Jay P Sacramento Entertainment

Jay P Sacramento Entertainment Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Jay P Sacramento Entertainment, Githurai 44, Jamhuri Park.

Kuberako Trump ariko aripfuza cane ibiganiro vy'amahoro noguhagarika ingwano hagati ya America, Israël na IRAN . Hari ba...
27/03/2026

Kuberako Trump ariko aripfuza cane ibiganiro vy'amahoro noguhagarika ingwano hagati ya America, Israël na IRAN . Hari bamwe mubanyagihugu ba Iran batanze icuyumviro cuko yobanza akambara umwambaro wabisilamu, kugirango abakureko iceyi yabateye.

None kovyankiye mumigere, naze yambare neza nkuku urabeko batamwemera kuganira.

✍️Umurundi yarayamaze ngo ; uwushaka inka aryama nkazo''
None prezida trump nawe ashaka iki kugira arinde yambara uko?
Hamwe bobimusaba mwibazako yobikora?

🔴🔥VYONGEYE GUSHUHA KURUSHA , IGIHUGU CA ESPAGNE🇪🇦 COBAKIGIYE KUJA MUKAGA!.…🔥Inyuma ya Venezuela 🇻🇪 na Iran 🇮🇷,  ubu ashi...
27/03/2026

🔴🔥VYONGEYE GUSHUHA KURUSHA , IGIHUGU CA ESPAGNE🇪🇦 COBAKIGIYE KUJA MUKAGA!.…🔥

Inyuma ya Venezuela 🇻🇪 na Iran 🇮🇷,
ubu ashize ijisho kuri ; Umushikiranganji wa mbere w'ingoma ya Espagne 😳

🗣️ Trump yavuze ati:
👉 “Kubera uwu muntu, turashobora gushiraho amakori agera kuri 600% kuri Espagne 🇪🇸!”

💥 Ngo ariko icogihugu kibayemwo abantu neza cane binzirakarengane, abantu bintungane kurusha uyo Pedro Sánchez....
❌ Uyo muntu ntakwiriye kuba umuyobozi, ikibanza ciwe nukwicarana na Maduro!”😳🔥
🚨 “Aho guhana abanyagihugu bose, ni we akwiye guhanwa!” Ayo namwe mujambo ya Trump prezida wa reta zunze ubumwe zabanyamerika. Ngoyiteguye guhana Ministre wa mbere wa Espagne.

✍️Tubwire wobuzi ico 🇪🇦na 🇺🇸 bariko barapfa?
⚠️ Wewe ubibona gute? Ibi bishobora kuvamwo iki?

🚨🚨   : Hari Umukobwa yaciriwe gufugwa umunyororo w'imyaka 6 , Inyuma yokwanka kubana n'umugabo yamurihiye amashure ⚖️😳==...
26/03/2026

🚨🚨 : Hari Umukobwa yaciriwe gufugwa umunyororo w'imyaka 6 , Inyuma yokwanka kubana n'umugabo yamurihiye amashure ⚖️😳

============================

Ni muri Uganda🇺🇬 umukobwa ( Yitwa Kyarikunda ) afise imyaka 22 , yahanishijwe gufugwa imyaka 6 Inyuma yukwo yanse kubana n'umugabo yitwa ( Richard Tumwie ) yamurihiye amashure imyaka itari mike .

Uyu mugabo yavuze ko kugira amurihire amashure uyu mukobwa babanje gukora amasezerano maze uyu mukobwa yemera ko niyamurihira aya mashure azokwemera bakabana , ariko amaze guheza ishure yaramwanse ❌

Nk’uko amakuru avyemeza , ngo aya masezerano yakozwe mu 2018.

Bivurwa kandi ko Richard amaze kubona kuyu mukobwa yanse ko babana yahavuye yitura ubutungane , maze uyu mukobwa arakurikiranwa kugeza aho icaha kimugiyeko kuko yanse gukurikiza amasezerano bagiranye .

Sentare yo murico ivuga ko umuntu wese yagiriwe n'icaha cokudakurikiza amasezerano ahanishwa igihano cogufungwa imyaka 6 .

📢 Uru rubanza rwateje ikibazo muri , bamwe bâti yarabikwiye abandi bati uku n'uguhonyanga uburenganzira bw'umuntu bwo kwihitiramwo uwo ashaka .

🔴👊✅Bamwita Creez-favors asanzwe akomoka mugihugu kibanyi ca Tanzanie, Aho asanzwe ari umumenyeshamakuru w'inkino ndetse ...
24/03/2026

🔴👊✅Bamwita Creez-favors asanzwe akomoka mugihugu kibanyi ca Tanzanie, Aho asanzwe ari umumenyeshamakuru w'inkino ndetse akabari n'umufana wa FC Barcelone kurugero rwo hejuru ❤️💙🤝

Ati birigute .....

Kumusi wakane niho yashika muri Espagne, agishikayo ntahandi yashikiye atari Aho Barcelone isanzwe ikorera ndavuga nka boutique ndetse nahandi ..

