African hit

African hit Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from African hit, Performance Art Theatre, Buyenzi.

Burimuntu ufite amatwi yumva ahora ashaka kumva bishasha bigezweho ntayindi nyishu Atari .hit of Africa and world.wumvise bavuga ibiryohera amatwi baba bavuga page African hit .
�namba biguha amahoro ukande share na like and comment.

Ngizo Indirimbo cumi zironse amahirwe yo kuja muri final ya   isanzwe itegurwa na Radio-Télévision Isanganiro RTI Wibaza...
08/03/2026

Ngizo Indirimbo cumi zironse amahirwe yo kuja muri final ya isanzwe itegurwa na Radio-Télévision Isanganiro RTI
Wibazako ari iyahe izotsinda ?

hit

08/03/2026

Perezida wa Iran yasavye imbabazi ibihugu bibanyi mu gihe ibitero vya Amerika na Israel bibandanya

Perezida Pezekshian yavuze ko ingingo yafashwe n'ubutegetsi yamaze gushikirizwa ingabo: "Kuva ubu, ntimusubire gutera ibihugu bibanyi kiretse mutewe".

https://bbc.in/4lg8UYj

Donald Trump yasavye Zelensky kumufasha akamuha za misile zimena ama drone atamenyerewe ya Irani Zelensky nawe ati nanje...
07/03/2026

Donald Trump yasavye Zelensky kumufasha akamuha za misile zimena ama drone atamenyerewe ya Irani Zelensky nawe ati nanje mumpe misile Patriot

Uwurongoye leta zunze ubumwe za Amerika "Donald Trump" yasavye umukuru w'igihugu ca Ukraine Volodymyr Zelensky ko yomufasha akamuha za misile zikingira ikirere zisanzwe zimenagura drones zo mu bwoko bita Shahed zikoreshwa n'igihugu ca Irani maze nawe Zelensky asaba ko bobanza nabo bakamuha misile zizwi nka Patriot Ukraine ikoresha mu gukingira ikirere cayo bakinga za Misile ziterwa n'Uburusiya.

Muti none ibi vyagenze gute Amerika isabe Ukraine kuyifasha ikayiha ibirwanisho kandi Ukraine ari yo ikeneye imfashanyo y'ibirwanisho?

Dutangurire gusigura ivyerekeranye n'iyi drone izwi nka "Shahed" iyi ikaba ari drones zikorwa na Irani ku bwinshi kandi zitwara uburyo buke cane nayo Amerika ifise za misile zikomeye zitwara amamiliyaridi y'amadolare ikaba mbere ari zo ikoresha mu kumenagura izi drones zisanzwe za Irani, ivyo isanga iriko irasesagura bikomeye.

Intambara igitangura iki ntibari bagiharuye. Izi drones zisanzwe zishobora no kurenga vyoroshe rwa ruhome nkinga bisasu rwa Israel bita "dome de fer" bitazigoye cane kuko uru rwakorewe guhangana na misile hamwe na drones zikomeye.

Izi Drone za Shahed nizo Irani iriko irakoresha ahanini mu gutera uduce dutandukanye harimwo ibirindiro vy'abasirikare b'abanyAmerika, izi Irani ikaba yarazihayeko n'Uburusiya mu ntambara buriko buragira muri Ukraine, igihugu c'uburusiya gushika ubu kikaba cazikoresha cane mu kuzitera muri Ukraine.

Yamara Ukraine naco ni kimwe mu bihugu bizwi kw'isi kuba bifise ubuhinga buhanittse n'ubumenyi bwo gukora ibirwanisho. Ukraine intamabara yaracigije cane catanguye kugerageza no gukora ibirwanisho vyihuta kugira cirwanire, ari ko gukora uburyo bwo kumenagura izi drones shahed uburusiya bwariko buragitera.

N'ubwo Amerika iriko igira ibitero bikomeye muri Irani ndetse ibintu ikaba yayogeje ifashanije na Israel, Nayo yahavuye ihura n'ikiba co guhangana na

Ndabibarize ni iyihe film BURUNDI vs Rwanda kuri Wewe yatwika 2025?
05/01/2026

Ndabibarize ni iyihe film BURUNDI vs Rwanda kuri Wewe yatwika 2025?

05/01/2026

uwufise page taginge muri commentaire bagu follow
hit

Address

Buyenzi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when African hit posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Establishment

Send a message to African hit:

Share