Franck Tech hack

Website

Franck Tech hack Kora follow kwiyi page ya Franck Tech hack kugira uzoze urabona utwubwenge mubantu bambere

27/09/2026

𝘼𝙉𝙊𝙏𝙃𝙀𝙍 𝘽𝙄𝙂 𝘽𝙊𝙈𝘽𝙀 💣🔥
📱 Ku bafise Android na Maps, hari akantu ushobora kuba utaramenya 👀
Kuva mboneye ino video, sinongeye kuzimira na hamwe 😂🔥
👉 Raba iyi vidéo, urabe ico nashizemwo muri Maps! 🗺️📍
💣

💣 BIG BOMBE 🇧🇮🔥⚠️ Nubwo urukino rwahera nabi, ntidukwiye gucika intege!Intamba Mu Rugamba 🇧🇮 ziragaruka mu gihugu cacu, ...
26/09/2026

💣 BIG BOMBE 🇧🇮🔥
⚠️ Nubwo urukino rwahera nabi, ntidukwiye gucika intege!
Intamba Mu Rugamba 🇧🇮 ziragaruka mu gihugu cacu, kandi iki ni igihe co kubereka ko tubari inyuma. ❤️‍🔥
✈️ Abasore bacu bamaze gutangura urugendo rubakura muri TOGO 🇹🇬 rubazana i BURUNDI 🇧🇮.
🏟️ Ku musi wa kabiri, bazosubira mu kibuga aho bazohura na ALGÉRIE 🇩🇿 mu rukino rugira kabiri.
💪 Gutsindwa urukino rumwe ntibisigura ko vyose birangiye! Harasigaye inkino 5, kandi urugendo ruracabandanya.
🔥 Ni co gituma tubasaba ikintu kimwe gusa: NIMUZE TUBAKIRE! 🇧🇮❤️
👏 Kubakira ku kibuga c’indege ca Bujumbura Melchior NDADAYE bizoba ubutumwa bukomeye bwo kubereka ko igihugu kibari inyuma.
🇧🇮 INTAMBA MU RUGAMBA, TURI INYUMA YANYU! 👊🔥
💣 🇧🇮

BIG BOMBE 💣🇧🇮 SANGWA PATRICK MAYANI — umusaruro wiwe nk’umumenyereza w’INTAMBA MU RUGAMBA:🏟️ Inkino: 14✅ Intsinzi: 4🤝 Ku...
26/09/2026

BIG BOMBE 💣
🇧🇮 SANGWA PATRICK MAYANI — umusaruro wiwe nk’umumenyereza w’INTAMBA MU RUGAMBA:
🏟️ Inkino: 14
✅ Intsinzi: 4
🤝 Kunganya: 2
❌ Gutsindwa: 8
⚽ Yinjije: 13
⚽ Yinjijwe: 15
🔥 Yatsinze Seychelles 🇸🇨, Guinée-Bissau 🇬🇼 na Tchad 🇹🇩, ariko kandi yaratsinzwe na Sénégal 🇸🇳, Côte d’Ivoire 🇨🇮, Gambie 🇬🇲, Kenya 🇰🇪, Maroc 🇲🇦, Gabon 🇬🇦 na Togo 🇹🇬.
👀 None ikibazo ni kimwe gusa:
Uyu mugabo azoshobora gushikana Intamba muri CAN 2027? 🇧🇮🏆
👇 Tanga iciyumviro cawe muri commentaires.
💣 🇧🇮

26/09/2026

💣🔥 BIG BOMBE! 🔥💣
📱 Menya impamvu téléphone yawe itaramba! 😱
Menya icobitera hamwe n’**ivyo wokora kugira ubihagarike mu mwanya muto. ⚡📲
👉 Raba iyi vidéo gushika kw’iherezo kugira umenye uko wobikemura! 🔥
🎯 Kuri 888STARZ: Koresha Code Promo .

25/09/2026

💥 BIG BOMBE! 🚨🔥
Abantu mwama mwikeka aba CHRY banyu bakagenda babaca inyuma gusa, mugasanga mubuze ingene mubafata? 😱
Uno musi twabazaniye uburyo mwobigenza! 🔥📱
Burakunda kuri Android na za telefone ntoya za Itel.
👉 Dukurikirane gushika vidéo iheze kugira ubone uko bikorwa neza intambwe ku yindi. 🚀

📱 FISE IKIBAZO MURI TELEPHONE YAWE? 🤔🔥Vuga ikibazo ufise muri commentaire ushaka ko ngufasha. Nzi applications nyinshi, ...
24/09/2026