Muri boutique ya Barcelone ahasazwe hagurirwa amajezi niyindi myabaro ya Barcelone Aho yashoboye kutubariza ijezi imwe yasanze igurwa amafaranga angana n'ibihumbi amajana atanu arengako gato vy'amashilingi (500.000🇹🇿) yasanze zizimvye cane kandi ngo bivana na jezi y'umukinyi uwariwo Aho yavuzeko nka jezi ya lamine yamal usanga izimvye canee..💸

Kumusi Wejo niho y'injira I camp Nou agiye kuraba urukino rwa huza Barcelone na Rayo Vallecano
Aho vyarangiye Barcelone itsinze Rayo Vallecano igitsindo kimwe bituma Barcelone itahukana intsinzi

Nurugendo rudasanzwe kuri Creez-favors yakoze mumateka yiwe ndetse no muri East African ..

Nawe nyimba uri Umufana wa Barcelone canke Real Madrid niryari uzogenda I Camp Nou canke Santiago Bernabéu ? ??

Imbere Yokugenda Nkusabe Ufyonde Suivre Canke Follow Kwiyi Page 🙏

🇺🇸   Yaburiye  ;🎙Avuga ati :”  ari hafi kumenya igituma abaperezida 7 ba Leta Zunze Ubumwe za Amerika kuva mumwaka wigih...
24/03/2026

🇺🇸 Yaburiye ;🎙

Avuga ati :” ari hafi kumenya igituma abaperezida 7 ba Leta Zunze Ubumwe za Amerika kuva mumwaka wigihumbi kimwe namajanacenda namirongindwi nicenda [1979] birinze gutanguza intambara kuri .

Aho kugira ngo yitonde agume munzira yamahoro, ariko arasunika mu ntambara Abanyamerika benshi batipfuza. Ndashaka ko abanyagihugu ba bamenya ko Abanyamerika basanzwe atari abansi banyu.

Iyi ntambara ni ingingo ya , si ihitamwo ry’abanyagihugu ba ."

Aya majambo arakomeye cane uwahoze ar'umukuru w'igihugu ca Amerika
Wubibona gute inyishu yukuvyumva muri comment

WAKERA WAKERA🤣😂😂🤣Wakera ya Alvella muhimbare🥀yasohotse uyikeneye  nyandikira inbox ndagutemwo.!Isi igeze ahatemba no mub...
23/03/2026

WAKERA WAKERA🤣😂😂🤣

Wakera ya Alvella muhimbare🥀yasohotse uyikeneye nyandikira inbox ndagutemwo.!Isi igeze ahatemba no mubaririmvyi ba gospel naho?

💔🤭 Leonid Radvinsky akomoka muri Ukraine afise n'ubwenegihugu bwa Amerika akaba ari nawe yasizeho Urubuga "OnlyFans" ruc...
23/03/2026

💔🤭 Leonid Radvinsky akomoka muri Ukraine afise n'ubwenegihugu bwa Amerika akaba ari nawe yasizeho Urubuga "OnlyFans" rucishwako amashusho y'ibiterasoni yapfuye uno musi afise imyaka 43 🕊️🕯️🔞

Ni we muntu fise igifovya c'amafaranga yari inyuma y’urubuga y'urwo rubuga rukunzwe kw’isi "OnlyFans", ni Urubuga buri bantu bakuze barushoreyeko igikorwa bakoze baronka amadolari ashika ku miriyoni 10 ku mwaka. 🙌🏽

Umugenzi wiwe somambike yemeje ko yapfuye mu mahoro kandi agiye heza aho yari amaze igihe kirekire arwana na Cancer.

🙆🏽‍♂️ Fata akanya wibaza Nyamba uzoja mukiriyo ciwe abo muzohurirayo abaribo.🤔🤭

🚨🚨 Umwe mubaririmvyikazi bakunzwe cane mugihugu c'uburundi🇧🇮 yariko araca mubihe bitoroshe ❌👇🏾==========================...
19/03/2026

🚨🚨 Umwe mubaririmvyikazi bakunzwe cane mugihugu c'uburundi🇧🇮 yariko araca mubihe bitoroshe ❌👇🏾

==========================

Mw'ibaruwa yanditse yagize ati :

" Mfashe kano kanya kugira nisigure kubimaze imisi bimbako .

Bamwe muri mwebwe murabizi ko twarakoranye kugira ndabafashe kurondera Visa ndetse n'ibindi bisabwa , arinaho nakoranye numuntu ndamuha icizere canje .

Gusa uwo muntu ntiyarumuntu mwiza ndetse yivye amahera yaba beshi , imbere yukwo atoroka kuva muri 2025 .ariko nashaka ndabamenyesha ko kuva ico gihe bitarakunda ko ndamutora .

Nashaka ndabihanganishe abamfashe nabi , ndetse naba bambonye nabi jewe , kandi muvyukuri ndengana .

Uku Nukuri kubabaza ariko ndicuza cane ivyabaye .

Uyumusi ndashaka bwire Abo twakoranye , ko ntabona uburyo iki kibazo nkwiye kugikemura kandi ko kuva Ubu niteguye kuganira namwe ndetse nokurabira hamwe inyishu dukwiye gutora turi kumwe .

