Cheval Rupfu

Cheval Rupfu Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Cheval Rupfu, Performance Art Theatre, Bujumbura.

🔴🔵 :🇧🇮Uwavuze kwisase riva kucuma ntiyabeshe, murabona ukuntu Umuririmvyi Double-jay OnceAgain asa fotokopi numwana w'iw...
23/03/2026

🔴🔵 :🇧🇮Uwavuze kwisase riva kucuma ntiyabeshe, murabona ukuntu Umuririmvyi Double-jay OnceAgain asa fotokopi numwana w'iwe, mubona niyo uno mwana azokura batazohora bibaza ngo ni se arenganya Kandi arumwana.

⚪ Nabaririmvyi bake bavyara abana babo bagasa na base kuko urya nyina wumwana aba yagendanye nabeshi haraho uca usanga urya avuze kwari se wumwana atariwe arukuyimwegekako gusa. Ariko kuri Double Jay biragaragara ko atariyo bamusizeko nivyo Koko nuwiwe barasa.

Ko mwama mwigira ba kabizi iyi nyamaswa yutubiri twompi ninde ayizi 😄 cumpa lumicash  ndaguhezagir esheuuu come gwemera ...
23/03/2026

Ko mwama mwigira ba kabizi iyi nyamaswa yutubiri twompi ninde ayizi 😄 cumpa lumicash ndaguhezagir esheuuu come gwemera mivumo 🤣🤣

Natasha naho kwipfuza aricaha one day uzombere umusamaliya kazi unsomye kumazi ndagusinzirize ubwengeee. Esheuuuu come g...
20/03/2026

Natasha naho kwipfuza aricaha one day uzombere umusamaliya kazi unsomye kumazi ndagusinzirize ubwengeee. Esheuuuu come gisazi ✅ natasha wambonyeee je nakubonye na embe dodo 😋😋 gusa indirimbo yawe sinayikunze melodie 🤣🤣 ibindi vyose ni neuzaaaa swetiiii🥺

Esheuuuuu nta muraperi yambara nkaba furniseur bibitunguru 🤣🤣 Iyi mipira ushaka kuyibona neza duga mukayanza imisa ya 2 ...
20/03/2026

Esheuuuuu nta muraperi yambara nkaba furniseur bibitunguru 🤣🤣 Iyi mipira ushaka kuyibona neza duga mukayanza imisa ya 2 isohotse 🤣🤣 iconzi nta drama t yokwambara iryo ribaya kiretse lolilo musangiy gout esheuuuu come gisazi 😳😳😳☑️

🇧🇮🔥 Sat-B  Yakoresheje Ayarenga   5 💰💴 Mugutegura I Laidi Yabagishije ⚔️🩸 INTAMA NI IMPENE 🐐🐑 6 Kugirango Famille Yiwe N...
20/03/2026

🇧🇮🔥 Sat-B Yakoresheje Ayarenga 5 💰💴 Mugutegura I Laidi Yabagishije ⚔️🩸 INTAMA NI IMPENE 🐐🐑 6 Kugirango Famille Yiwe Nabagenzi Baryoheregwe Hamwe Basangire I Laidi Kuruyumusi .

Ivyo Bavuze Ko Yinjiye Firmasoni Bishobora Kuba Bisa Navyo! 🤔 Uyumusi Turiko Turyoherwa I Laidi Ibinyobwa Nibiribwa Nirya Nawe! Muri Fête Yateguye Numuririmvyi " BIZIMANA Aboubakar Karume"

Sivyo Gusa No Kumusigiti 🕌 Yahasize Inkuru Kuko Yasize Atanze Amafranga 💰💴 Atari Make Kuri Buri Muntu Yarahari! Nkuko Mwabibonye Mumasanamu

🔺 Sat-B Yoba Yasesaguye? Canke Vyari Bikwiye?

