Elimi Burundi

Elimi Burundi 🎵 Elimi Record | 🎭 Elimi Comedy Show
🎶 Club Culturel UBUTATU | 💻 Elimi Media
👨‍👩‍👧‍👦 Elimi Family | 🦹🏼‍♂️ Elimi Protocol
❤️ HOZA (Charity) | 🎉 Elimi Events

Galerie Ndayizamba yafashwe n’umuriro, abacuruzi bahunga bakiza ibidandazwaBujumbura — 21 Myandagaro 2026. Inzu y’ubudan...
21/08/2026

Galerie Ndayizamba yafashwe n’umuriro, abacuruzi bahunga bakiza ibidandazwa
Bujumbura — 21 Myandagaro 2026. Inzu y’ubudandaji izwi nka Galerie Ndayizamba yafashwe n’umuriro mu gitondo co kuri uyu wa Gatanu, bitera ubwoba bwinshi mu bacuruzi n’abanyagihugu bari hafi y’aho hantu.
Amakuru ava mu bantu bari muri ako gace avuga ko umuriro watanguye kwibonekeza mu gice co munsi c’iyo nyubakwa, kizwi nka Cave. Kugeza ubu, inkomoko y’uwo muriro ntiramenyekana.
Umwotsi mwinshi wabonetse ududubiza hejuru y’inyubakwa, mu gihe umuriro wari ukomeje kwiyongera. Kuba Galerie Ndayizamba ikikujwe n’izindi nyubakwa nyinshi z’ubudandaji, vyatumye ubwoba bwiyongera ko umuriro ushobora gukwira no mu bindi bibanza.
Imiduga y’abazimya umuriro (Kizimyamwoto) yamaze gushika aho vyabereye, iriko iragerageza guhangana n’uyo muriro. Ariko, ku masanamu ari ku rubuga, umuriro uracibonekeza ndetse bibonekako na Garelie le parisien nayo iza yafashwe nayone.
Bamwe mu bacuruzi bafise amaduka murizo nyubakwa bariko barihutira gukura no guhungisha ibidandazwa vyabo, mu ntumbero yo kurokora ivyo bashoboye imbere y’uko umuriro ukwira mu bindi bice.
Kugeza ubu, amakuru arambuye ku vyangiritse, abantu bashobora kuba bakomerekejwe canke inkomoko y’umuriro ntaramenyekana neza.
QQQ

20/08/2026

Umwe mubari mukibanza ca 3 muri TAGATA NA Elimi akaba yari yishikiye muri Elimi gutora agashimwe kiwe.

20/08/2026

Sammy arahumaganye muri Film ya Keza.igindi itamukojeje ibara nzoba mbona iyi Film igeze Aho iryoha kweri.
Link muri commentaire

19/08/2026

Uwabaye uwambere muri TAGATA NA ELIMI Igice c’ambere yari yishikiye muri ELIMI .Akaba yarinkejwe utuganuke twiwe.

19/08/2026

Maya ayiciye umurya muri Film ya Keza ngo Marezo ngo niwe atekera Lamine Yamal😂😂😂😂 Link ya film ya keza mûri commentaire .

18/08/2026

Télécommande ya Marezo irakoze ibara akuye impuzu umuntu w’umugabo amutwara n’amahera menshi

18/08/2026

Marezo asize ahabona kubiri muri Film ya Keza
Utari bwayibone link uyisanga muri commentaire

18/08/2026
Abatsinze muri TAGATA NA ELIMI
18/08/2026

Abatsinze muri TAGATA NA ELIMI

Address

Bujumbura

Opening Hours

Monday 09:00 - 17:00
Tuesday 09:00 - 17:00
Wednesday 09:00 - 17:00
Thursday 09:00 - 17:00
Friday 09:00 - 17:00

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Elimi Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share