Og mukali brown

Og mukali brown Og Mukali Brown 🟀🟀 mtu ambae amejulikana .fuata hi kuna .

Msada kupitia hizi πŸ“±0700316330πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™πŸ™

  chochote na jibu
10/06/2026

chochote na jibu

  ibintu bitaraba nabi   akwije # 20ans yategerezwa guca arongora🀌😁
30/03/2026

ibintu bitaraba nabi akwije # 20ans yategerezwa guca arongora🀌😁

βš–οΈ   : Umusore w'imyaka 18 yaraye aciriwe gufungwa imyaka 20 n'ihadabu ry'imiriyoni 10 atayatanze agafungwa umunyororo w...
26/03/2026

βš–οΈ : Umusore w'imyaka 18 yaraye aciriwe gufungwa imyaka 20 n'ihadabu ry'imiriyoni 10 atayatanze agafungwa umunyororo w'agatsindikiro w'amezi 600 (imyaka 50) inyuma yo kwagirwa n'icaha co gufata ku nguvu umwana w'imyaka 7
-----------------------------------------------------
πŸ“Uwo muyabaga yari umukozi wo mu nzu ku mutumba wa zone komine Mwaro intara ya . Akaba yafashwe ku wa 19 2026 yagirizwa ko yashurashuje ku nguvu umwana w'imyaka 7 bahuriye aho uwo musore yariko aragira impene. Uwo mwigeme nawe akaba yariko arasenya inkwi ari kumwe n'abandi bana, mu kumukura mu bandi akaba yamuhenze ko agiye kumwereka ahari inkwi nyinshi

πŸ€” Bugingo bagomba bamucire urubanza rw'ikibiriraho ku wa 19 Ntwarante uwo musi ivyo biba, uwagirizwa yavuze ko afise imyaka 15 urubanza ruca rurasiba kugira ngo habanze haboneke ivyemezo, ariko bagize amatohoza hakaba hahavuye haboneka ikarata ndangamuntu yiwe yerekana ko yavutse mu mwaka wa 2007. Muri urwo rubanza rwo ku wa 25 Ntwarante 2026, sentare nkuru ya Mwaro ikaba yategetse ko aburana nk'umuntu akuze kuko afise imyaka 19

πŸ‘¨β€βš–οΈ Mu ntahe y'icese, uwaburanye yisiguye avuga ko mukuvyemera yashatse kurokora amagara kuko yari arembejwe n'amahiri yariko arakubitwa, ariko mu nyuma akaba yahavuye yemera icaha avuga ko yabitumwe n'akaborerwe. Uwariko aramuburanira nawe akaba yasavye ko yogabanirizwa ibihano kuko atagoye sentare mu kwemanga icaha

✍🏾 Sentare rero ikaba yahavuye ica imuhanisha gufungwa umunyororo w'imyaka 20 n'ihadabu ry'imiriyoni 10 atayarishe akazofatirwa ibiyakwiye bigurishwe ibice 4 % bije mukigega ca Reta, bitabaye ivyo akazofungwa umunyororo w'agatsindikiro w'amezi 600

πŸ‘€ Musomyi , n'iki wumva woshikiriza kuri uru rubanza?

25/03/2026

😭😭😭😭😭😭😭

πŸ’œβ€οΈ FC Barcelona iratanguye gutera intambwe kuri Julian Alvarez wa Athletico Madrid.Barcelona yapfunguye Imigambi y'iban...
25/03/2026

πŸ’œβ€οΈ FC Barcelona iratanguye gutera intambwe kuri Julian Alvarez wa Athletico Madrid.

Barcelona yapfunguye Imigambi y'ibanga ku bijanye n’ivyo bazoshira imbere mu ci mw'idirisha ry'igura n'igurisha, kandi bahitamwo Julian Alvarez, ariko asanzwe azi ko ategerezwa gukora vyinshi nimba ashaka kwifatanya n’abanya Catalogne.

🀡🏻 Joan Laporta Prezida wa FC Barcelona ashaka ikimenyetso kivuye kuri Julian Alvarez kigaragaza ko ashaka kwifatanya nabo.

Ikijanye n'ivy’ubutunzi babona cane ko bazoba bari kuri RΓ¨gle ya 1/1 kandi bashobora kumusinyisha.

πŸ€·πŸΎβ€β™‚οΈ Abafana ba ,muramushaka ⁉️

-

β€ŽπŸͺ΅   : Amakara yaragabanutse, ibiciro biriyongeraβ€Ž------------------------------------β€ŽπŸ™οΈ Mu gisagara ca Makamba intara ...
25/03/2026

β€ŽπŸͺ΅ : Amakara yaragabanutse, ibiciro biriyongera
β€Ž------------------------------------
β€ŽπŸ™οΈ Mu gisagara ca Makamba intara ya , ahadandarizwa amakara, ubu usanga imifuko itarenga ine aho wahora usanga huzuye. Abadandaza bavuga ko igabanuka ry’amakara rituruka ku kubura kw'ibiti vyifashishwa mu kuyaturira
β€Ž
β€ŽπŸŒ§οΈ Abandi basigura ko imvura nyinshi imaze imisi igwa yatumye inzira ziba mbi, bigatuma kuyunguruza bigorana. Ivyo vyatumye igiciro c’umufuko w’amakara ciyongerakog mafaranga ibihumbi 10
β€Ž
β€ŽπŸ“ No mu gisagara ca , igiciro c’umufuko w’amakara cari hafi ibihumbi 60 , ariko ubu mu kiringo c’ukwezi kumwe gusa kimaze gushika hagati y’amafaranga ibihumbi 70 na 75
β€Ž
β€Žβ›½ Abadandaza n’abaranguzi bavuga ko n’ikena ry’igitoro rituma kuyunguruza birushiriza kugorana
β€Ž
β€Ž Mukali Brown

πŸ“† Kuva ejo mw'ijoro ryo kuwa mbere rishira kuri uyu wa 24   2026, igisagara ca   nta muyagankuba gifise. Intandaro ya vy...
25/03/2026

πŸ“† Kuva ejo mw'ijoro ryo kuwa mbere rishira kuri uyu wa 24 2026, igisagara ca nta muyagankuba gifise. Intandaro ya vyose akaba ari poteau iriko intsinga zitwara umuyagankuba iri ahitwa ku gitaba ngo bagiye babona yaduka yaka umuriro

πŸ“Œ Iryo sanganya akaba atakintu na kimwe ryononye

✍🏿 Muri mu Rutana bamenyesha ko bariko barakora ibishoboka vyose kugira ibintu bisubire mu buryo

Mukali Brown

24/03/2026

🫡⚽⚽ # Uyumuhungu karenze mukwambara
Abafana ba Real Madrid mubona vinicius yoshikirwa hano kwiyi style Lamine Yamal yagiye yambaye muri Espagne #
og mkali Brown

Address

Mombasa

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Og mukali brown posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category