Asterboy

Asterboy iyi page niyabantu bose iduza uwariwe wese ataco asabwe Kora cnk please

🎤🔴   🇧🇮👨‍🍼 : UmuririmvyiLolilo Avuga k’umwigeme wiwe yatwayeInda yigitwarire y’umukobwa bavyaranyeNa 𝐂𝐡𝐚𝐧𝐧𝐲 𝐐𝐔𝐄𝐄𝐍. 🤰🏽💔👉 ...
13/02/2026

🎤🔴 🇧🇮👨‍🍼 : Umuririmvyi
Lolilo Avuga k’umwigeme wiwe yatwaye
Inda yigitwarire y’umukobwa bavyaranye
Na 𝐂𝐡𝐚𝐧𝐧𝐲 𝐐𝐔𝐄𝐄𝐍. 🤰🏽💔

👉 Umukobwa bivugwa ko ari uwa Channy Queen na Lolilo ngo yibungenze Inda y’igitwarire , ivyo bikaba vyababaje
Cane se Lolilo. 😮‍💨

🗣️ 𝐋𝐨𝐥𝐢𝐥𝐨 𝐒𝐢𝐦𝐛𝐚 ngo yaciye avuga kayo
Makosa ayata kuri nyina w’uwo mwana,
Kuko ngo uwo mwana atahawe indero
Nziza kuva akiva iwe.

Ikindi kandi, bivugwa ko umubano wa
Lolilo n’uwo mukobwa utari mwiza na
Gato...,

Kuko ngo uwo mwana ntavugana na se
Lolilo, kandi bigasa n’uko atemera ko ari
Se wiwe. 😮‍💨

Gira cnk

11/02/2026

JEWE NDASABA HABEHO MENIFESTATION KU GITORO MU BURUNDI GABRIEL

Kora cnk

11/02/2026

me plse

11/02/2026

😁😁😁

11/02/2026

na ngobigiriye kuba kukwezi

31/01/2026

Kur stade vyari fire 🔥

31/01/2026

Kirikou A Kili ninde azomuhagarika
Afise creation iteye ubwoba

Guhagarika uwu muhungu Kirikou A Kili Ntibikunda Show atanz iteye ubwoba mwabantumwe
31/01/2026

Guhagarika uwu muhungu Kirikou A Kili
Ntibikunda
Show atanz iteye ubwoba mwabantumwe

Mur   lino g abatemwo Ikind gikorwa
19/01/2026

Mur lino g abatemwo
Ikind gikorwa

  senegal
18/01/2026

senegal

🔴 Sadio Mané ni umugabo yariko ahamagara bagenzi biwe ababwira kugaruka mu kibuga aranateba aja muri vestiaire kubabwira...
18/01/2026

🔴 Sadio Mané ni umugabo yariko ahamagara bagenzi biwe ababwira kugaruka mu kibuga aranateba aja muri vestiaire kubabwira bagaruke mu kibuga.
Abariko muraba match muyibonye gute

Kora cnk

Adresse

Marseille-1

Site Web

Notifications

Soyez le premier à savoir et laissez-nous vous envoyer un courriel lorsque Asterboy publie des nouvelles et des promotions. Votre adresse e-mail ne sera pas utilisée à d'autres fins, et vous pouvez vous désabonner à tout moment.

Partager

Type