Mr Eloi

Mr Eloi Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Mr Eloi, Art, Nairobi.

Ibintu numuriro🔥♨️
12/09/2026

Ibintu numuriro🔥♨️

Tutaneshanye👇👇👇????
12/09/2026

Tutaneshanye👇👇👇????

🔥🔥🔥🔥🤳🔥 RAPHINHA ARIKO ARASHAKA KUBA UMUTWE W’IGITERA! 🇧🇷🔵🔴Raphinha nk’umwataka hagati mu kibuga muri iyi saison ariko ar...
12/09/2026

🔥🔥🔥🔥🤳

🔥 RAPHINHA ARIKO ARASHAKA KUBA UMUTWE W’IGITERA! 🇧🇷🔵🔴

Raphinha nk’umwataka hagati mu kibuga muri iyi saison ariko arerekana ko ashobora kuba ikibazo gikomeye ku ba défense! 😱🔥

📊 Imikino 5
⚽ Amagori 8
🅰️ Assist 1

😳 Amagori 8 mu mikino 5 gusa! Raphinha ari gutwika urubuga 🔥🔥

Abafana ba Barça, uyu mwaka turindiriye iki kuri Raphinha? 😍🔵🔴
👉 Mubona ashobora gutsinda amagori angahe muri saison yose? 👇🏽

08/09/2026

♨️♨️♨️🔥🔥🔥🔥🔥

🤳♨️Real Madrid 2 - 0 Inter Milan 🔥Umukino urangiye! Champions League - Round 1Uko ibitego byatewe:1. 14' Mbappe 1-0 ⚽ ak...
08/09/2026

🤳♨️Real Madrid 2 - 0 Inter Milan 🔥
Umukino urangiye! Champions League - Round 1

Uko ibitego byatewe:
1. 14' Mbappe 1-0 ⚽ akabarinawe yuguruye 🔑
Brahim Díaz yamuhaye umupira, Mbappe araheza arasozera neza. Ni igitego cye ca mbere muri Champions League uyu mwaka

2. 23' Valverde 2-0 ⚽
Umunyezamu wa Inter Josep Martinez yakoze ikosa rikomeye - yatinze ku mupira, Valverde aramukata uwo mupira urinjira. Abafana bamuhamagaye "Karius" kubera iryo kosa😬

Amakuru y'ingenzi yo kurukino:
- Inter yatangiye neza - Yagize amashoti 6 Real itaragira na 1, Courtois yarakijije Thuram
- Real yabonye amahirwe 2 gusa mu gice ca mbere arayatsinda yose
- Abakinnyi batangiranye: Courtois; Dumfries, Konate, Huijsen, Cucurella; Valverde, Tchouameni; Guler, Bellingham; Vinicius Jr, Mbappe

Igisobanuro
Iki gitsindo kirafasha Real gukosora igitsindo cya Betis cyo ku wa Gatanu. Mourinho yatangiye Champions League neza mu gusubira muri Madrid

Irikurikira: Derby na Atlético Madrid ku wa 20 Nzeri muri Metropolitano.

Wabonye igitego ca Mbappe? Cayari gikomeye cane 🔥

🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🤳🤳🇰🇪 Inkuru nziza  ku bari gupagasa mu gihugu ca   : abanyamahanga bahawe iminsi 90 yo gutunganya ivyangombwa v...
08/09/2026

🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🤳🤳🇰🇪 Inkuru nziza ku bari gupagasa mu gihugu ca : abanyamahanga bahawe iminsi 90 yo gutunganya ivyangombwa vyabo
--------------------------
🗓️ Leta ya Kenya yahaye abanyamahanga bakora ubudandaji buto buto muri Kenya iminsi 90 yo gutunganya ibijanye n’ubwimukira, impusha zo gukora (work permit) n'iyandikwa ry’ubudandaji bwabo

📢 Iyi ngingo yatangajwe kuri uyu wa 8 Nyakanga 2026 na , umuvugizi w’ibiro vy’Umukuru w’igihugu (State House Spokesperson), inyuma y’itegeko rya Prezida William Ruto rijanye no kubuza abanyamahanga ubudandaji buto buto

🇧🇮 Iki gihe c’iminsi 90 kije cane cane mu gihe hari impungenge ku banyamahanga cane cane abarundi bakorera ubudandaji buto buto muri Kenya bakaba bari bamaze imisi banakubagurwa nk'uko vyemejwe na Édouard Bizimana aramutswa ubushikiranganji bw'imigenderanire, hari ku wa 5 Nyakanga 2026, mu nama yagiranye n'abaserukira ibihugu vya mu

🔙 Twibuke kandi ko benshi bari batanguye kuja kuri Ambassade y’Uburundi i kurondera ivyangombwa vyo gutaha nk'uko vyari vyamenyeshejwe na Evelyne Habonimana

🎙️Hussein Mohamed avuga ko iki gikorwa kizokorwa n’inzego zibijejwe, mu biganiro n’ama 'ambassades' y’ibihugu vy’abanyamahanga birabwa n’iyo ngingo

📄 Nk'uko aya makuru tuyakesha ibimenyeshamakuru vyo muri Kenya nka , , n'ibindi, ngo inyuma y’iyi minsi 90, Leta ivuga ko ibisabwa mu bijanye n’ubwimukira, work permit, iyandikwa n’impusha z’ubudandaji bizokwubahirizwa bikomeye kandi hakurikijwe amategeko






YariMr Eloi

07/09/2026

iyanba turabandi tworetse ubeibone kuko iyisi siyacu KK ww uhagaze kwiyisi Nayo izobiguhagazeko ejo � kubwivyo dusabimana iduhindure

07/09/2026

😭😭😭🇰🇪🇰🇪🇰🇪

Amahoro y'Imana abane natwe twese tuzera rero kuvyerekeye abari muri Kenya bahumurijwe n'umushikiranganji ajejwe imigend...
07/09/2026

Amahoro y'Imana abane natwe twese tuzera rero kuvyerekeye abari muri Kenya bahumurijwe n'umushikiranganji ajejwe imigenderanire muri EAC abaho yahamagaje umushikiranganji mugenziwe akamubaza ivyerekeye ihohoterwa rya barundi no muri rusangi mumuryango EAC iyongingo yafashwe yatewe ivyatsi rero abari bafite abantu Kenya humura ntaco bazaba Kandi noneho imisi yose dushira Imana imbere kuko ibidashobokeye abantu bishobokera Imana

✍️✍️NimbA ufana real Madrid ijuru ntuzobona
07/09/2026

✍️✍️NimbA ufana real Madrid ijuru ntuzobona

Address

Nairobi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mr Eloi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category