous souhaite une joyeuse fĂŞte de l'Independance du Burundi

Umugwi ndangakaranga “UMWIBUTSA” ubipfurije umunsi mukuru mwiza wo kwikukira kw’igihugu cacu c’UBURUNDI🇧🇮🇧🇮🇧🇮
01/07/2022

Umugwi ndangakaranga “UMWIBUTSA” ubipfurije umunsi mukuru mwiza wo kwikukira kw’igihugu cacu c’UBURUNDI🇧🇮🇧🇮🇧🇮

Umugwi ndangakaranga « UMWIBUTSA » ubipfurije umwaka mushasha mwiza wa 2022
31/12/2021

Umugwi ndangakaranga « UMWIBUTSA » ubipfurije umwaka mushasha mwiza wa 2022



Umugwi ndangakaranga « UMWIBUTSA » ubipfurije umunsi mukuru mwiza wa « Noheri »
24/12/2021

Umugwi ndangakaranga « UMWIBUTSA » ubipfurije umunsi mukuru mwiza wa « Noheri »



Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Club Umwibutsa Official posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Establishment

Send a message to Club Umwibutsa Official:

Share