Bubanza_Supers

Bubanza_Supers Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Bubanza_Supers, Gaming Video Creator, Bubanza.

25/04/2023

Nabahe baririmvyi u*i I bubanza?

  hamwe ni   nibebi nizo ndirimbo za   zahagaritswe kuvuzwa kubutaka bw'uBurundi turabahojeje bihangane
24/04/2023

hamwe ni nibebi nizo ndirimbo za zahagaritswe kuvuzwa kubutaka bw'uBurundi turabahojeje bihangane

Mwumvise ko vyahindutse. Ubu muri   Burundi ukeneye kurungikira ama unité uwundi, fyonda *132*numero*unité # Vyabindi vy...
24/04/2023

Mwumvise ko vyahindutse.
Ubu muri Burundi ukeneye kurungikira ama unité uwundi, fyonda *132*numero*unité #
Vyabindi vya 130 vyahindutse.

Hello guys nizere komumeza so reka ,Twumviriza vyinshi can Nc inga×Dj Nc ivyobashoboye kuyaga kundundi Tv ndazi murahumv...
24/04/2023

Hello guys nizere komumeza so reka
,Twumviriza vyinshi can Nc inga×Dj Nc ivyobashoboye kuyaga kundundi Tv ndazi murahumvira vyinshi bitandukanye..🇧🇮 Link 👇👇👉https://youtu.be/zoGF-UxnqII

🚨🚨   BREAKING NEWS !❌ Conseil National de la communication ( CNC ) ihejeje guhagarika indirimbo 31 gusubira kuvuzwa  can...
24/04/2023

🚨🚨 BREAKING NEWS !

❌ Conseil National de la communication ( CNC ) ihejeje guhagarika indirimbo 31 gusubira kuvuzwa canke kwerekanwa😳 kubera ko zititura imico n'akaranga vy'Uburundi .
Izo ndirimbo zikaba ariz'abaririmvyi batandukanye harimwo Big Fizzo , Double-jay OnceAgain , D-ONE , Natacha Burundi , Alvin smith frimeur , Tomson the voice , El Pro Burundi , Lino G ....

  : 🔴🚨Ni mushasha mumu*iki murundi,yashize hanze indirimbo nshasha yiwe yambere,ni umurundikazi,yitwa  .Nkuko twari bwab...
24/04/2023

: 🔴🚨Ni mushasha mumu*iki murundi,yashize hanze indirimbo nshasha yiwe yambere,ni umurundikazi,yitwa .Nkuko twari bwabibabwiye,asanzwe ariko afashanya na Trust Media kugira ingabirano yiwe igere kure.

Mwiyimisi niho hasohoka indirimbo ya KELLYNA yambere yise ,yasohotse ari Audio + Video,muyirabe muciye ngaha👉https://youtu.be/I9374p6BD-8

Muyumva gute⁉️

🌕 Mugikoni:   mwitege igisasu kirimbu*i muntango zukwa 5. Tubibutse yuko ariko arabikora neza muntara ya Bujumbura vuba ...
24/04/2023

🌕 Mugikoni: mwitege igisasu kirimbu*i muntango zukwa 5. Tubibutse yuko ariko arabikora neza muntara ya Bujumbura vuba ngwaraza kubahereza kunturire.

mwese aho muri hose shigikira Umu*iki wanyu. Imbere yuko abahandi babashigikira.

Bubanza_update. 🌕 Bubanza biragaragara kumu*iki waho wasubiye Kuba uwakanovera nkuko vyamye. Twegeye  .C I Ngabira ati: ...
24/04/2023

Bubanza_update.

🌕 Bubanza biragaragara kumu*iki waho wasubiye Kuba uwakanovera nkuko vyamye. Twegeye .C I Ngabira ati: Bubanza mutegure amatwi yanyu ngire nsubire kubaryohera.

👉 woba Umaze kumviriza indirimbo yiwe nshasha?

Address

Bubanza

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bubanza_Supers posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share