📱 FISE IKIBAZO MURI TELEPHONE YAWE? 🤔🔥
Vuga ikibazo ufise muri commentaire ushaka ko ngufasha. Nzi applications nyinshi, n’izindi mushobora kuba mutazi—ndabafasha kuzimenya no kuzikoreshwa neza. 💯📲
📌 Shira numero yawe muri commentaire, ndiko ndategura groupe tuzoshiramwo abazoba bashaka, maze tuze turaganira hamwe ku bibazo mufise muri telephone. 🗣️📱
🌅 Mwaramutse canke 🌆 mwiriwe, bivanye naho muherereye! ❤️
🙏 Tubasavye:
❤️ Like
➕ Follow
💬 Comment
🔄 Share
Kugira n’abandi babone izi nama zibafashe. 🚀

🚨🔥 MBAPPÉ ATANGA UBUTUMWA BUKOMEYE KURI RÜDIGER! ⚪️🫂🎙️ Kylian Mbappé yagarutse ku kuntu abantu bakunda gucira urubanza A...
24/09/2026

🚨🔥 MBAPPÉ ATANGA UBUTUMWA BUKOMEYE KURI RÜDIGER! ⚪️🫂
🎙️ Kylian Mbappé yagarutse ku kuntu abantu bakunda gucira urubanza Antonio Rüdiger kubera ingene yigenza mu kibuga.
⚔️ Mu mukino, Rüdiger azwi nk’umukinnyi w’intagondwa, arwana ku mupira kandi adatinya guhangana. 😤⚽️
Ariko Mbappé avuga ko Rüdiger wo mu kibuga atandukanye cane na Rüdiger wo hanze y’ikibuga. 👀✨
🗣️ “Ntukwiye gucira umuntu urubanza ukoresheje gusa ingene yigenza mu kibuga.” 🤝
😂🔥 Ku kibuga: Warrior.
❤️🤝 Mu bandi: Umuntu atandukanye.
⚪️ Rüdiger ni akarorero k’uko ibyo tubona mu minota 90 atari ko umuntu aba ameze ubuzima bwose. 💯
⚽️🔥

24/09/2026

🚀📱 IBINTU WOKORA MURI TELEPHONE YAWE IKANYARUTSA CONNEXION NK’UMURAVYO! ⚡🔥
Internet yawe iragenda buhoro? 😩📶
Raba iyi vidéo, ndakwereka utuntu tworoshye wokora muri téléphone yawe kugira connexion yawe ibe nziza kandi yihute. 🚀🔥
👉 Raba vidéo gushika kw’iherezo, ukurikize izi étapes! 📲⚡
🎯 Ushaka kwugurura compte ya 888starz?
Koresha Code Promo: 🔥
📞 Canke mutwandikire kuri: 66745846

🚨🔴 MANCHESTER UNITED YEGUKANYE IKIBANZA C’IKIBUGA GISHASHA! 🏟️🔥Manchester United yemeje ko yamaze kuronka no kugura ikib...
23/09/2026

🚨🔴 MANCHESTER UNITED YEGUKANYE IKIBANZA C’IKIBUGA GISHASHA! 🏟️🔥
Manchester United yemeje ko yamaze kuronka no kugura ikibanza kizokoreshwa mu mugambi wo kwubaka stadium nshasha ishobora kwakira abafana 100,000. 🤩🏟️
Iyi ni intambwe ikomeye cane mu mugambi w’iyi club wo kugira ikibuga c’akataraboneka. CEO wa Manchester United, Omar Berrada, yavuze ko bamaze gushika ku ntambwe ikomeye yo kuronka ikibanza kizoba mu gice c’aho stadium nshasha itegurwa kwubakwa.
🔥 Abafana 100,000 ku kibuga kimwe!
🏗️ Umugambi munini uriko urafata ishusho
🔴⚪ Manchester United iriko itegura kazoza gashasha
NI INTAMBWE Y’AMATEKA KURI MAN UNITED! 🧱🔥🏟️
👇🏾 Umuntu bakeneye kwugurura compte ya 888starz, koresha code promo canke mutwandikire kuri 66745846, tubibafashemo. 📲🔥

23/09/2026

🚨🔥 NTURAKUBONA ONLINE KURI WHATSAPP? 😱📱
Hari umuntu ushaka ko uja ONLINE kuri WhatsApp ariko abandi ntibabibone? 👀🤫
👉 Raba iyi vidéo gushika kw’iherezo urabe uko bikorwa!
❤️ Like
💬 Commentaire
📲 Share kuri bawe!
🎰 Ushaka kwugurura compte ya 888starz?
👉 Koresha CODE PROMO: 🔥

Address

Nairobi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Franck Tech hack posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category