ABENE LEVI

ABENE LEVI Amakuru avurwa kuburundi nomukarere nugukundisha igihugu abandi🇧🇮

Mpore Burundi my country 🇧🇮 nisanganya nkirindi ntiwapfuye bandany ushinga icumu mumashinga
01/04/2026

Mpore Burundi my country 🇧🇮 nisanganya nkirindi ntiwapfuye bandany ushinga icumu mumashinga

Gutumwanya uvuganabi uburundi umengo ntugira akazi ukora 🇧🇮 igihugu cubuntu kidafata nabi abanyamahanga nkuko ibindi bih...
22/03/2026

Gutumwanya uvuganabi uburundi umengo ntugira akazi ukora 🇧🇮 igihugu cubuntu kidafata nabi abanyamahanga nkuko ibindi bihungu bifata nabi abana Burundi I love my country 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

20/03/2026

Follow me plz 😭😭😭

Gmail is email that’s intuitive, efficient, and useful. 15 GB of storage, less spam, and mobile access.

murugo kwa bunyoni umunezero nukubakunzi biwe umubabaro kubansi biwe ubu tuvugana ngo aridegemvya woba wabimeny?
11/03/2026

murugo kwa bunyoni umunezero nukubakunzi biwe umubabaro kubansi biwe ubu tuvugana ngo aridegemvya woba wabimeny?

ibibintu nivyo mwemwegerey Bujumbura?
07/03/2026

ibibintu nivyo mwemwegerey Bujumbura?

mana garukira africa
02/03/2026

mana garukira africa

Africa hagukora ivyokwirinda tuguma muvyo guhonya ibidukikije 😭😭
02/03/2026

Africa hagukora ivyokwirinda tuguma muvyo guhonya ibidukikije 😭😭

01/03/2026

kubijany niyontambar iriko irab hagati ya Iran na America na islayel numvise bavugako haribihugu vyaguyemwo amabombe ariko Jew ahondih ntayo nabonye ngira bahibagiy kuhatera amabombe🤣🤣🤣

I love Burundi the best country
27/02/2026

I love Burundi the best country

nagomba kwibariza Kandi munyishure murufasoni mbe ko aba Islam bafunze na bakirisu ariko nkabona ama restorant aguma ako...
26/02/2026

nagomba kwibariza Kandi munyishure murufasoni mbe ko aba Islam bafunze na bakirisu ariko nkabona ama restorant aguma akora bateka nne biribwa nabande?

18/02/2026

aba Islam mudusigurire amajin Niki? kuri mwebwe

17/02/2026

abarundi kuva nakera narashirahamwe bagafashanya mungorane numumunezero nn ivyub Niko bikiri? follow me 🙏 muri bwabumwe

Address

Durban
Burambi

Telephone

+27698615756

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ABENE LEVI posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Establishment

Send a message to ABENE LEVI:

Share

Category