Muhinde Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Muhinde, Art, Manchester, IN.
(2)

Our services:
🔺we teach how AI videos made(Ingene zikorwa)
🔺 Turakora invitations, amazina y'abakundana,...
🔺 Advertising,song promotion,...(Publicité,..)

📩 Contact us at this number+257 64 51 65 29(Just send a WhatsApp message)

08/28/2026

Abariko barahomba mwihangane kabisa 🙏

08/28/2026

IMPANURO YA GUSA.............................

Hari ama videos y'ibiterasoni agize iminsi yibonekeza cane ay'ingurube.
Nukuri ndasavye nshimitse ibivyo bintu mubihagarike kandi abantu babikora n'ababa bashaka kuduza imbuga zabo vyihuse munzirambi.
Nimwabandanya mukora ivyo bintu mwibuke ko hari itegeko ribibuza.
Nimukore videos nziza zigisha muzoshika kure.
Murakoze cane
One love ❤️

08/28/2026

Mukomeze gukora follow canke like kuri page yacu ariyo yanyu 🙏

08/28/2026

Musimbireyo Kuri YouTube channel yiwe mwige Ingene zikorwa neza Kandi ntuveyo udakoze subscribe canke s'abonner 🙏

BIRIHUTIGWA CANE‼️Abantu b'i Mutumba mu ntara ya Karusi na cane cane abari I Kampala muri Ouganda mwenewanyu arasaba ubu...
08/28/2026

BIRIHUTIGWA CANE‼️
Abantu b'i Mutumba mu ntara ya Karusi na cane cane abari I Kampala muri Ouganda mwenewanyu arasaba ubufasha bwihuta kuko ngo yahuye n'abagizi ba nabi baramwambura ibintu vyose yari afise.
Yatwandikiye agira ati:
Ndi I Kampala, province ya Kiboga, hanyuma tangaza abo i Mutumba mu ntara ya Karusi bandondere kuri
+256 763 695 688
( yakoresheje WhatsApp mukuturondera)
Amazina yanje ni:
NDAYIKEJE Patrice.

Abantu b'i Mutumba mu ntara ya Karusi cane cane abari I Kampala province ya Kiboga mumufashe.

Muhinde ✍️

08/28/2026

Akabenzi 🤣🤦

08/27/2026

kobikaze 😆

08/27/2026

Mukomeze gukora follow canke like page yacu ariyo yanyu 🙏

08/27/2026

Umukene arashobora kumara umwaka wose ata muntu n'umwe amukumbuye
🤣🤣🤣

08/27/2026

wipfuza kwiga icongereza?
Kaze mw'ishure!

Address

Manchester, IN

Telephone

+260978232491

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Muhinde posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category