Murakoze kukuntu muza kuntahura ndetse nukwihangana mwagize ."

==========================

Uyu mwigeme azwi mundirimbo ndetse niyitwa ya B face ( Indirimbo yaririmvyemwo neza cane kurusha abandi ... ) 👇🏾

Hari umukenyezi yitwariye muramuwe Kuko yahatirije mukuruwe gukora imibonano mpuza bitsina kandi haciye ikiringo gito av...
19/03/2026

Hari umukenyezi yitwariye muramuwe Kuko yahatirije mukuruwe gukora imibonano mpuza bitsina kandi haciye ikiringo gito avuye kwibaruka munyuma aca arapfa

Ivyo vyabaye mugihugu kibanyi ca Tanzani 🇹🇿 Aho uwitaye yagirije muramuwe avuga y'uko nyakwigendera Yaraherutse kubarwa akaba yarakiri m'uburibwe Kuko yaramaze iminsi 4 gusa avuye mubitaro umugabo aca amuhatira kurangura amabanga yabubatse kandi abaganga Bari basavye KO yorindira akamanza agakira neza

Avuga y'uko mwene nyina yari yabasiguriye umugabo yuko yokwihangana kuko ataramera neza ariko umugabo akanka , akambwira y'uko natakunda KO babikora amutana inzu akaja kubana nabashobora kumukura umusonga igihe cose abishatse

Kubwugutinya gusambura urugo nyakwigendara aca aremera arashinyiriza arabikora

Ariko avuga y'uko abaganga Bari bamusavye n'imuburiburi indwi 2 kandi arinazo yari yasavye umugabo ko yozihanganira ariko umugabo aravyanka

Uyo mukenyezi yitavye Imana yari yubatse urugo 2021 akaba yaramaze kuba afise abana 5 , abahungu 3 n'abakobwa 2 munyaka 4 gusa

Umuryango wiwe uvuga y'uko uwo mugore atigeze ashaka gushira ahabona ihohoterwa yakorerwa kugira akingire umubano w'urugo rwiwe

Umuryango ukaba usaba y'uko ubutungane bwogira ico bukoze uyo mugabo akagira icaha co kwica uwabo

Kubwawe uno mugabo womucira uruki?

🔞 Mwirinde kugira zoom ino photo y'umukenyerarugamba 😅😅Ico bikoze uyu mwana ari kungabirano karahabutaka!
14/03/2026

🔞 Mwirinde kugira zoom ino photo y'umukenyerarugamba 😅😅
Ico bikoze uyu mwana ari kungabirano karahabutaka!

🇧🇮🇰🇪🇷🇼🇹🇿🇨🇩🇸🇸🇺🇬Amakuru dukesha abarundi 🇧🇮 bagiye muri kenya kurondera ubuzima bariko bavugako ubuzima bwo muri kenya nti...
14/03/2026

🇧🇮🇰🇪🇷🇼🇹🇿🇨🇩🇸🇸🇺🇬Amakuru dukesha abarundi 🇧🇮 bagiye muri kenya kurondera ubuzima bariko bavugako ubuzima bwo muri kenya ntiburiko bubamerera neza nkukwo vyahora ngo hari akajagari kararenze.

Ngo abenegihugu bo muri Kenya🇰🇪 bo basa nababaye nabi baraba nabi abarundi🇧🇮 babayo ngo nibasubire iwabo mugihugu camavukiro.

Aho nimugihe Prezida wo muri kenya william sameo Ruth nawe yavuzeko mumwaka uza 2027 ashobora kwirukana abarundi🇧🇮 Bari mugihugu ca Kenya akabarungika mugihugu cabo.
None duca twibaza nigiki abarundi bakoreye muri kenya kidashimishije? Mbega hoho nibirukana abarundi bagataha mugihugu camavukiro umukenya ari muburundi ubwo azohava yoroherwa?
Musomyi ijambo nirwawe

Kora suivre tubandanye.

🔴🔵:🇧🇮Muze muntandukanye Umu mama hamwe ninkumi itaravyara iyariyo hagati ya Belle 9ice   na   beshi bazi nka  , nibano b...
12/03/2026

🔴🔵:🇧🇮Muze muntandukanye Umu mama hamwe ninkumi itaravyara iyariyo hagati ya Belle 9ice na beshi bazi nka , nibano baririmvyi kazi zino sanamu zabo ziriko zitangaza abantu, Aho Bella bisazwe bizwi kwafise Ikibondo wewe bavuga y'uko umwana kubwo kwonka cane ariwe y'atumye amera Uku. None Tasha Oda Nawe Vyoba vyavuye kuki kugira agire ayangana kuno Kandi akiri inkumi yimyaka 22.

✍️Hano wotandukanya inkumi numu mama canke Bose wovuga kwari abavyeyi babana? akanya nakawe muri commentaries....?

Address

Githurai 44
Jamhuri Park

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Jay P Sacramento Entertainment posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share