BEST Muzika

BEST Muzika BEST MUZIKA Ls

Official Page ✔️
A Burundian music duo 🇧🇮
Original songs | Real talent | Pure vibes 🎤🎵
🙏 Support & Follow
(8)

🌙 Good Evening, Best Muzika Fans! 🎶Murakoze ku support yanyu. Mugire umugoroba mwiza! 🙏✨ fans
30/06/2026

🌙 Good Evening, Best Muzika Fans! 🎶
Murakoze ku support yanyu. Mugire umugoroba mwiza! 🙏✨

fans

🗣️🇧🇮🎤 BEST MUZIKA LSTwumvise amajambo menshi, bamwe bavuga ko twihise, abandi bavuga ko twatinze… ariko twahisemwo guca ...
22/06/2026

🗣️🇧🇮🎤 BEST MUZIKA LS

Twumvise amajambo menshi, bamwe bavuga ko twihise, abandi bavuga ko twatinze… ariko twahisemwo guca bugufi no gukora mu mahoro. ❤️🙏

🔥 Ntitwihuta, ntitunacika intege. Turiko turategura ikintu kidasanzwe kandi vuba cane igikorwa gishasha kiraza. 🎶✨

💯 Get ready my famm! Ibi bizoja ku mutima w’abakunda impano ziva i Bubanza n’Uburundi 🇧🇮.

❤️ Muradushigikira kuva ku ntango, kandi turabibashimira cane.

👇🔥 Muri commentaires tubwire:

Muriteguriye iki gikorwa gishasha? 😍

Mwadukurikiranye kuva ryari? 🥺

Ninde ahagarariye Bubanza 🇧🇮? Ashire ❤️🇧🇮 muri commentaires.

📲 Ntimwibagire gukora FOLLOW kugira ntimucikwe n’ibigiye kuza.

🇧🇮🎤 ⏳🔥 ❤️ 🇧🇮🌍

BEST MuzikaFollow
17/06/2026

BEST Muzika
Follow

🗣️ New song muyikeneye ryari 🎶🔥 Best Muzika LS turashaka kumenya aho mudukurikira! 🌍🇧🇮 Muri ikihe gihugu canke intara mu...
14/06/2026

🗣️ New song muyikeneye ryari 🎶🔥 Best Muzika LS turashaka kumenya aho mudukurikira! 🌍🇧🇮 Muri ikihe gihugu canke intara murindiriye indirimbo yacu nshasha? 👀🎤

👇 Andika aho uri, kandi ntuzibagire gukora follow kugira ntihagire ikigucika! ❤️🔥

Koresha code promo 👉 BESTMUZIKABONUS Wironkera bonus
14/06/2026

Koresha code promo 👉 BESTMUZIKABONUS Wironkera bonus

💪💪🎉🎉🎉
14/06/2026

💪💪🎉🎉🎉

Big thx 🙏
10/06/2026

Big thx 🙏

Morning my family Ntiturashika iyo dushaka, ariko turiko turagenda. 🚶‍♂️🤍
09/06/2026

Morning my family
Ntiturashika iyo dushaka, ariko turiko turagenda. 🚶‍♂️🤍

🗣️ BEST MUZIKA LS 🎶Kuva mu 2022, twaratanguye uru rugendo dufise indoto nini ariko tudafise uburyo bwinshi. Hari ibihe v...
05/06/2026

🗣️ BEST MUZIKA LS 🎶

Kuva mu 2022, twaratanguye uru rugendo dufise indoto nini ariko tudafise uburyo bwinshi. Hari ibihe vyari bigoye, hari n'igihe twumva ko tutazoshika kure, ariko ntitwigeze ducika intege. Intambwe ku yindi, twarakomeje gukora no kwizera ko umusi umwe ibikorwa vyacu bizomenyekana.

Uyu musi, BEST MUZIKA LS iriko iratera imbere kubera urukundo n'ubufasha bwanyu. Turabizi ko urugendo rukiri rurerure, ariko aho tugeze ni ikimenyetso c'uko ibikorwa, ukwihangana n'ukudacika intege vyama vyama bironka impembo.

BEST MUZIKA LS yakozwe kandi irongorwa na K-MI ARKANGE na EY-SOUL. Turashimira cane abantu bose bagumye badushigikira kuva ku musi wa mbere gushika uno musi. Ibyiza biracaza, kandi hamwe tuzobandanya kuzamuka. 🚀❤️🎶

Follow BEST Muzika

THANK YOU FOR 1K FOLLOWERS ON INSTAGRAM! 🎉❤️
05/06/2026

THANK YOU FOR 1K FOLLOWERS ON INSTAGRAM! 🎉❤️

Adresse

Paris

Notifications

Soyez le premier à savoir et laissez-nous vous envoyer un courriel lorsque BEST Muzika publie des nouvelles et des promotions. Votre adresse e-mail ne sera pas utilisée à d'autres fins, et vous pouvez vous désabonner à tout moment.

Raccourcis

Partager