🔺 Iyi Yoba Arintango Yibikorwa Bishasha Vyo Kurwego Nkugwaba Diamond Platnumz !

Mumbwirire urya musaganyika ngo ni nellynat ati ugakoramwo ukanukira biragusha sitwe twakanukishije ubu tur mur SO SANA ...
15/03/2026

Mumbwirire urya musaganyika ngo ni nellynat ati ugakoramwo ukanukira biragusha sitwe twakanukishije ubu tur mur SO SANA ☑️ aba mineure nta gwiwe arimo esheuuuuu come fernando ayeeee 😄😄😄come ngumbalogie 🤬

🚨 : 🇺🇸 Chris Brown yavuze ku ntambara n'indyane biriko biribonekeza hirya no hino kw’isi, avuga kw'abayobozi bari ku but...
07/03/2026

🚨 : 🇺🇸 Chris Brown yavuze ku ntambara n'indyane biriko biribonekeza hirya no hino kw’isi, avuga kw'abayobozi bari ku butegetsi basa n'abafise "Indwara yo kwanka amahoro."🤔

Nk’uko Breezy yavyivugiye, yagize:

"Ni kuki abarongozi bacu badashobora kwicarana bakavugana nk’abantu bakuze maze bagafata ingingo, mu mutima wabo, ata n’umwe yipfuza izi ntambara. Birababaje kubona abantu bari ku butegetsi bahitamwo kuraba ibintu biriko birasha aho guhitamwo kubitorera umuti mu mahoro."

Ubu butumwa bwiwe bwaciye butuma abantu benshi ku mbuga hwaniro babiganirako cane, aho benshi bemeranya na we ko abantu b’inzirakarengane aribo bama bababara cane igihe cose habaye ukutumvikana.💔

Hari abashimye Chris Brown kubera yakoresheje ijwi ryiwe mu gusaba amahoro, mu gihe abandi bavuga ko ba rurangiranwa bakwiye kubandanya gusaba abayobozi guhitamwo ibiganiro n’ugutorera hamwe inyishu aho guhitamwo gusambura no guteza intambara.

07/03/2026

Inzanyi ya Lino G fyeeee✅🥹🥹

igitondo cyiza kuri mwense  mucunge izomari zanyu
07/03/2026

igitondo cyiza kuri mwense

mucunge izomari zanyu

Landry Promoter namuhaye udukwasha 🖇📎🖇 Namwe murashaka ndabatemwo? 😂😂😂 Iboro zanyu bakazitwara ntimumbaze 🙌
06/03/2026

Landry Promoter namuhaye udukwasha 🖇📎🖇 Namwe murashaka ndabatemwo? 😂😂😂 Iboro zanyu bakazitwara ntimumbaze 🙌

Kwikingira ubu kugira ntibakunyage Ubugabo bwawe ( Igit**na ) , ngo Wambara Igikwashu 👀 !🤔 Mbega uwu woba ariwo muti w'i...
06/03/2026

Kwikingira ubu kugira ntibakunyage Ubugabo bwawe ( Igit**na ) , ngo Wambara Igikwashu 👀 !

🤔 Mbega uwu woba ariwo muti w'ibi bibazo ? Harico Mwe mubiziko ngo mudusangize amakuru

😂 umuririmvyi king Sat-B iyoamaze kwitamwo     ndetse akarenzako nivyana kuruHande♦️Bituma akora ivyatokoze ndabira ibi ...
04/03/2026

😂 umuririmvyi king Sat-B iyoamaze kwitamwo ndetse akarenzako nivyana kuruHande

♦️Bituma akora ivyatokoze ndabira ibi bintu Ariko aratwereka kuberako kamaze kumushika

♦️Uyurero niwamuririmvyi ashaka guhiganwa na Diamond Platnumz namanze yige ukuntu yitwara iyo kwitamwo kamwe

Mbwira impanuro womutekerera uwumu ririmvyi wacu king Sat-B

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Cheval Rupfu posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share