Agasobanuye

Agasobanuye Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Agasobanuye, Art, kasungu, Kasungu.

14/06/2026

#

14/06/2026

agasobanuye

Vyakomeye 🔥 NellyNat Burundi avuye mugacerere inyuma yo kwumva amakuru k'uwuzwi nka   yahohoteye umu Content Creator amu...
13/06/2026

Vyakomeye 🔥 NellyNat Burundi avuye mugacerere inyuma yo kwumva amakuru k'uwuzwi nka yahohoteye umu Content Creator amuziza agashimwe yategerezwa guhabwa mw'ihiganwa uwo mudandaza yari yateguye!
Inkuru zemeza ko uwo wa yanyuruje uwitwa aramukubagura yabanje kumunyururza akanamuboreza igufa.

Abatari bake kumbuga hwaniro rero bariko basaba ubutungane kurenganura uwo mwana w'igihugu kuko ngo yanamwambuye urubuga, page yari izwi nka , maze ikanafutwa.

Ubu amakuru akavuga kandi kw'uwo mwana batazi aho yinyegeje inyuma yo kubaca muryahumye ahunge ikiboko cagira kimukure mubazima.

Ibintu vyakomeye imbuga zose iyi nkuru nguma mbona ivugwa cane.

13/06/2026
15/05/2026

agasobanuye #

15/05/2026

agasobanuye

Address

Kasungu
Kasungu

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Agasobanuye posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category