Yanick Uttar

Yanick Uttar Je suis le produit de louange et Adoration.

Guhimbaza kwawe ntukagufate nka gahunda,bigire ubuzima🙇‍♀️🙌
03/09/2026

Guhimbaza kwawe ntukagufate nka gahunda,bigire ubuzima🙇‍♀️🙌

03/09/2026

abipfurije kugira umusi mwiza💫
Imana ibazigame muri vyose💦💦

Ni bande biteguye guhimbaza lmana mundirimbo nshasha ????Imihari yabaye myishi ngo nabanyoteje😁😁🥱🥱Andika muri commentair...
02/09/2026

Ni bande biteguye guhimbaza lmana mundirimbo nshasha ????
Imihari yabaye myishi ngo nabanyoteje😁😁🥱🥱

Andika muri commentaire ti nditeguye 💫💥

02/09/2026

Ndagusengera ngo lmana yame ikuyobora mu nziza zayo ,igihe cose ucitse intege ikiganza yaco kigushigikire.

Aho uzoja hose ,muvyo ukora vyose wirassure ko urikumwe n'lmana✍️
02/09/2026

Aho uzoja hose ,muvyo ukora vyose wirassure ko urikumwe n'lmana✍️

Uku kwezi twinjiyemwo ubone inyishu z'ivyo wasengeye vyose umwaka ugitangura mw'izina rya  💥💥
01/09/2026

Uku kwezi twinjiyemwo ubone inyishu z'ivyo wasengeye vyose umwaka ugitangura mw'izina rya 💥💥

01/09/2026

Shimwa rutare niwewe Mana imwe🙇‍♀️🙏.
Mugire umusi mwiza wuzuyemwo guhimbaza lmana aho muherereye hose💥💫💦

La seule chose dont l'eccès n'est jamais mauvais c'est la prière🙇‍♀️🙇‍♀️.Prie ,prie et prie encore🙌💥
31/08/2026

La seule chose dont l'eccès n'est jamais mauvais c'est la prière🙇‍♀️🙇‍♀️.Prie ,prie et prie encore🙌💥

31/08/2026

Ntiwiganyire canke wihebe mwene kubwo ibibazo uriko uracamwo,mwijuru hari
Izere inyishu y'ikibazo cawe irahari🙌🙏

Adresse

Bruxel
Berchem-Sainte-Agathe
10001

Téléphone

+25761134115

Site Web

Notifications

Soyez le premier à savoir et laissez-nous vous envoyer un courriel lorsque Yanick Uttar publie des nouvelles et des promotions. Votre adresse e-mail ne sera pas utilisée à d'autres fins, et vous pouvez vous désabonner à tout moment.

Contacter L'entreprise

Envoyer un message à Yanick Uttar:

Raccourcis

Partager