24/06/2026
Kuba kwisi kbx numutego imwe udasanzwe kbx kuko aha kwisi nasanze habaho abakwanka. Abagukunda na bankwanka urunuka. Ariko. Intumbero myamukuru. Kiremwa. Muntu. Abashaka Nuko. Ari. Kungendera kumategeko. Yatwgetsww. N'Imana rugiravyose. Umurimyi wijuri n'Isi ivyo Ubaye uyifite tayari UCA. Wibera kwisi nka malayika urindiriye. Urupfu gusa kuku urupfu ni ukuri biri musha wise uzohonja urupfu kbx ninaco gituma twokwama twiteguye ibihe vyose tukama tugendera yamategeko y'Imana idutegeka ok nirenganira