12/07/2022
Umusaza akongera akaba President w 'Igihugu c'Urwanda arashobora kubura amahirwe cnke ntibikundeko yongera Kuyobora Igihugu mumwaka wa 2024
Imvo:
👇👇👇👇👇👇👇
Nkumusesanguzi ataho yegamiye murivyose nahose tugerageje gukoresha ubuhinga n'ubumenyi twahawe n'Imana isumbavyose turabonako President Paul kagame unomusi arimuba President bomuri African bashikiriwe nabazungu muvya politics
Ngerageje kuraba urukundo rwumuzungu kumunyafrican ntamwaka myinshi rumara kuko bobo baraguha ubutegetsi bakongera bakabukwaka kandi bahora arabagenzi
Ahonimugihe haheze imisi aguma abazwa nabanyamakuru batandukanye ko azongerakwitoza mumwaka wa 2024
Kandi akaba agizimisi abazwa kumutekano muke uhanze Igihugukibanyi ca Congo,,
Tutibagiye nibirego vyinshi yarezwe Igihe habaye inama ya CHOGAM murwanda, tutibagiye nurudandazwa rwabantu babimukira bagirabakurwe mugihugu c'Ubwongereza ngobazekuba mugihugu c,Urwanda kndi tuziko Urwanda rurimubihugu bihanzwe ninzara hamwe nikena ryakazi, ivyovyose akaba yagira abifashwemwo n'Incuti yiwe yahafi uwahoze ari umushikiranganji wambere wubwongereza Boris Johnson
Harinibindi vyinshi ariko yagirizwa bibonekako buca abanka President wa Sil Lanka muri Aziya harinibindi tukibatohoreza gumananatwe kuri page yacu mukora Like na share
Thanks