Mc santana

Mc santana BEST MC IN BUJA🇧🇮BAD MAN ON STAGE🇧🇮CAPTAIN OF INDUSTRY🇧🇮MC SANTANA🇧🇮PYUBOY🇧🇮MYADRESS+25768127558

24/03/2026

😥 BIRABAJE

19/03/2026

😥Birababaje caane umugabo yagirijwe viole hama arekurwa kubera umugore we yemeye kuryamana na procureur.


🦅

🤣 NAMA NDABABWIRA 🤣 KO   ARI KING 👑 IBIHE VYOSE. SINZI KOYASHATSE ASH*TSE DUBAI BAZE KWEMERA KWARI   ISHAPO NUMUPIRA YAG...
18/12/2025

🤣 NAMA NDABABWIRA 🤣 KO ARI KING 👑 IBIHE VYOSE. SINZI KOYASHATSE ASH*TSE DUBAI BAZE KWEMERA KWARI ISHAPO NUMUPIRA YAGIYE YAMBAYE MUNDEGE NIZOMPUZU ZISANZWE ZIRI KURI AFFICHE 😏 MBE BASHA WW WOBA WIBAZA KWARIYE MVO...


🦅

18/12/2025

😢AMARIRA YUMUNEZERO 😥NIYARANGA ABANYAGIHUGU BABA MU GISYO 😢 IGIFUREGE CARI KIMAZE IMYAKA NIMYAKA RETA IBABEREYE INYISHU. BARASHIMIRA CANE CHEF DE QUARTIER WABO MUMISI MIKE ABARONGOYE AHO BAGEZE NIKUBERA WE ABISHIRAMWO INGUVU NYISHI.


🦅

Mpifoto yawe muri commentaire nkukorere photo yawe nkuko.
15/12/2025

Mpifoto yawe muri commentaire nkukorere photo yawe nkuko.

Naho itangura ryawe ari rito, amaherezo yawe wokwunguka. kizire gucika intege d'ont give up.   +257
19/08/2025

Naho itangura ryawe ari rito, amaherezo yawe wokwunguka. kizire gucika intege d'ont give up.


+257

Mo'W KanzieKuva mushiki wacu arongowe ntitumuherutse mubikorwa mbe vyoba biva kukii.    🦅
14/08/2025

Mo'W Kanzie
Kuva mushiki wacu arongowe ntitumuherutse mubikorwa mbe vyoba biva kukii.


🦅

Bose nabaririmvyikazi babarundikazi Wewe ukunda caane uyuhe.Mo'W KanzieMonia Fleur 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 🦅
05/07/2025

Bose nabaririmvyikazi babarundikazi Wewe ukunda caane uyuhe.
Mo'W Kanzie
Monia Fleur
🇧🇮
🇧🇮
🇧🇮
🦅

Wavyakiriye gute♥️💙Barcelona irababaye ibibaye abayobozi ba Barcelona batangaye baguye muyabira 🫣Nico Williams yabwiye B...
04/07/2025

Wavyakiriye gute♥️💙Barcelona irababaye ibibaye abayobozi ba Barcelona batangaye baguye muyabira 🫣

Nico Williams yabwiye Barça ko yipfuza kubasinyira ku bushake bwiwe

Umu agent wiwe yasiguriye Barça ko ata ngorane izobaho.

Ejo, uwo agent yabwiye Barça ko azorindira iyindi ndwi bagafata ingingo .

Hanyuma babonye yongera amasezerano yiwe.

FC Barcelona irababajwe n’ukwo kutubaha bayeretse ibintu bibaye ntibitangaje abafana nitangazamakuru mbere ngo nabanyamakuru bi Bilbao baguye muyabira kuko Nico yari yarazzseye itariki 4/7 KO azoja kwa Barcelona ibintu bibaje aba Blaugana rigize kabiri abibakora ntibaratahura ibish*tse 🥹🥹.

(10 José Alvarez )✅
Aba Barça muvyakiriye gute.

🛑Burundian Woman Artist🛑wewe umwita gute ?
16/05/2025

🛑Burundian Woman Artist
🛑wewe umwita gute ?

Address

Kenya
Nairobi
00100

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mc santana posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Establishment

Send a message to Mc santana:

Shortcuts

Share

Category