Buja Trending

Buja Trending NEWS - LIFESTYLE UPDATE - DAILY ENT...
contact watsapp +257 68 508 237

๐ŸŽค๐Ÿ”ด   ๐Ÿ’’๐Ÿ’ : Inkwano yโ€™imiRiyoni ๐Ÿ–.๐ŸŽ๐ŸŽ๐ŸŽ.๐ŸŽ๐ŸŽ๐ŸŽ๐…๐›๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ yasubijwe inyumaYโ€™igihe kitari gito ๐Ÿ“› ๐Ÿ’”๐Ÿ’ธ.๐—–๐—ฎ๐—บ๐—ฎ๐—บ๐—ฎ๐—ฟ๐—ฒ ๐— ๐—ฎ๐—ฟ๐—ฐ๐˜‚๐˜€, umwe mu rwarukaRwi...
03/01/2026

๐ŸŽค๐Ÿ”ด ๐Ÿ’’๐Ÿ’ : Inkwano yโ€™imi
Riyoni ๐Ÿ–.๐ŸŽ๐ŸŽ๐ŸŽ.๐ŸŽ๐ŸŽ๐ŸŽ๐…๐›๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ yasubijwe inyuma
Yโ€™igihe kitari gito ๐Ÿ“› ๐Ÿ’”๐Ÿ’ธ.

๐—–๐—ฎ๐—บ๐—ฎ๐—บ๐—ฎ๐—ฟ๐—ฒ ๐— ๐—ฎ๐—ฟ๐—ฐ๐˜‚๐˜€, umwe mu rwaruka
Rwifise rukora ubucuruzi bwโ€™imodoka
๐Ÿš˜, yahuye nโ€™akarambaraye mu rukundo.
Nyuma yo gutanga inkwano ingana na
8.000.000 Fbu๐Ÿ’ฐ, yahavuye azisubizwa
Inyuma yโ€™igihe kitari gito.

Ivyanatangaje benshi nuko hahavuye
Hagera amasanamu yโ€™umukobwa
Yubatse nโ€™uwahoze ari umukunzi wiwe
Wa kera ๐ŸŽฅ๐Ÿ’. Biragaragara ko uwo
Mukobwa yari aza yamaze guhindura
Umutima kera.

๐— ๐—ฎ๐—ฟ๐—ถ๐—ธ๐—ผ, n'ubwo azwi nk'umwe mu
Bafise amafaranga ๐Ÿค‘, vyagaragaye ko
Umutima wumuntu utagurwa nโ€™ubutunzi. ๐Ÿ’”๐Ÿ’ฌ

28/07/2025

๐Ÿ˜Š๐Ÿ˜Š๐Ÿ˜Š

๐ŸŽค๐Ÿ”ด   ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ต : Umukinyi ๐—ฌ๐—ผ๐˜‚๐˜€๐—ผ๐˜‚๐—ณ ๐—ก๐—ฌ๐—”๐—ก๐—š๐—˜ yari yishikiye ku kibuga ๐ŸŸ๏ธIngoma, ๐—ฉ๐—ถ๐˜€๐—ถ๐—ผ๐—ป ๐—™๐—– itsinda Musongati FCIgitsindo ๐Ÿ-๐ŸŽ.  Bimen...
28/07/2025

๐ŸŽค๐Ÿ”ด ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ต : Umukinyi ๐—ฌ๐—ผ๐˜‚๐˜€๐—ผ๐˜‚๐—ณ
๐—ก๐—ฌ๐—”๐—ก๐—š๐—˜ yari yishikiye ku kibuga ๐ŸŸ๏ธ
Ingoma, ๐—ฉ๐—ถ๐˜€๐—ถ๐—ผ๐—ป ๐—™๐—– itsinda Musongati FC
Igitsindo ๐Ÿ-๐ŸŽ.

Bimenyimana Caleb, Denis Karera, nโ€™aba
Nyegori Nahimana Jonathan na Arakaza
Mac Arthur bari bahari i Gitega ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ.

๐ŸŽค๐Ÿ”ดโšฝ   : ๐— ๐—ฎ๐—ฟ๐—ฐ๐˜‚๐˜€ ๐—ฅ๐—ฎ๐˜€๐—ต๐—ณ๐—ผ๐—ฟ๐—ฑYatanguye gukinira umurwi wiwe wa FCBarcelone uyu musi ๐Ÿคฉ๐Ÿ’™โค๏ธ.Yakinye iminota 30, kandi ari mu nagi...
27/07/2025

๐ŸŽค๐Ÿ”ดโšฝ : ๐— ๐—ฎ๐—ฟ๐—ฐ๐˜‚๐˜€ ๐—ฅ๐—ฎ๐˜€๐—ต๐—ณ๐—ผ๐—ฟ๐—ฑ
Yatanguye gukinira umurwi wiwe wa FC
Barcelone uyu musi ๐Ÿคฉ๐Ÿ’™โค๏ธ.

