Kanific universe

Kanific universe 🌍✨ Welcome to Kanific Universe ✨🌍

|❤️Gospel music🎤🔥

Namwe bagore mugamburukire abagabo banyu,kugira ngo kugirango bamwe batumvirijambo ryimana,bareshwe ningeso nziza zabago...
30/05/2026

Namwe bagore mugamburukire abagabo banyu,kugira ngo kugirango bamwe batumvirijambo ryimana,bareshwe ningeso nziza zabagore babo,batagize ijambo bavuze.nibabona ingeso zanyu zitunganye zifatanije nugutinya.

1petero3:1-2

Fire dance yagarutse
29/05/2026

Fire dance yagarutse

Reka turabe abahungu ,abagabo,abakobwa,abamama bibuka gusengera abobakunda. muri commentaire

Mukundwa ndagusengera ngumererwe neza muri vyose,nguhore uhangaye,nk,uk'ubugingo bwawe bumerewe neza.

3 yohana 1:2

Reka turabe abahungu ,abagabo,abakobwa,abamama bibuka gusengera abobakunda.  muri commentaireMukundwa ndagusengera ngume...
29/05/2026

Reka turabe abahungu ,abagabo,abakobwa,abamama bibuka gusengera abobakunda. muri commentaire

Mukundwa ndagusengera ngumererwe neza muri vyose,nguhore uhangaye,nk,uk'ubugingo bwawe bumerewe neza.

3 yohana 1:2

Ehe raba ivyo abakobwa bubu bashaka kwumva mumatwi yabo.Ewe kuntu urukundo rwawe ari rwiza, mushikanje, mugeni wanje!Uru...
14/05/2026

Ehe raba ivyo abakobwa bubu bashaka kwumva mumatwi yabo.

Ewe kuntu urukundo rwawe ari rwiza, mushikanje, mugeni wanje!
Urukundo rwawe ukuntu rundutira vino!
Gutamirana kw'amavuta yawe ukuntu kundutira imibavu y'ubgoko bgose!

Wewe urabikorera uwukunda?nimba utabimukorera hera ubunyene ubimukorere nicogituma ndikombikubwira.kanda like na follow bikunze ubisangize nabandi bibafashe kwigarurira umutima wuwukunda

Amabere yawe yompi ameze nk'ivyagazi bibiri vy'amahasa y'ingeregereBirisha mu birungu.  Hinge nigire ku musozi ubakw ise...
13/05/2026

Amabere yawe yompi ameze nk'ivyagazi bibiri vy'amahasa y'ingeregere
Birisha mu birungu.
Hinge nigire ku musozi ubakw isenga,
No ku gasozi kabakw imibavu,
Igihe ca ni musi kitarashika, ibitutu vyo ku kirengazuba bitarazimangana.
Indirimbo 4:5-6

Ereg' uri mwiza, mukunzi wanje, n'ukuri uri mwiza pe; Amaso yawe acishirije mu mwitwikiro wawe asa n'inuma: Umushatsi wa...
13/05/2026

Ereg' uri mwiza, mukunzi wanje, n'ukuri uri mwiza pe;
Amaso yawe acishirije mu mwitwikiro wawe asa n'inuma:
Umushatsi wawe umeze nk'umukuku w'impene
Zivyagiye ku nkengera y'umusozi w'i Gileyadi.
Amenyo yawe n'akamenge nk'umukuku w'intama zakemuwe,
Zivuye kwuhagirwa,
Zifise amahasa zose,
Ata n'imwe muri zo yagumbashe.
Indirimbo 4:1-2

“Nturasubizwa follow? Shyira commentaire hano ndagufollow back 😊”
12/05/2026

“Nturasubizwa follow? Shyira commentaire hano ndagufollow back 😊”

Address

Mussafah Road
Gitega
00000

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kanific universe posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share