Yakinye iminota 30, kandi ari mu nagize
Uruhara mw'itsindwa rya gitsindo ca
Bardghji ๐Ÿ‘

Ni intangamarara nziza cane ku mukinyi
Wโ€™umwongereza ๐Ÿ‡ฌ๐Ÿ‡ง๐Ÿ™Œ๐Ÿด

27/07/2025

Mbega ๐Ÿ’’ ๐ŸŒน buryoshe abarundi b'Ubahwe ๐Ÿคฉ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿคโ™ฅ๏ธ๐Ÿ”ฅ

๐ŸŽค๐Ÿ”ด   ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ“น : Iyi modokariNโ€™iyo yaraye ihawe ๐— ๐—ถ๐˜€๐˜€ ๐—•๐˜‚๐—ฟ๐˜‚๐—ป๐—ฑ๐—ถ ๐Ÿฎ๐Ÿฌ๐Ÿฎ๐ŸฑAriwe ๐—ž๐—”๐—ก๐—˜๐—ญ๐—” ๐—ž๐—ฒ๐—ถ๐—น๐—น๐—ฎ ๐—Ÿ๐—ฎ๐—ด๐—น๐—ผ๐—ถ๐—ฟ๐—ฒ ๐Ÿ‘‘.Abโ€™amaze gutembera ikโ€™ikiduga ...
26/07/2025

๐ŸŽค๐Ÿ”ด ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ“น : Iyi modokari
Nโ€™iyo yaraye ihawe ๐— ๐—ถ๐˜€๐˜€ ๐—•๐˜‚๐—ฟ๐˜‚๐—ป๐—ฑ๐—ถ ๐Ÿฎ๐Ÿฌ๐Ÿฎ๐Ÿฑ
Ariwe ๐—ž๐—”๐—ก๐—˜๐—ญ๐—” ๐—ž๐—ฒ๐—ถ๐—น๐—น๐—ฎ ๐—Ÿ๐—ฎ๐—ด๐—น๐—ผ๐—ถ๐—ฟ๐—ฒ ๐Ÿ‘‘.

Abโ€™amaze gutembera ikโ€™ikiduga ๐Ÿš˜ coba
Kiri mu bwoko ubwahe ...๐Ÿ–๏ธ

๐ŸŽค๐Ÿ”ด   ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ“น : ๐—ž๐—”๐—ก๐—˜๐—ญ๐—”๐—ž๐—ฒ๐—น๐—น๐—ถ๐—ฎ ๐—Ÿ๐—ฎ๐—ด๐—น๐—ผ๐—ถ๐—ฟ๐—ฒ niwe yegukanye ikambaRya ๐— ๐—ถ๐˜€๐˜€ ๐—•๐˜‚๐—ฟ๐˜‚๐—ป๐—ฑ๐—ถ ๐Ÿฎ๐Ÿฌ๐Ÿฎ๐Ÿฑ, akaba agiyeGuhagararira abandi barundikazi ...
26/07/2025

๐ŸŽค๐Ÿ”ด ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ“น : ๐—ž๐—”๐—ก๐—˜๐—ญ๐—”
๐—ž๐—ฒ๐—น๐—น๐—ถ๐—ฎ ๐—Ÿ๐—ฎ๐—ด๐—น๐—ผ๐—ถ๐—ฟ๐—ฒ niwe yegukanye ikamba
Rya ๐— ๐—ถ๐˜€๐˜€ ๐—•๐˜‚๐—ฟ๐˜‚๐—ป๐—ฑ๐—ถ ๐Ÿฎ๐Ÿฌ๐Ÿฎ๐Ÿฑ, akaba agiye
Guhagararira abandi barundikazi mu
Kiringo cโ€™umwaka ๐Ÿ‘‘.

Avuka mu ntara ya ๐—ž๐—ฎ๐—ฟ๐˜‚๐˜€๐—ถ (Gitega),
Yaserukiye neza igihugu ku numero 31,
Aho yigaragaje nkโ€™umwigeme wโ€™ubwiza,
Ubwenge, nโ€™imigambi ifatika.

Yahawe ibihembo bitari bike: imodoka
Ikoresha umuriro wโ€™umuyanga nkunda,
Itike yโ€™indege yo kuruhukira mu gihugu
Ca Etiyopiya ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡น, nโ€™ibindi .๐Ÿ†โœจ

Address

Umutwitsibdi@gmail. Com
Gitega

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Buja Trending posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share